Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Amashuri
Abatatoye ikibazo ca Reta bahawe igisata bazokwigamwo muri Kaminuza y’Uburundi
Yanditswe taliki ya 17-11-2015 - isaha 08:26' na IGIHE

Umwaka w’ishure w’2016 ushira uw’2017 uzotangurana n’igisata gishasha muri Kaminuza y’Uburundi. Abanyeshure batoye ikibazo ca Reta hamwe n’abatagitoye bazoshobora kwiga mu gisata c’amahoteri n’ingenzi (Institut d’Hôtellerie et tourisme) muri Kaminuza y’Uburundi.

Domitien MURYANGO asanzwe ari mu murwi uriko utegura ingene ico gisata cotanguzwa muri Kaminuza y’Uburundi amenyesha ko ico gisata kizoba cugururiwe abanyeshure batoye ikibazo ca Reta hamwe n’abatagitoye.

Ubudasa buhari ku banyeshure batatoye ikibazo ca Reta n’uko batazoshobora kuronswa agafashanyo gafabwa abanyeshure batoye ikibazo ca Reta.

Abatatoye ikibazo ca Reta bazoba bashaka kwiga muri ico gisata c’amahoteri n’ingenzi (Institut d’Hôtellerie et tourisme) kuri Kaminuza y’Uburundi bazokwirihira amafaranga y’ishure (Frais académiques).

Ivyiyumviro vyanyu

Murakoze Kutwibuka Natwe Jew Mfise 7o.7% Mpejej Gc Muri Christ- Roi Jew Sinameny Amanota Bafatiyeko Mur Gestion Cmptabilite Mwoshobora Kuyatumenyesha Kwiyandikwa Ryaheze Mur Kaminuza Yuburund ?

5.10.2016 à 08:08
Ininahazwe Emelyne

ahubwo Reta kabisa yoraba ikagabanya amanota ifatirako mugutanga uburenganzira bwokuja murikaminuza kuko hagiye kubaba.none kobagiye guha amacertifica abakurikiranye ibisata vy’indome n’ibiharuro,akarusho kariho ni akahe ?murakoze.

17.07.2016 à 00:25
Nkunzimana

ahubwo Reta kabisa yoraba ikagabanya amanota ifatirako mugutanga uburenganzira bwokuja murikaminuza kuko hagiye kubaba.none kobagiye guha amacertifica abakurikiranye ibisata vy’indome n’ibiharuro,akarusho kariho ni akahe ?murakoze.

17.07.2016 à 00:25
Nkunzimana Eric

Jew Mbona Naho Bavuz Yuk Ico Gsata Kibay Kirahagarikw,jw Mbona Yuk Bishe Abana Batoy Muga Batarnse Amahirw Yugushkan Arya Manota Yafatweko Mukuj Muri Kaminuz Yuburundi

29.01.2016 à 22:15
Aimé Pascal

NIYONKURU CAKA BAWITONDA WANGU IYIS YANYOY AMARASO MENSH NARWAY IZOYANWA

26.01.2016 à 20:23
YORONIMU KRUSI

oya ivyobakoze sivyo bihenze

9.01.2016 à 21:18
Jose

oya ivyobakoze sivyo bihenze

9.01.2016 à 21:13
Jose

JE VOUDRAIS SAVOIR SI CEUX QUI ONT TROUVE ET CEUX QUI N,ONT PAS TROUVE L,EXETAT AURONT LA MEME QUALIFICATION APRES ETUDES UNIVERSITAIRES.

11.12.2015 à 11:17
Epitace

c’est bon kubakunda ic gisata

19.11.2015 à 12:18
pajo

noe nuwufit mois de trente azoyiga ?noe uw mwak uzotangira ryari ?mur 2017 ?nimba aruko awabishobora yakwigira mu privé umwaka udateba kk muyuburundi umwaka urateba.ikind abaziga iyo faculte baziga imyaka 2cange3 ?repond-moi

19.11.2015 à 12:06
pajo

Burundi ndabakunda cyane knd mu Rwanda duhora tubasengera muhumure bizashira knd ibyo kwiga natwe iwacu nuko biri gusa iyo ari bource mwese babafata kimwe arko ushaka kwiga muri universite y’urwanda afite amanota arahiga Ariko yiyishyurira, knd pole sha sinzi muburundi arko numva bikoye. Gusa ubwanyu nimwe muzikemurira ibibazo si obama,UN,kagame Oya nimwe ubwanyu gusa babafasha. I love u Burundi.

19.11.2015 à 00:47
pacifique

Mbona Birimwamanyanga,nne Ubwo Umubano Uzobamwiza Hagati Yabo Banyeshure ?Reta Nibihinyanyur Ntibizoter Indyane

18.11.2015 à 21:01
Ezechiel

Mbona Birimwamanyanga,nne Ubwo Umubano Uzobamwiza Hagati Yabo Banyeshure ?Reta Nibihinyanyur Ntibizoter Indyane

18.11.2015 à 20:59
Ezechiel

Jew narons 51% muri exetat,bateranijw 70%mur exetat na 30% nca ndonka 64,29.baca bafatira kuri 65.mbega jw ndi mubatatoye exetat ?Leta yuburundi twamaze kubona ko idashaka ko twiga.mbega ama hotels ya leta arihe ?mbega bobo biga bariha ?

ivyo ni vyiza cane nahandi niko bigenda usivye ko uburundi bwasugaye inyuma, aba boursiers bigana naba privets noneho leta abo biyishurira amahera yabo ikayakoresha mugukemura ibibazo vya amakaminuza. muzajye hakuryaho mu Rwanda murabe, abarundi bagomba guhinduka mumitwe mbere yo guhindura ubuyobozi.

18.11.2015 à 12:13
jean

Uwo Mugambi Siwo Nagato !Muti Kuki ?Examen D’Etat Niyo Itandukanya Abiga U.B N’ayandi Ma Kaminuza !Bakoze Iki ?Gusa Nk’abanyeshure Tuhiga,ni Uburyo Bwo Kugira Ngo Abanyeshure Basambuke(perte D’unité) !

18.11.2015 à 08:40
Kawaida

Let kabaye ko isigay’igish’ikiboy kuma franga mbega ntason kwigigish’umwan imyaka15 akaminuriz mukiboy nahonyen kumahera muri leta mbega muburundi mufise hotel zingahe ? ko mbon nutuhar ar’iz’abanyamahanga nabo bangager ababo

18.11.2015 à 06:25
niyondiko

Let kabaye ko isigay’igish’ikiboy kuma franga mbega ntason kwigigish’umwan imyaka15 akaminuriz mukiboy nahonyen kumahera muri leta mbega muburundi mufise hotel zingahe ? ko mbon nutuhar ar’iz’abanyamahanga nabo bangager ababo

18.11.2015 à 06:22
niyondiko

wapi kwli ntaco bakoze kurinda kwirihira ?? nagira ko bagiz uko vyose vyoba free ??

17.11.2015 à 20:09
sweety

Je nize hotelerie et tourisme,mfise A2,narose 68% ariko nta faculte bampaye,none ndi mubazoronka bourse canke ?

17.11.2015 à 20:03
manariyosalvator
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.