Aho ntaco norenzako kimwe gusa inteko ntizihagarika intambara ahubwo zirayongereza urugero baza aba nyarwanda;aba bibiya;aba cote divoire
BARUNDI MUGUTANGA ICIYUMVIRO YACO MUBA MUTYOZANYA MUGATUKANA! NN MWES NTAWIYUMVIRA IVYIZA ARI IBURUNDI
BARUNDI MUGUTANGA ICIYUMVIRO YACO MUBA MUTYOZANYA MUGATUKANA! NN MWES NTAWIYUMVIRA IVYIZA ARI IBURUNDI
Ndakebuy abarundi batanga iciyumviro nimwiyubar kwama muriko mutukana mutyoza muvyomwandika yaba uwomurireta cank atavugarumw nayo shikiriz iciyumviro nkabantu baciyubweng non mwes muribijuju kuburyo mwes mutangiciyumviro mubanj gutyozanya? yesu nabahindur!
Ndakebuy abarundi batanga iciyumviro nimwiyubar kwama muriko mutukana mutyoza muvyomwandika yaba uwomurireta cank atavugarumw nayo shikiriz iciyumviro nkabantu baciyubweng non mwes muribijuju kuburyo mwes mutangiciyumviro mubanj gutyozanya? yesu nabahindur!
Mukama wanje, uwo nunvirije ni charles Nditije?!? Inda nimbi cane!!
Ariko jewe nibazako atri ubutegetsi gusa abuze bumutuma kuvuga ko hari ihonyabwoko. Abanyepolitique bose b’i Burundi baraguye ingese, n’amatungo yabo araboze!
Komera batama bacu bomuri snared muhagarare bwuma amasezerano yarusha ntabace mumyanya yintoke kuko yabonetse abarundi eka mbere namakungu babanje kubira icuya uwo mumenja nkurunziza ntasubire kubatera ubwoba amakungu nayo niba yananiwe nabivuge hama twebwe abarundi tukwereke icotwikorera kuko nkurunziza nakarwi kiwe tuzobarwanya inkundura gushika tubomoye ntagisivya ahubwo ONU nabahuza nibobadutebeje kutubwiza ukuri koyabananiye Ngo tukwereke uko tumukaraba
Umuti S’uwo Mutama Ndagukebure. Ahubwo Uhereye Kuri Jewe,wewe N’abandi Barundi Bipfuza Amahoro: Ubwembere, Yo Mu Mutima, Hanyuma, Yo Mu Bigaragara Twari Dukwiye Gusaba Imana Ubwenge Buva Mw’ijuru ( Mw’ijambo Ryayo= Bible ) Butava Muvyo Jewe Canke Wewe N’uwundi Twiyumvira Ku Giti Cacu, Tukumvira Imana,tukumvira Amategeko Yayo. Ikindi Kidahanye N’ivyo N’ukwiruka Inyuma Y’umuyaga, Kandi Uzovuga Uzosarara. Mpwemu Yera Abikumvishe Mw’izina Rihambaye Kandi Ry’icubahiro Rya Yesu Kristo.
uyunawene arimuntumva!mbega izonteko muguma muhamagara nizo zizobaha ubutegetsi?twarabahinyuye!we nditije namutama Gwasa yaraguhinyuye? wewe asama babazungu bawe bacire mukanwa hama umire! mbe izonteko zoza gukoriki?nimba utarabona ingabo z’UBURUNDI?mbeko haje abasawuza urazivyo bakoze?ntaco rekabaze mugabo bazotangurira kuri barya bakobwa bawe nziko wavyaye benshi je nzoba umu commisiommener wabarya bakobwa bawe!
nkurunzizayica.Abataribibo.mugabo.Akubona
Iciyumviro Ciwanje N,ukomwokwumvikana Hagatiyanyu.