Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CNARED ntirarungikirwa ubutumire bw’ibiganiro - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > CNARED ntirarungikirwa ubutumire bw’ibiganiro

CNARED ntirarungikirwa ubutumire bw’ibiganiro

mardi 5 Mukakaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Mu gihe Reta y’Uburundi yemeza ko yamaze kurungikirwa ubutumire bw’ibiganiro bizobera i Arusha kw’igenekerezo rya 9 Mukakaro 2016, abahurikiye mu runani CNARED bavuga ko batararonswa ubutumire.

Muri urwo runani rw’abatavuga rumwe na Reta y’Uburundi bamenyesha kandi ko bamaze kumenya ko hari imwe mu migambwe igize urwo runani yamaze gutumirwa, ariko bakibutsa ko bitarekuwe ko iyo migambwe yitaba ibiganiro ku gatwe kayo.

JPEG - 308.2 ko
Pancrace CIMPAYE, umuvugizi wa CNARED

Mw’itangazo CNARED yasohoye, bamenyesheje ko ibiganiro bazokwitaba ari ivyo bazoba batumiwemwo nk’urunani.

Ibiganiro bihuza Abarundi bizosubira kuba kuva kw’igenekerezo rya 9 gushika kurya 12 Mukakaro 2016 i Arusha mu gihugu ca Tanzaniya.


IGIHE

Messages

  • Hahahahahhh!!!ewe pancrace uzomera nkuruyu nyondwe gumira kunka ntirumenye ko yabazwe aho ww ubona ukwiy kuvugira inama yabanyagihugu?ninde yabatoy ninde yabatumye pu pu piuuu ndakuvumy ndasubiyemwo ntabiganiro reta yitorew nabene gihhugu bizigera byicaramwo ikintu bita cnared ndakurahiy imana niyo cabona mutama wacu naw gumakwivora niharambe uburundi nabarundi hamw nincut zinkora mutima ubulusia nubushinwa murakoze

  • Hachari kare ntimwihebure mwebwe ntimusanzwe mzotumirwa.

  • Mbe Ntimubona Ko Ivya Cnared Vyamenyekanye Nzobe Ndumva Ngaho Baryane Ubwabo, Mukapa Nawe Abace Ibice Mugutumira Umwe Umwe,nzoba Mbona!!

  • hahahaha Ewe panga rasi murateya ka gongwe singaye umunya rwanda avugako muribigodyi barabahe nze mwiru ka inyuma yubwira kandi ubucabuhari? none m uburundi warubayiki? muri kwi rukanka I nyuma yabakiramvu ngo harico muzohanoba? Ubu abahutu bumu tima atarinkamwebwe mwariyamagi yibihuna. nimuze gusabikigongwe tuzokibaha.

  • urworunani bamaze kubona ko ari igipurison gusa atakintu kirimwo. reka abandi baje kwironderera amahera y’amanyaburaya(€) abandi mutunuye imyiso gusa. politique mpuza makungu sinkayayindi yomuri za 93 ubu ibihugu rutura vyabaye vyinshi cane uyu yanse ubana n’undi kandi ubuzima bukabandanya.

  • Ntabiganir Na Cinahead Bizigera Biba Kuko Igizwe Ninjavyi Zabicanyi Pe Sinduhj . Minan, Nyangm

  • Oya Ntimuharanire Umutumiro Uhagaze Ku runani Nimb Mushaka Kurondera Amahoro Y’abanyagihugu Ndabasabe Niba Hotumirwa 1canke 2 Bari Mu Runani Botwarana Ivyiyumviro Bakabishikira Kandi Bigatorerwa Umuco

  • Murarabeneza umuhuza ntazobe abogamye agasubira gutumira imigambwe irimuri cnared kugatwe kayo nkuko aherutse kubengenza kandi muba mwabonanye mukemeranya kwagomba kubatumira nkurunani muzoce muva hasi mumwiyamirize kuko azoba afatanije nakarwi ka nkurunziza mugushaka gusambura urunani cnared kandi ntimuze musubire kuvuga ivy ibiganiro ahubwo muzoce muterura umuheto nkurunziza mumurwanye kumasoro ntakizoba gisigaye kanatsinda yaramaze kwerekana ko atabiganiro ashaka sinzi nico mumuhigako kanatsinda ikibanza c’umwicanyi simubiganiro nikumucakira akomeye canke apfuye ataraho muzokwikangura musanga yatumaze kuko ntamusi wijana atishe canke ngo anyuruze canke ngwapfunge jewe .bonako atakamaro yuko cnared yoguma yiruka inyuma yumuntu nkuwo ahubwo mbona vyiza aruko mwohaguruka mukamurwanya ahuko muguma mumukomera amashi ngo naze muganire

  • Abaganira mwese mushire imbere Imana,nayahandi ho ntaco muzoshikako. nabatazi gusenga bovyiga.

  • CNARED turabasavye ntimwitabe ivyo biganiro mudatumiwe nkurunani,kuko ibiganiro vyanse aka karwi ka nkurumbi tuzoca tukereka ico imbwa yaboneye kumugezi,izo mbonerakunya nabagumyabondo bapfe bangara mu mashamba nkinterahamwe muri congo.

  • Natwe abarundi bumutima atari imbonerakunya,mudatumiye CNARED duca dutangura urusoro nkurumbi tumwomore.

  • Mbe iyo CNARED yotumirwa nka nde kandi itabaho?Abari bayigize barahaye batanga imihoho,abandi bayivamwo.Vyiza jewe mbona bokwishikana bagasaba ikigongwe urwaruka bahenze bakabagomorera mw’ibarabara mu migumuko babonye ivyo bipfuza bidashoboka bagaca bifatira indege bakigira muza Buraya.Ataruko bazohera NK’IFU Y’IMIJIRA.Canke bazopfe bangara nka Gahini ahejeje kwica mwenewabo Aberi.

  • abo ntibakenewe kuko ntaciza cabo kandi ntirwemewe namategeko none botumorwa nkande abo bashwa batazi ico bakora

  • Sinared ifuyimijiro.com.

  • Nibareke gutera igere CNARED yarasambutse ntakamaro ko kuyitumira mubiganiro nibatumire abarongoye imigambwe yemewe n’amategeko apana utudumbidumbi twabampema yuzuye atakindi bishakira atari inda zabo. Mugihe umuhuza yotumira CNARED nkumuhari uzwi twosaba Leta ko itota umwanya ngo igiye kuganira nizo nyankaburundi zitinya kuja mumatora imisi yose amatora ageze zica zishinga urunani rwo kuyatoba.

  • Ako kagwi k’inkorabara kabwirizwa guhanagurwa burundu. Ikibanza cako si i Arusha. Ni igiki Pacrace, Alexis... bashobora gutambutsa Abarundi? Bashaka ubutegetsi ni baze mu matora tubakubite intahe mu ruhanga ikinyoma gikubitirwe ahabona.

  • AHUBWO ABOBAGABE NIMUBAFATE NAMABI BASIZE BAKOZE ARIBO BATEYE IMIDURUMBANYO MUGIHUGU NACANE CANE UWOMUKURU WUGO RUNANI ARIWE MINANI IGIHE TWARI MUMWIYEREKANO YATUGOMOREYE MWIBARABARA KUMBE NAWE YARAFISE UBUDAHANGAGWA NIHO BAMUFATA YABABWIYE KWATAMUNTU AFISE UBURENGANZIRA BWOKUMUFATA TATWE YIBAGIRA KONATWE DUFATW NUWARIWE WESE NONE UBUYIBEREYE MUBUBIRIGI YIGOTOMERERA AMATA NUMURYANGO WIWE NATWE TUGOREWE MUBURUNDI NTIYIBUKA KOTWARI DUFATANIJE UMUGAMBI NOMUFATA NUMUTWE NOKURAKO AHUBWO UBUBIRIGI NIBUBARUNGIKIRE UBUTUNGANE KUKO NIBO BAKUBISE KUDETA BIKANANIRA NONE KWISI NZIMA NIHE ABASENYUYE INZEGO ZITOREWE NABANYAGIHUGU BACA BABAHA INTEBE NGOTWUMVIKANE NIHE ? NDASAVYE UWOBA AHAZI AMPE INYISHU

  • Intwaro yitorewe nababene igihugu yoganira gt nabicanyi bagandaguye incungu z’Uburundi guhera1960 ,1965’1972’1988’’1993 nn bagire basubire nibigarure bakunde igihugu bagikorere bagitezimbere boye kugisambura Imana ibahezagire itureme mw’ umutima uhamye shetani ashindwe

  • Ababirigi , Louis Michel, Samanta, Kagame, Buyoya ...barabahenze ngo tera grenades, rasa niho muzotwara igihu.Nyamba muzotwara ba so na ba nyoko n’ayo Abarundi bo cira birarura.

    Kura amaboko mu mpruzu nyabuna mukore kuko CPAS(Centre public d’assistance social) siyo nyishu kuko nti muri ibimuga.

    Mwatanguriye ingwano mu nzu iwanyu izoherere mu nzu iwanyu.

  • JEWE UMUNTU ATUMIRA INKOZIKIBI SINDAMWUNVA IVYOBAGONBAGUKORA NIVYO GUTUMIGWAMUNAMA UWOBADUHU CHA GUSABAHERE IYOBAGIYE GUKONBA AMASAHANI IZOBWEBWE

  • @tari (turaje, falcon 50, Nshimirimana, turaje.) Uri igiceri

  • Ikibazo sibiganiro ,ikibazo nimanda.mwakoresheje inguvubiranka none reraho emwe vyararangiye.nimwemere mwishikane kuko mwaramenje .

  • kubwanj mbon botumir ugw runan kugra ng turab iryane zir muburund ko zogabnuka.

  • mbega mwebwe bobarungikira ubutumire nde?mwabicanyimwe!muzobanze kuzana amaritiro yamaraso 20000 mwanyoye yabarundi ok

  • Hamwe yo kwihenda ntatumire CNARED kwoba arugutakaza umwanya wu busa, akwiye kuhabera amaso ntazarwe mumutego wa bicanyi ba Nkurunziza. nayo iyo migabwe yo ba yamaze kuronka ubutumire kugatwe kabo, nti bajeyo kuko nakare, Nkurunziza ya hemutse imigabwe isazwe iriho.

  • Urworunani N’irureke Kukontacorushoboye.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.