Accueil > Amakuru > Poritike > Ibiganiro bihuza Abarundi i Arusha vyashizwe mu mirwi
Ibiganiro bihuza Abarundi i Arusha vyashizwe mu mirwi
mardi 12 Mukakaro 2016, par
Ibiganiro bihuza Abarundi vyategerezwa kuba vyatanguye i Arusha kuri uwu wa kabiri ntibiratangura kubera ikibazo c’ukutumvikana kuboganira. Abaserukiye Reta y’Uburundi bahakanye kwicarana n’abaserukiye urunani CNARED, kuko kubwa Reta, bakurikiranwa n’ubutungane. Amakuru ava i Arusha avuga ko abaserukiye Reta y’Uburundi bashobora kuva muri ivyo biganiro.
Pacifique NININAHAZWE, Yohani MINANI, Armel NIYONGERE, Gervais RUFYIKIRI, Leonard NYANGOMA, Pancrace CIMPAYE, hamwe n’abaserukiye CNDD FDD iyoboka Hussein Radjabu, bose bari mu nzu y’amanama i Arusha, ahategekanijwe kubera ibiganiro bihuza Abarundi.

Nk’uko tubikura ku muhora Twitter wa Willy NYAMITWE, umuhanuzi mwishikira mu biro vy’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, abaserukiye Reta y’Uburundi batangajwe n’ukubona umuhuza yatumiye "abantu baronderwa n’ubutungane." Abaserukiye Reta y’Uburundi bakaba basaba ko abaronderwa n’ubutungane bw’Uburundi bari muri ivyo biganiro bohagarikwa.

Umuhuza Benjamin William Mkapa yafashe ingingo ko ivyo biganiro vyotangurira mu mirwi, impande zose zikumvirizwa ukwazo.
- Abaserukiye Reta y’Uburundi bari mu mukebukano
Ibiganiro bikaba bitaratangura, kubera ukwo kutumvikana kuboganira kwibonekeje.
Imbere y’uko baja muri ivyo biganiro, Willy NYAMITWE, umuhanuzi mwishikira ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, yari yavuze ko abari muri CNARED ariko badafise ivyo bagirizwa, kandi bakaba bafise imigambwe barongoye yemewe n’amategeko, aribo bonyene bazokwicarana na Reta y’Uburundi.


IGIHE
Messages
12 Mukakaro 2016, 11:41, par edmond
Kweri kwicarana nabadya bahemukiye igihugu,boba bahemukiye twebwe abarundi b,umutima
12 Mukakaro 2016, 11:57, par Democrate SINDUMUJA
Isaka vy’imbwa birahiye,kakagwi kabicanyi ka herode kakubiswe n’inkuba kabonye zandyamunyu za cnared n’aba frondeurs bavyagiye ahabera ibiganiro,hasigaye ko karekura mandat kihagiye ku nguvu
12 Mukakaro 2016, 12:41, par buda
Ewe nyamitwe urateye isoni.Mbega Mkapa yoba yabaye ikijuju kugira abahe les cartes d’accreditation?Buyoya yahora abita aba genocidaires ko muhuriyeyo ntimwicarana?Tanga iyo ngoma mwivye ningoga nahandi ho muragirwa aka Darius.Nobwira abo muri cnared nimba bafis inguvu za gisirikare guca bivuna kuko Leta yanse ku ganira ngo itange ingoma umuti nukuyirasa
12 Mukakaro 2016, 13:10, par muhuza
naravuze kwataco muzohanoba abaguji mukinda mugaramye mwicara reta nabayishigikiye ntidushobora kwicarana nabicanyi.
12 Mukakaro 2016, 14:20, par kosani
yayayaaya ??????? take it or live it the time has come either you take the last chance or you will face the devil oh Madoda
12 Mukakaro 2016, 14:33, par Nkurumbi Ikiziga
Nta biganiro bikenewe akarwi ka nkurumbi nukukarasa,ibi binywamaraso vyaba dd vyahekuye imiryango yinzirakarengane.
12 Mukakaro 2016, 14:36, par naasson
kandamiza igihe cokubembereza caraheze ntimuhemukire abarundi ngo mworohereze izo nkozi z,ibibi willy aimé gelase muko wapi? ntimwemere.
12 Mukakaro 2016, 14:39, par réfugiés
Wewe wiyise buda ’ahowumvahiric ushikirije cnared ntanguvuyoronka zogutera kiryagihugu kuko iyaba bazifise ntituba tugorewe muri bunobuhungiro .bababaradutahanye.
12 Mukakaro 2016, 15:19, par Vyunvuhore elvis
ewe ntabicanyi barutankurumbi amenyo aragutwenga arayawe,muri vyose nemera abafashe umuhto nakare barayamaze ngo akagye mumenyo yimbwa bakuzayo ubuhri.
12 Mukakaro 2016, 16:10, par john
no retreet no surender
12 Mukakaro 2016, 17:13, par eric
il doit y avoir une diffrence entre un parti politic et une society civile?!!
12 Mukakaro 2016, 17:15, par tari
Ishahurwa irira simbarwa nkizo mbonerakunya mwahenze ngo nizice benewabo ngo muzozigororera none zigiye guhonera mumunyororo mbe nkurumbi wanyu ko mwamuhanuye ngo niyitoze kugumvu abanje kwisasira amasezerano yarusha nibwirizwa shingiro hamwe nisinzi ryabanyagihugu ahobuca tumushirirako imigozi muzoca mujahe ntagisivya nukumuboha tukamuterera mwitanure ryumuriro ibisaka vyimbwa vyahiye ubona bobivamwo bakagenda kikaba ikindi gitego icosaba umuhuza nyakubahwa mkapa maze bahirahiriye bakivumbara ace atanga raporo nkakumwe nyerere na Mandela bahora babigenza kandi abasigara babandanye
Ingingo zizofatirwayo zizoba arizo ikizoba gisigaye kuzoba ukuva iyarusha zija kubahirizwa I burundi nabazoba baziteyeko igikumu maze abobicanyi nabo tubahambiranye baje kutwereka ahobagize imisi bahamba abana bacu mubinogo nurusangi
12 Mukakaro 2016, 17:25, par Reonar
Nn Bobihebs Ko Arinjavyi Bagomba Ivyobica Gusa
12 Mukakaro 2016, 17:34, par CAKIRA
Ntakwicarana nabacokoranyi nijambo ry’Imana rirabivuga ahubwo nukubaboha akindege izonkozizikibi abacangero bababirigi,barahaze ibisigazwa vyo kumeza vya louis michel murarushe ndabira pacifike umukuru wabicanyi
12 Mukakaro 2016, 17:59, par MINGI
Murabesha Muricarana Nyene.Komwigira Akanyarira,uraziko Bobafatira Hiyo Nyene Mukamaramara.Leta, Leta Niki?Aho Mwobohwa Basha!!
12 Mukakaro 2016, 18:01, par MINGI
Murabesha Muricarana Nyene.Komwigira Akanyarira,uraziko Bobafatira Hiyo Nyene Mukamaramara.Leta, Leta Niki?Aho Mwobohwa Basha!!
12 Mukakaro 2016, 18:05, par W
NTAVYO TWARIKWEMERA KWICARANA NAMUJERI KUKO NIMIHIMBIRI
12 Mukakaro 2016, 19:23, par mutavu
Emwe ntimuhebura igihugu abagifashe baragifashe.reke gutakazumwanya ngomurimumanama nimuje mubiwanda mucamafanga musomeshe abana banyu .
12 Mukakaro 2016, 19:48, par Fidele Anvers
Ari njye leta y’uburindi nabareka gusa Nininahazwe, Vital, Buyoya, Minani. Ni ikuzabarasa byanga byakunda. Kimwe na Mbonimpa, Sinduhije na Cimpaye.
12 Mukakaro 2016, 19:55, par Didier
Wily Karaheze Wabwawe
12 Mukakaro 2016, 19:57, par Burundi
Ntimutegera na gato. Uburundi bwarashikiriye Beneburundi. Abakizemazema,mukinda mugaramye, muja hejuru muja mu kuzimu, Uburundi ntibuzosubira inyuma. Abarundi ntibazongera gupfukamwa mu nda.
12 Mukakaro 2016, 20:06, par david vila
nimugerageze turarindiriye ibizovamwo
12 Mukakaro 2016, 20:07, par david vila
nimugerageze turarindiriye ibizovamwo
12 Mukakaro 2016, 20:49, par NYAMITWE ALEXIS
Iconohanura abomuri cenarede,nuko batoreramaboko.fatibigwanisho muduhe twomore iyo leta yabanyamitwe nayahandi ntibazemera komwicarana mutikuyakagaye.
12 Mukakaro 2016, 20:50, par NYAMITWE ALEXIS
Iconohanura abomuri cenarede,nuko batoreramaboko.fatibigwanisho muduhe twomore iyo leta yabanyamitwe nayahandi ntibazemera komwicarana mutikuyakagaye.
12 Mukakaro 2016, 21:31, par Juma
Jewe,zobendaba,ivyuburundi,ahobizoherera,ndarindiriye
12 Mukakaro 2016, 23:23, par .
Abobantu bafise ibibagira nibafatwe barungikirwe ubutungane maze nibwasanga hariho inibagira bahanywe nibasanganaho atakibagira babarekure, nayo nibaguma mumacenga nkayobarimwo ntacobizobamarira bazopfa bangara bica biba babesha mbere bazokwandukiza nibindibihugu kuburyo uzosanga ivyagirizwa abobarundi bakoze amabi bakacabakingirwa nibihugu twarituziko arivyo birwanya abakora ibisa nivyo abobantu bagirizwa nivyobirimwo birakingira abobafise ibibagira ubworero hariho abagiye kucababona kovyemewe guturira abantu nogukubita amakuseta mumisibeshi bagiye kubikora kubwishi ayomakungu bizobagora kibiyamiriza mugihe ababikoze mubueundi baciye babaha ahobibera maze ivyobihugu mukwoca igitutu reta yuburundi bikivayo. Rindira mumisi ububugambanyi muriko murakorera uburundi mumisi izamuzobona komwihenze kandinamwe ububabare buzobashikira.
13 Mukakaro 2016, 05:30, par mzoyihera intagoheka
Jewe namye mvuga yuko aba cdd fdd kwarabantu badakwije ibisabwa na mategeko muri heand, izina niryo muntu iyo umaze kwitwa umutandero, ntakintu uzigera uvamwo muburongozi bwawe. mbega kobavuga yuko harabo batagomba kuganira nabo ngo bafise ivyo bagirizwa, abobashingantahe ni mba babarwaye mumutwe, ntakibi bigeze badukorera twebwe abenigihugu nagitoya. abo ba DD guhera bakiri mwishamba, aho bari basazwe bafise ibirindiro wahasanga imva zabanyagihugu bagandaguye bahorwa ubwoko bwabo canke kuba bari mumugabwe kanaka, kobwakeye kabiri bagahamagarwa mubiganiro i arusha mbega ivyiza baribarakoze vyo tumye reta yariho ya shimye bari bakoze nivyahe? muribo harimwo nabari baraciriwe imanza. Banke bemere ningobwa bategerezwa kwicarana nabo nyene banka, bitaruko naho inguvu zizokoreshwa ntawufise iyikoroka. abo nibijuju burya hari agakecuru karariye karahaga umunyuma gasohora ukuboko ati misi ncukuboko...... ni bahimbe neza.
13 Mukakaro 2016, 06:54, par NKUNDABANTU
IYUMUMUGORE MWAGWANYE HANYUMA MUKARONDER’ABABAHANURA URUMUGABO UGACAWANKA MWICARANGOBABUMVEIVYOMWAPFUYE NONEWOBUSHAKIKI?
13 Mukakaro 2016, 07:21, par Turabategerejye 444
Uwo Mwanzuro Wafashwe N’abaserukiye Leta Yuburundi Turabashigikiye , Ntakwicyarana Nabashyaka Kuduteza Ibyago Basesa Nkuyoze , Abarundi Bemera Baharanira Amahoro Turiyamirijye Izonyanka Burundi Nizigume Hanze Y’igihugu ; Iyo Umwanda Umaze Gusohoka Bawutakure Yamazu
13 Mukakaro 2016, 07:21, par Turabategerejye 444
Uwo Mwanzuro Wafashwe N’abaserukiye Leta Yuburundi Turabashigikiye , Ntakwicyarana Nabashyaka Kuduteza Ibyago Basesa Nkuyoze , Abarundi Bemera Baharanira Amahoro Turiyamirijye Izonyanka Burundi Nizigume Hanze Y’igihugu ; Iyo Umwanda Umaze Gusohoka Bawutakure Yamazu
13 Mukakaro 2016, 09:23, par gh
Kwicara hamwe kwihanganirana mukavuga neza ibya bafasha mugushyira abaturage amahoro kandi arambye. Nuguca macye buri wese akinegura
Muburyo abyumva kandi nta guterana amabuye cg amagambo.
Mbifurije amahoro mu burundi.
13 Mukakaro 2016, 10:22, par Peace
CNARED,Amatora yaheze mubona .None mushaka Uwatsinze ahemukire abamutoye abahe igihugu ngo nibiganiro?Irakonwa ikaboroga,ikaboroga igakonwa.CNARED Munasikia aje?
13 Mukakaro 2016, 12:07, par Santos
Barundi bene wacu,aho twabereye mu biganiro ata solution ifatika n’ukuri birateye isoni,kuva kere mvuga ko u Burundi bgagize imikoshi kugutwarwa nku muntu nka Nkurunziza,iyo ikijuju kihanurwa ni bijuju nkaco ni gihugu cose kigira ingorane,iyaba uwo adutwa yara fise nakenge gato yarikwiyegereza umunyabgenge PAULO KAGAME akamugira nawe umuhanuzi wiwe ubu u Burundi buba bugeze kure muvyu butunzi ,yemwe nta numuntu atamukunze nkuko KAGAME akunzwe mu RWANDA ndetse no muri Africa hose yemewe.Umunsi Nkurunziza azova kubutegetsi azovumwa na bose ariko umunsi KAGAME azobisa uwundi azoherekezwa ni vyiza vyinshi yakoze. Reka turabire hamwe abahanuzi baba bagabo ba biri,PAULO KAGAME umuhanuzi wiwe nshingabikorwa ni TONY BLAIR ex;premier ministre wa UK.
Uwa Nkurunziza nawe Nzobonariba umwe atigeze arangize na Universite.U Burundi bwanje burababaje
13 Mukakaro 2016, 12:33, par papias
Bakozi bimana tugume kumavi Imana abariyo ihagarikiribiganiro
13 Mukakaro 2016, 20:45, par Servirien
None Ko Mbôa Ari Abagabo Babushits Aho Ntibocumvikanako? Ngaho Usanga Bagiy Gutera Induru Mubiro Vyabandi Ubona Ko Barund Twagwihaye
15 Mukakaro 2016, 18:16, par Jimbo
Nibande Bera Imabere Y ubutungane ? Hagati Ya Reta Nabo Binubwa Mubiganiro. ? Mbe Ko Afashe Canke Abatanguje Imigwirwana Ko Batatumiwe Kandi Aribo Bafise Ibikoresho Bishobora Guhungabanya Umutekano Wigihugu. Mugihe Hakiriho Ugukumirana .N Ukwinubana ,ivangura Muboganira .Ntaco Ibiganiro Bizoshikako.
16 Ruhuhuma 2017, 13:45, par Wawa
Jew Mbona Bojahamw Bagatorer Umuti Ikibaz Gihanz Uburundi.