Accueil > Amakuru > Amashuri > APRODH : Iyirukanwa ry’abanyeshure ba kaminuza rifise imvo
APRODH : Iyirukanwa ry’abanyeshure ba kaminuza rifise imvo
vendredi 1er Rusama 2015
Ku va aho umushikiranganji ajejwe amashure ya kaminuza n’ubushakashatsi, atanze itegeko ko abanyeshure ba Kaminuza y’Uburundi bataha iwabo, bagasiga ivyumba vyuguruye, mw’ishirahamwe APRODH babibonamwo imvo.

Mw’ishirahamwe rijejwe agateka ka zina muntu n’akabapfunzwe APRODH bavuga ko ivyo bigo, vyoba bigira bishirwemwo Imbonerakure za CNDD FDD hamwe n’Interahamwe. Petero Karaveri Mbonimpa akavuga ko izo Mbonerakure zambikwa impuza za giporisi zoba zizoshirwa muri ivyo bigo, ari naco gituma asaba abasoda ko bocungera ivyo bigo vya kaminuza y’Uburundi.
Petero Karaveri Mbonimpa asanzwe ari mu bateguye imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu, akaba ndetse yanatangaje ko abantu barenga amajana atanu, bamaze gufatwa, barapfungwa, aho abari muri BSR babayeho nabi, kubera ubwinshi bwabo, kandi batanafungurirwa, eka bamwe bakaba bamaze n’ukurwara kubera inzara. Abagera ku munani nabo, baramaze kwicwa n’abaporisi bari kumwe n’abakorera urwego rw’igendereza n’Imbonerakure, nk’uko muri iryo shirahamwe babivuga.
Bill Nkurunziza
Messages
1er Rusama 2015, 11:48, par kibwa ntare
Jewe sinshigikiye mandat ya gatatu ya Nkuru, ariko rero ibivugwa na Pierre Claver Mbonimpa navyo mbona umegngo harimwo n’ibisazi, vraiment du n’importe quoi, turabura ico dufata canke tureka. Ibigo vya kaminuza wobishiramwo imbonerakure gute? Encore moins interahamwe?! ivyo ntibikunda kuko tuyiriza ijisho irya kaminuza.
Turakwinginze ubandanye ukora mugabo utavuga ayasunitswe n’impwemu kuko uraduca ivutu, kandi burya bensh nta bwenge tubuze bwo kuraba nogushishoza ku bintu n’ibindi! Ja hagati sha ube umunshingatahe ureke gufata extremité pour ta crédibilité!
1er Rusama 2015, 12:24, par APRODH
Uvyo Mbonimpa avuga bisumbwa n’umwanda uri mu kazu ka surwumwe.
1er Rusama 2015, 12:47, par APRODH
Ivyo Mbonimpa avuga ateranya abarundi amenye ko bizomugarukako. Birutwa n’umwanda uri mu kazu ka surwumwe. Umuntu arakura akama arekereza inkonda! Imvi yameze yazimereye ubusa, zagiye ahatariho.
1er Rusama 2015, 13:30, par ruvugo
ayo maraso avugwa ko Nkurunziza yemereye SATANI ngo agume kungoma azova mubarundi? none izo mbonerakure ninterahamwe zivugwa hirya no hino muburundi nicyo gikorwa zizokora?
1er Rusama 2015, 13:57, par No to the 3rd term!!!
Impamvu yatumye babirukana nubwo atayonzi uko biri kwose suko batagishoboye "gucungera umutekano wabo" nkuko babisiguy kuko sibo bonyene batagicungew umutekano, ni hafi abarundi bose. Nimba iyo ariyo nyishu batoye, natw bagiye kutwirukana twese mugihugu cuburundi ko mbona batagishobora (batagishaka) gucungera umutekano wabarundi ahubwo aribo bawuhungabanya? Ivyo vyos mugihe bikiruko, ntakidashoboka n’ivyo mutama PC Mbonimpa yavuze birashoboka narirya hamaze kubonwa no gufatwa abataribake bafise inkoho abandi bambaye umwambaro wigiporisi cigihugu bari mubariko barabuza ama manifestations pacifiques ivyo bigaca bituma ahinduka violentes..birababaje.
1er Rusama 2015, 16:18, par Bikorimana Samuel i Rusizi Rwanda
Abanyeshure Mwihangane Ark Ubu Koko Iterambere Rizoza Ryari ? Abarundi Muce Mwihane
1er Rusama 2015, 16:19, par Bikorimana Samuel i Rusizi Rwanda
Abanyeshure Mwihangane Ark Ubu Koko Iterambere Rizoza Ryari ? Abarundi Muce Mwihane
1er Rusama 2015, 16:24, par Bikorimana Samuel i Rusizi Rwanda
Abanyeshure Mwihangane Ark Ubu Koko Iterambere Rizoza Ryari ? Abarundi Muce Mwihangane Ubutabera Bukurukirane Ubuzima Bwabo Ba Nyeshure Kuko Nibo Bayobozi Bejo Mbifurije Amahoro.
1er Rusama 2015, 17:34, par JP BOLT
Ni akamaramaza aho umunyeshure wa Kaminuza ataha ata mvo yumvikana ihari vyose ari amarementanya. Emama ngo nibo bakorera mu Nyakabiga ngo nahandi. Ico novuga nuko iyo Kaminuza umukuru w’Igihugu ayizi neza kandi yanahaciye ntiyishimire abacuruka abanyeshure kuko batahize. Nahaguruke ayikorere kuko niwo mutima w’Igihugu. Izo mbonerakure n’Interahamwe zinjijwemwo tuzozira rimwe hama zice zimenya ko umu Poil atiga kamwe! Murakoze
1er Rusama 2015, 17:54, par Melch
Mbonimpa We Ivyo Wama Uvugira Kunsya Zamenyo Uturira Isubireko Uko Ukokeza Ugira Wigire Nka Nka Ngeze I93 Aho Yaba Igikingirizo C,amagandaguye Ndadaye Urya Muhutu Yarambabaje Asa Nawe. Ba Nshimirimana Babunze Naw,uti Ndakibogora Ntasoni Kugumura Bigez,iyo Imbonerakure Zirabatey,amangati Za Mwazidahwa Hamwe Bobigir,uko Uvuze N,umwana Wawe Yoshikirwa Barundi Namwe Muraza Murumviriza Ariko Muyungurure Abo Wumva Ngo Ntavyapolitike Bashira Mu Kanwa Kabo Muramfasha Kuraba
1er Rusama 2015, 19:15, par vuganeza
@jp bolt
Abo basazi b’abatutsi biga kuri iyo campus bashaka kwifatira mu gahanga peter kumwe mwahora mubikora muri 93,ibintu si nka kera,nibo bariko bakora iyo myiyerekano,nibagende ku musaga no mu nyakabiga bayikore badataha kurya ivya reta banka,bazokwoge amazi bavomye,mugabo data bo ntibagowe hagowe abahutu b’ibijuju babakurikiye ngo nta moko ahari none bataye campus bo bafise abatutsi batunze ibifaranga nibabakire!!!
2 Rusama 2015, 04:35, par bismarck sebikabu
abatutsi sabasazi ahubwo wewe urumugwayi abajujyane kwamuga nomusengesho
5 Rusama 2015, 14:53, par prosper
Nzingibintu birijana amaraso ariko araseseka ntazobura ico ahitana