Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Poritike
CNARED iriyamiriza ubwicanyi bukorerwa abiyamirije ikiringo ca gatatu
Yanditswe taliki ya 17-10-2015 - isaha 11:56' na IGIHE

Inama y’Igihugu « CNARED » iriyamiriza ubwicanyi hamwe n’ihohoterwa rya kiremwa muntu bibandanya gukorerwa abanyagihugu bo muma komine yiyamirije ikiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA.

Mw’itangazo ryasohowe n’inama y’Igihugu « CNARED », riteweko umukono na MINANI JEREMIE, umukuru w’umurwi ujejwe kumenyesha amakuru muri CNARED, bamenyesha ko ibiriko biraba vyose ari ingaruka y’ugushaka kwigumiza ku butegetsi kwa Petero NKURUNZIZA, akoresheje ibirwanisho. Kubwa CNARED, ubwicanyi n’umutekano muke vyibonekeza vyerekana ubutegetsi budaciye mu mategeko.

JPEG - 67.1 ko
MINANI JEREMIE, umukuru w’umurwi ujejwe kumenyesha amakuru muri CNARED

Inama y’igihugu CNARED iriyamiriza ubwo bwicanyi, ikamenyesha ko yiteguriye kwemera ibiganiro vyogarukana iyubahirizwa ry’ibwirizwa shingiro, ari navyo vyotuma Uburundi bugaruka mu ntwaro y’amahoro n’umutekano.

Amakungu asabwa kubandanya kugondoza ubutegetsi bw’i Bujumbura ko bwokwemera ibiganiro, abanyagihugu nabo bagahamagarirwa kuguma bafatanye mu nda, biyamirize ubutumwa b’inzankano n’ugucanishamwo amoko bumaze iminsi butangwa n’abategetsi ba CNDD FDD.

Ivyiyumviro vyanyu

None ko ivyo muburundi vyayangaye muri CNARED ikintumukora kiremesha abarundi nikih ? nyabuna nimunyarutse

19.11.2015 à 22:25
Théoneste Bakosora

Nsanze abadd ba Peter atabwenge mufise ivyo mwivugisha vyose Ningorane zooose ziri mugihugu zatewe nubukunzi bwinda bwa Peter nabaja biwe mbarira uruvyaro rwanyu

13.11.2015 à 21:31
yaya

NONE KO CNARD YEMERA IBIGANIRO ABO BATEGETSI BI BUJUMBURA BO BEMERA IKI ?MANA NURUDUBI ABO BANTU BO BICWA NA BANDE ?DUSAVYE AMAKUNGU AHAGURUKIRE IYINTWARO ITEMERA IBIGANIRO KANDI ARIVYO BISHIKANA KWITERAMBE RIRAMA.WWW.MANA YOMW IJURU.COM

2.11.2015 à 14:06
JOSEPH BI

Ububirigi bwo bwibazango nikera ngo zanamagi zanamasoro wapi ubu nibadusaba amagi tuzobaha amagrenade badusavye amasoro tubahe amasasu kuko intwaro ya nkurunziza uwuyirwanya ndazi azoyandurako

31.10.2015 à 05:31
bacemwo

Ivyovyose biriko birakorwa Nankurunziza umusi yova mukirengeti akabuza kirya gi porice hamwe nizi mbonerakure kugandagura abantu amahoro yobatashe muburundi,noneho kuriwe birikure nkukwezi,kuko kwicumuntu kuriwe nibusazwe uko yakora kuvakera mumashamba hamwe nakagwi kiwe mukwica benigihugu ngo nivyitso ntahokagiye, iyaba yarahindutse ntiyarikwangaza abobasangiye igihugu.abatahuze nabo bariko bakubitwa ubuhiri mumutwe,iihi bambewe nukwihenda ntabwoko muzoheza ,ukwo nukwiyambikibara.

24.10.2015 à 08:09
Mpozamarira Erias

aya magumbure yanyu niyo yatuma reta ibonako arakarimi....jnrr manirakiza yari yiyamurije ikiringo ca3 ??

19.10.2015 à 00:12
kamaro

Amashirahamwe yaza gucurisa abarundi ntabura kumva aho yahagurukiye amaze gushika kuki ? Reka igisiga gifate umuswi winkoko harogera yaho igisinga kirya mumutego

18.10.2015 à 22:39
Kaga

Ahubwo mutubarize abantu bariko barinjira mu Burundi bava mu Rwanda baca mu kibira ca Nyungwe ico bashaka.Tuzobakiriza yompi.Kagome yahimvye nabi,ubuho tuzoca twinjira iwe tumwirukane.

18.10.2015 à 13:50
Burundi

@Musaga 5 : wowe uri interahamwe kabisa cyokimwe nuwo basimbuje adolf aho muri turahazi nibyo murimwo turabibona igihe nikigera tuzabatoragura nkukwo inkoko itora amasaka gusa icyo nshimye nukwo mumaze kumenya ko abazungu bababeshye bakabakoresha gusebya igihugu rero nusha utahe nkabandi ibyarundi ntibikureba ou bien utegereze ko tuza kubishakira.

18.10.2015 à 12:26
mushumba

Ntaho mutaniye na Gaciyubwenge wahenze benewabo bakifatanya na niyombare kandi aziko ntaco bazoshikako bakaba barimumvuto nawe yirira ifiliti mububiligi, sha uburundi bozikizwana nabandi mwe ntitubona ivyanyu. (www.amajambomenshi.fr)

18.10.2015 à 11:28
kaneza

Ikiringo ciwe kiriko kirigira imbere. Mu minsi mike abatamwemera bazoba baheze canke bahoze namwe muri majambo n ibiganiro biri mu kirere. Soyez pratique et rapide. Ibihano mutinya turi muri vyo deja. Murasamaza abanyagihugu n’amahanga nyene. Vyabananiy ni muvuge muhumurize abarundi uwutamwemera ayanyage hakiri kare.

18.10.2015 à 08:22
haringingo

Ikiringo ciwe kiriko kirigira imbere. Mu minsi mike abatamwemera bazoba baheze canke bahoze namwe muri majambo n ibiganiro biri mu kirere. Soyez pratique et rapide. Ibihano mutinya turi muri vyo deja. Murasamaza abanyagihugu n’amahanga nyene. Vyabananiy ni muvuge muhumurize abarundi uwutamwemera ayanyage hakiri kare.

18.10.2015 à 08:22
haringingo

Mwene murasara pe nuriko murica Abantu ngo ko amakungu yobafasha ibigwanisho canke ko bokwihutisha ibigwanisho ubwo nunugambi Wa Nyangoma WO kwica umutsi Atari muri cenarde kugiravo vibobere

18.10.2015 à 07:08
Frodebu

Mwene murasara pe nuriko murica Abantu ngo ko amakungu yobafasha ibigwanisho canke ko bokwihutisha ibigwanisho ubwo nunugambi Wa Nyangoma WO kwica umutsi Atari muri cenarde kugiravo vibobere

18.10.2015 à 07:06
Frodebu

ubwicanyi mukorera abana ,banyoko baso ,bukuru banyu.muramenyako mwagiye kwiga za buraya abanyagihugu dutubitse umukanda none iyoniyo nyishu muduhaye. twebwe abenegihugu turabavumye muragahera iyo.

18.10.2015 à 05:13
nertos

UH EWE WA DD MWARATAYE IMITWE BASI MARA NGO MURIGISHA IVYAMACAKUBIRI VYABABURIRA MUKAMARARARIRA KUBUBILIGI ASHA RORERA MUNYUMA HASIGAYE YUKO PETER MUZOMWIYICIRA NIYO MWAMARA KUBONE NEZA YUKO ARIRE NKWEZI YAMABI NAYO IVYO KURAZIRANA YUKO UBUBILIGI MUBWIKUYEKO UBURNDI BWOBANDANYA BWITWA UBURUNDI MUVYIBAGIRE MUGA NDABATAHURA KUKO BENSHI MURI MWE NTANIYAMBERE MWAHONYOYEMWO !NICO GITUMA MWIHENDA YUKO UBIRUNDI BWOBAHO BUTARONKA INFASHANYO YABAZUNGU KANDICO KIDAKUNDA !

Bya SIN A RED ni icuka. Ariko abo ba SIN bakwiye kuza mu gihugu bakaganira n’abandi bakareba ico bofasha abanyagihugu. Le scenario yabaye si ubwa mbere. Avant 1994 au Rwanda, l’ambassade de Belgique au Rwanda yagendaga ifata abanyepolotiki n’abasirikari bakuru ikabasaba guhungira muri Belgique, ko izabafasha ikabaha passport n’amahera. Hari benshi bagiye hari n’abanse. Tout dans le but d’affaiblir et ridiculiser le pouvoir en place, no kugirango babone abo bazoja bakoresha mu kugwanya le Gvt en place. C’est le meme scenario au Burundi. Mais ces gars doivoint savoir que le temps a change. Bakwiye kwisubira bakagaruka mu gihugu. Ce que je vois nuko uzateza intambara I Burundi bizamugora, kandi izica abanyagihugu benshi. Ce que ces Rufyikiri et Cie ne savent pas nuko bashaka kubakoresha kwanduza le pouvoir Hutu en place, ko bashaka kubihindurak abahutu bari kwica abatutsi. par exemple, reba ceque l’UE vient de faire. Gufatira ibihano les Hutus. Uzarebeko hari umututsi wari mubakoze coups d’état wafatiwe ibihano. Kubera ? Kuko bashaka ko bakomeza bagakora ivyo gusenya Burundi en vie de prendre le pouvoir... Burundais Burundaises, reveuillez vous. Kuko amaraso yazameneka ni menshi. Ndabashimiye.

17.10.2015 à 20:49
Musaga 5

Ahubwo CNARED reka gukoresha amajambo nimubishire mumigere naya bantu baheze kuko impfuvyi ziriko riragwira none mwumva muriko murakiziki oya oya nukuri amajambo oya kora kazi

17.10.2015 à 19:59
Anthonny

Amakungu ni adukureko ako kaziri Nkurunziza ngo ni umukuru w’igihugu. Nta murwayi mu mutwe atwara igihugu kuko nta muntu akomeye ashobora gukorera igihugu cose ibiriko birakorwa. Amakungu azoza kudutambuka umuvyimba inganda zamaze gutikira nk’uko vyama.

17.10.2015 à 19:41
Kwatu

Mwe murantwenza murabona vyabananiye Abatutsi mwahora muzumbwenge Nibareke kubata mumuriro nabana banyu mbega Abobafpa harumwana wa pasifike cank wa sinduhije nyangoma rufyiri niyombar minani arimwo rero subiza ubwenge kugihe mumeny ko nabuyoya atanyungu yatanze uretse amarira yabana babanyeshuri bibururi ikibwirwa nicumva icerekwa ni kibona >> ?

17.10.2015 à 17:20
sisi haramu
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.