Amakuru
  igihe.bi  Amakuru
Mu ntara ya Bubanza muri komine ya Rugazi, ku birometero cumi na bibiri vy’umurwa mukuru w’Uburundi, niho umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Petero...
Amande angana n’ibihumbi bine n’amajana atanu (4500) vy’amafaranga y’amanyaburaya hamwe n’uguhagarika uruhusha rwo kunyonga imodokari mu kiringo...
Ishirahamwe rikurikiranira hafi ibikorwa vya Leta OAG (Observatoire de l’Action Gouvernementale) n’ishirahamwe PARCEM batunganije ikiganiro co...
Inyuma y’ikiringo c’imyaka itandatu yaramaze arongoye Equateur, umukuru w’igihugu Rafael Correa, yatanguye ikiringo gishasha c’imyaka ine. Abakuru...
Umuhuza w’abarundi Mohamed Rukara yahaye umubonano uwuserukira igihugu ca Tanzaniya mu Burundi, Dr James Mwasi Nzagi mu gatondo ko kuri uyu wa...
Impamvu zituma abagore barenga ibigo

il y a 10 heures
0
0
576
Kurenga ibigo biri mu bituma ingo nyinshi zubatse zisambuka. Akenshi bikunze kwigaragaza ko ari abagabo bakunda kurenga ibigo. Iyo rero bishitse...
Inkuru nziza kuri Janet Jackson, mushiki wa Michael Jackson yaraye aroye mu bandi banyamuziki batunze cane kw’isi. Havuye Madona, hakurikira...
Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU Ban Ki-moon, yavuze ko afitiye ciizere abasirikare bashasha ba ONU, bafise inshingano yo...
24 Rusama

il y a 14 heures
4
0
0
18
Igenekerezo rya 24 Rusama ni umunsi ugira 144 w’umwaka w’2013. Hasigaye iminsi 221 kugira umwaka w’2013 urangire. Ibikuru bikuru vyaranze iri...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Isoko nkuru yo mu gisagara ca Bujumbura yahiye iratokombera yose irahera mu gatondo ko kuri uno w’Imana igenekerezo rya 27 Nzero...
Isoko nkuru yo mu gisagara ca Bujumbura yahiye iratokombera yose irahera mu gatondo ko kuri uno w’Imana igenekerezo rya 27 Nzero 2013.Abantu...
Mu kiruhuko arimwo,umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yarifatanije n’abandi mu gutera ibiti vy’imikaratusi birenga 10 000 muri komine ya Mwumba yo...
Nk’uko twabivuze mu makuru yacu yo hanyuma,isoko nkuru ya Bujumbura yarahiye iratokombera,ubu ikaba atakintu kiyisigagyemwo.Ni kuri izo mvo inama...
Mu gihe isanganya ry’umuriro ryadutse mw’isoko nkuru ya Bujumbura ryabaye umukuru w’igihugu ari mu rugendo, mu nama y’ishirahamwe ry’ubumwe bwa...
Patiri Mariko Barengayabo yitavye Imana kur’uyu wa 13 ntwarante 2013 akaba yar’afise imyaka 79. Abarundi bazokwama bamwibukira kuri Burundi bwacu,...
Evrard Giswaswa yahoze arongoye igisagara ca Bujumbura yagirizwa ko afise uruhara ku vyerekeye gutunganya nabi isoko nkuru ya Bujumbura iheruka...
Uwo mukobwa avuga ko abonekerwa na Bikira Maria yahaye ikiganiro abamenyeshamakuru. Ibibazo vyose yavyishura atakurya umunwa. Zebiya, ni...
Mu gitondo co kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 27 Ndamukiza 2013, umumenyeshamakuru Paggio Patrick Niyonkuru, akorera iradiyo ijwi...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yemeye kwubakira inzu y’amabati n’amatafari ahiye umutamakazi Veronika Ndinzemenshi aba ku musozi Kirengane muri...
Abasuma bane bafise inkoho bafashwe n’igipolisi mu gisagara ca Bujumbura kuri uyu wa kane ku mugoroba bariko bashaka kwiba ku nzu y’ubudangaji...
Umugabo yishwe n’abantu bataramenyekana avuye ku kazi, ababibonye ubwa mbere bavuga ko hari isaha imwe yo mw’ijoro ryo ku wa gatatu aho babona...
Muri zone Muhweza, komine Rutovu i Bururi haravugwa ikibazo c’umutekano muke, abanyagihugu ba zone Muhweza baridoga ko bakubitwa canke bakicwa...
Umusore aba ahitwa Nasagarare ku mugwa mukuru w’intara ya Cibitoke, akaba ari umunywanyi w’umugambwe MSD. Ku mugoroba wo kuwa gatanu w’indwi iheze...
Ingwara bita imbiribindwi n’ubutaka imaze gufata inka, Izirenga 40.000 ziramaze gufatwa n’iyo ngwara yahora ivugwa mu bihugu vya Congo n’ahandi,...
Umukuru w’Inama Nkenguzamateka Gabriel Ntisezerana yarateye akamo abakirota basesa amaraso ya beneburundi ngo bateshwe bate, bagaruke nyabuna mu...
‘’Umumenyeshamakuru Hassan Ruvakuki akorera radiyo y’abafaransa RFI mu Burundi mu rurimi rw’igiswahili amaze umwaka afunzwe yagirizwa gukorana...
Umukuru w’umugwi w’igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu furera Emmanuel Ntakarutimana amenyesha ko Reta Y’u Burundi igeze ku ntambwe...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...