Abahoze barongoye Uburundi basavye intumwa za ONU kwumvisha akamaro ka MAPROBU

Yanditswe na IGIHE
Kuya 22 janvier 2016 saa 09:50
Yasomwe : 50697
0 0

Babiri bahoze barongoye Uburundi basavye intumwa z’inama y’umutekano mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU kwumvisha umukuru w’igihugu c’Uburundi ko yokwemera abasirikare mva makungu bakaza mu Burundi.
Mu mubonano bahaye Domitien Ndayizeye na Jean Baptiste Bagaza ku muhingamo wo kuri uno wa kane igenekerezo rya 21 Nzero 2016, abo bigeze kurongora Uburundi basavye umurwi waje mu Burundi kwumvisha umukuru w’igihugu ko abasirikare mvamakungu bakenewe.
Intumwa z’umurwi wa ONU ujejwe umutekano zashitse mu (...)

Babiri bahoze barongoye Uburundi basavye intumwa z’inama y’umutekano mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU kwumvisha umukuru w’igihugu c’Uburundi ko yokwemera abasirikare mva makungu bakaza mu Burundi.

Mu mubonano bahaye Domitien Ndayizeye na Jean Baptiste Bagaza ku muhingamo wo kuri uno wa kane igenekerezo rya 21 Nzero 2016, abo bigeze kurongora Uburundi basavye umurwi waje mu Burundi kwumvisha umukuru w’igihugu ko abasirikare mvamakungu bakenewe.

Intumwa z’umurwi wa ONU ujejwe umutekano zashitse mu Burundi ni 33,zigizwe n’abaserukira ibihugu vyabo mu nama y’umutekano,agunganizi babo,abahinga n’abamenyeshamakuru.

Bitegekanijwe ko uwo murwi ubonana kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 22 Nzero 2016 n’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.


Kumenyekanisha

1
king man 7-02-2016 à 19:52

emwe ndatangaye basi uwo ni nyakubahwa domitien avuze ivyo ! Iyaba atatwaye ngo tubone ivyiwe ! Ni hatari mbere biratwengeje ! Buja maprobu yoza niwe wotangura kujako amapingu ujanwa mu rwanda gusigura ivyo mwakoreyeyo . Ba mukanura mubone

2
MTOKA KADAFI 30-01-2016 à 07:44

ABO BAHORA BARONGOYE UBURUNDI NIBITONDE BARONGORWE MAPROBU NAYO NIBAYITWARE I SOMALI MU BA EL SHABABU ITUVEKO

3
###### 26-01-2016 à 17:31

BEREKIMANSI

4
###### 26-01-2016 à 17:29

BEREKIMANSI

5
kabonga 23-01-2016 à 11:04

mubarire.petero.amenyakwica.gusa.ntaramenyagutwaraigihugu.numwicanyi.abasoda.nibaze.kunguvu

6
kabonga 23-01-2016 à 11:02

mubarire.petero.amenyakwica.gusa.ntaramenyagutwaraigihugu.numwicanyi.abasoda.nibaze.kunguvu

7
kanura 23-01-2016 à 10:59

domisien urakwiye gukura mbega ahontubonako ukuze ? ereke kuba uvuga nkuwutazi kahise kuburundi kandi muraziko mwagarukiye murutara none karaciye ingani ivyovyose uravyibahiye ? mbega ko abahutu bamaze imyaka nimyaka bicwa narazwa mumbeho bakicwa ninzara amakungu arorera ariko nticabujije ko bazana inteko nvamakungu kuri mandat yawe namatohoza ntanayakozwe kandi amakungu ivyo arabizi mugabo urimukuri kuko. wewe wishakirako bokwongera kuguha ukarongora intwaro mfatakibanza ariko wibahiye uko bameze ariko nakamaramaza mbega nawewe ugomba uhendwe nkaniyombare abahutu bameze nka ndadaye nazovahehe ko ariwe wenyene twaridufise atashobora guhemuka canke ngo aharanire inyungu ziwe nukuri abantu nkawewe na leonce mukwiye gupfa mukatuvamwo kuko ntacomumaze muri nangeze kandi ubu nzandavyemerako umuhutu yibagira ningoga none na ntibantunganya yibagiye iyoyavuye yibagiye uwamuhekuye umugore wiwe nakamaramaza

8
habumugisha 22-01-2016 à 20:28

ndayizezeye ace aba arahunga kuko bagaza arashaje ntaco tumuronderako. kuko mukanwa hiwe haranuka. ashaka gutikiza abarundi twese.

9
INTAGOHEKA 22-01-2016 à 20:03

WAVUNJA RIKODI WANOONGEA BAGAZA YATWAYE KURI COUD ETA NDAYIZEYE NAWE YATWAYE KURI FATAKIBANZA NONE MWESE NINDE YATOWE NABENEGIHUGU CANKE ABANYAGIHUGU CANKE ABADASIGANA ? INYISHU NI NTAWE MURUNVARERO KO NKURUNZIZABASUMBA NTAJAMBO MUFISE KAENI KIMYA

10
Dkey 22-01-2016 à 19:22

Abosoda ibihumbi 5000 maprobu bo gucunga abahoze arabakuru bibihugu kuko nibo babisavywe ! Mbega umukuru wigihugu akiramutwa ubu wewe azoca acungwa nabangahe ? Kuko tutabeshanye ibi ni Nka bimwe vyo muri Zimbwabwe hadutse ingwara ya cholera hama amakungu Akavuga ngo barungikeyo abasoda mvamahanga .,mugabe arabaza ati mbega cholera iraswa ikizwa niknoho ? Muburundi ko ikibazo ari ubukene nanje ndibariza Maprobu irashoboye kumara ubukene mubanyagihugu ?kugira ubukene buhere igikenewe nabasoda mva makungu.

11
Athanase 22-01-2016 à 17:48

Erega uwuhaze ntasobwanumugani utirero igihugu kiratekanye nukuvugako baryabapfa kurimwebwe ninkaho wohonyora igifyera mbe igifyera urakizi ?canke akanyegeri ?umusi bokurasira umwe mubiwanyu uzovyemera kubwicanyi buhari le chienque tu es.n’oubliespas que:qui rirabien rira ledernier.

12
None ? 22-01-2016 à 17:29

Mbe Domisiyano urazi iyuvuze ibintu nkivyo uwuburiko urakorera ? Umva ndakubwire uwo uburiko urakorera ni Kagame kuko niweyitangurije icocipfuzo cokuzana abobasirikare mpuz’amakungu ngokuko nihovyokworoha gukuraho ubutegetsi burimwo amoko yose ngomaze uburundi bugatwarwa nubwoko bumwe nkakurya kwomu Rwanda , ninawe yakwiragije kw’Isi ngo jonucide Burundi kuko yakavuze kuvakera mubihugu bitandukanye vyokw’Isi ko abakoze jonucide Rwanda arabahutu atirero nomugihugu cuburundi higanje abahutu ngo mukomeze mudufashe kugira nabahutu bi Burundi tubacishe bugufi mukutagira ijambo mugihugu cu Burundi icoyabonye kinyaruka nukwicisha abantu binzirakarengane akacabagereka kubahutu ivyoyakabwiye bamwe nabandi ngo genucide Burundi urakurikirananeza ubunirwo ruririmbo ariko arihenda uruciramukaso kugatwara nyoko rekaturebe ababantu bagombakwaduka mugihugu cu Rwanda nibirwanisho uzorebe ukuntu amarira kubuhonga inzirakarengane kuko azoguma yikeka abanabariya niho amakungu azotangura kumubwirati ukwiye kuvyitwaramwo neza ngonkuko mu Burundi vyagenze ati muburundi babaye mungorane nkizo atariko umwaka waheze atabantu barapfa nkabangana nabapfuye mukwezikumwe mu Rwanda. Domitien urakuze urazi akahise wiboneye nivyowize ubwontubona ko amoko yose yiburundi yindemvya gusumba ejohaheze ? Reka guharanira gushimisha umwansi wawe uzobukoze.

13
Manirakiza 22-01-2016 à 16:41

Domitien et Bagaza murazi aho mugeza.Turazi ico mugona.
Mbega Buyoya ko ataco avuga ?Navuge ashikirize iciyumviro ciwe.Abarundi turazi icatsi nururo.A partir yivyo azoshikiriza tuzomenya ko maprabu yoza ou pas.aho biri niwe kizigenza mungorane dufise i Burundi.Birazwi na bibi kamereka arabizi

14
pamodzi 22-01-2016 à 15:46

Ewe domitien na bagaza muhuha ati muravuga nkawe ndayizeye warose ubusa ahuvuka wifuza gutwara abarundi.wowe bagaza uramenye ko watwaye uburundi kubwa coup d’eta none niyo mfuro mufite hamwe na muvyarawe buyobe ivyanyu vyaratitutse.abarundi baravuye ibuzimu Baja ibuntu.ubu ntatwaro yaku d’eta ikirarwa mu burundi twabisezereye.nawe domitien ntiwitege kurongora igihugu bici kwibwi mfata kibanza aho murihenda Teshwa mute. .........:::by inkende. Com

15
BASEKURE 22-01-2016 à 13:14

Ko mutabisavye kuri nkawe bagaya aho wugaramasengero warabonye haza papa canke abepirkopi mvamakungu muburundi ? nawe ndayizeye uvuga ntiwatwayuburundi kubera urusoro rwa peter na buyoya ?

16
buyoya 22-01-2016 à 11:22

EWE NDAYIZEYE NA BAGAZA MURANTEYE IKIGONGWE§ NI MWIZERE IMANA YO NSA NAYO SAMANTHA P. NTAZOVUGURUZA ABARUNDI KIRAZIRA. ZIRYA NTEKO TWARAZANSE KANDI ICATUMYE TUZANKA NAMWE MURAKIZI YACO MUBA MWIGIRISHA !! UBURUNDI BURATEKANYE NTA NTAMBARA TURIMWO

17
Kegis 22-01-2016 à 11:18

TOUS LES ILLUMINATIS SONT VENUS A BUJUMBURA

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha