CNARED : Umurwi mushasha w’uburongozi ugizwe n’abagera ku ndwi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 27 février 2016 saa 10:16
Yasomwe : 127611
0 0

Imirwi (commission) y’uburongozi bwa CNARED yakuwe kuri 12 ishirwa ku ndwi. Iyo mirwi igizwe n’aba bakurikira :
SINDUHIJE Alexis ajejwe umutekano
MINANI Jean ajejwe ibiganiro
BUSOKOZA Bernard ajejwe poritike
KABURANIRWA Emmanuel ajejwe ivy’ubutunzi
RUFYIKIRI Gervais ajejwe ivy’imigenderanire (Diplomatie)
MINANI Jérémie ajejwe ivy’ukumenyesha amakuru
NDENZAKO Aline ajejwe ivy’agateka ka zina (...)

Imirwi (commission) y’uburongozi bwa CNARED yakuwe kuri 12 ishirwa ku ndwi. Iyo mirwi igizwe n’aba bakurikira :

SINDUHIJE Alexis ajejwe umutekano

MINANI Jean ajejwe ibiganiro

BUSOKOZA Bernard ajejwe poritike

KABURANIRWA Emmanuel ajejwe ivy’ubutunzi

RUFYIKIRI Gervais ajejwe ivy’imigenderanire (Diplomatie)

MINANI Jérémie ajejwe ivy’ukumenyesha amakuru

NDENZAKO Aline ajejwe ivy’agateka ka zina muntu

Kumenyekanisha

1
NIYONZIMA ISMAEL 29-03-2016 à 12:12

ubwonuburofa gs,ntagishasha bagye guhindura ku bdi,bs bazabavuga ukwo !!

2
jonathan 14-03-2016 à 08:28

Iyo mayibobo kweri ibesha abarundi ngo ya bonye Sinduhije mbega iteramwe iri mumashaba ya Congo bruxelle ninde wahakugejeje mbega mwivaga mubibazo byabarundi gute mwibwirako peter azamufasha gutera urwanda umva mbabwire mumaze imyaka irega20years muzerera mumashaba yaw Congo mwafatanyishe na mobutu,na DD na Rwasa bakiba mumashamba ya Congo na Tanzania murananirwa buceye kabila pere Abaha intwaro na basoda ndetse na Angola,na Zimbabwe,byose biba ubusa rero mureke kubesha. Abarundi cane peter ngo mushoboye gugutera urwanda muzasazira mumashaba cagwa mururebeshe amaso mutarukandagizamo Ikirenge

3
Baransananiye Regine 11-03-2016 à 09:27

Congratulations Aline

4
Umurorerezi 2-03-2016 à 16:49

3 Mandat,

*Barundi barundikazi, rwaruka nagira mbaze mpoze imbere ya vbyose imiryango yabo bose babuze ababo bitewe nico kiringo ca gatatu ca Nkurunziza.

*kubijanye nico kiringo cagatatu nyene kidahuye namasezerano ya arusha, twese tuzi ko kandi twarabonye yuko abari kurubuga rwa politike bigenza benshi dukunda kunva bahungiye hanze yuburundi, abo twarabonyeko ari ukwironderera akazi baguma biruka inyuma yibinyamakuru namaradiyo ngo biracitse Nkurunziz ariko ategura umugambi wokwica abatutsi nabahutu batemera ico kiringo kiwe cagatatu.

*Aha nagira abo banyepolitike babwire ico bakoze kugirango uwo mugambi mubi ntuzoje mungiro, kuko bari basomambike na Nkurunziza bari abashikiranganji, abaserukira uburundi mumakungu, ibisongerezi mugisirikare n’igipolisi, mu ncamake Nukuvugako badakunda igihugu c’uburundi kuko umugambi ntiwateguwe muri arya mezi urwaruka rwagiye kwiyamiriza ikiringo cagatatu ca Nkurunziza Numugambi wari warateguwe kuva kera nkabari mumurwi nonoka wa cndd fdd barabizi.

*Urunani Cnared benshi bari kwisonga ryugo runani bari bazi ibiri ko biraterwuwa ;
-None nikuki bagiye kuvuga aruko barangije ubuzi canke bakuwe mumabanga bari bashizwe ?

-Nikuki batagize batanga imihoho bereka abarundi namakungu ibyari ko birategurwa ico gihe ? Kuko iyo babikora inganda ntizari gutikira.

*Muri kahise abo tuvuga kandi nibo bafashije Nkurunziza mugushira mwibuye u wahoze arongora umugambwe Cndd Fdd Hon. Hussein Radjabu, ubu harimwo bamwe basigaye bamuyoboka kuko baburiwe canke bibazako ashobora kubashikana kuvyo bashaka mugabo nibazako abazi kandi nkuko yavyivugiye muri kahise ko « ntihica ubwoko hica intwaro mbi  ».

*Nagira bwire abarundi ko Cnared itazozanira abarundi amahoro kuko beshi mubayigize basavye ubuhungiro bakoreshwa nabazungu, kandi nomugihugu hagati batabemera, Hari nabandi twagira duhanure bakorera mukinyegero nka ba Ndayisenga Felix, Telesphore ayoboka umugambwe cndd nq Nyangoma birirwa muma nama bagirira za Ventem, Anvers, yogucanishamwo abarundi bari mumashirahamwe, ayo manama akaba ajamwo abahutu gusa, amakuru dufise nuko ubu uwahoze arongoye igihugu c’ uburundi bruxelles uyu Ndayisenga Felix, na Telesphore wo muri Cndd Nyangoma, Anicet batazira Nyabusorongo bajejwe gusekera urwaruka rwa batutsi n’a bahutu bari muri Msd bari kwisonga ryabashaka ko Msd yokwitwa umugambwe wabatutsi.

*Nagira bwire abantu bose bashaka gucanishamwo abarundi ko ataco bazoshikako kandi ndabi subiyemwo yaba abatutsi canke abahutu, kuko abarundi barengeye ivyubwo kuko urwaruka ruriko rwiyamiriza ikiringo cagatatu bose bagiye hamwe abahutu na abatutsi.
Nibo kandi bajejwe gutoza amahera amahera yumuhari Forebu nibo bashizeho Imirwi itoza ayo mahera muri Europe bagaca abayatwara muri africa bakaba bayacisha Kuri Busokoza Bernard canke bakayarungikira Hon. Radjabu.

*Anicet nyabusorongo, Telesphore cndd Nyangoma, Ndayisenga Felix ivyo muriko mukora mwinyegeza bigiye kujahabona vuba kuvaho Ndayisenga Felix cane cane nuwo bayoboka Hon Radjabu bemeye ko bashirahamwe nabayoboke ba Buyoya mwari muhejeje gusenya ico mwita Forebu, kuko tuzi Buyoya n’a biwe bakoreye abarundi. Ehe Raba basohoye itangazo rya bagize Forebu baciye bacanamwo kuko bamwe muribo baciye biyamiriza iryo tangazo. None kuko abo barundi mutoza amahera ko mutabaha umuco kuvyabaye muri Forebu ?
Barundi ni mukanure bareke kubabesha ntabantu ari impunzi muri Europe nahandi bazosenyura reta ya Nkurunziza. Uwavuzeko muburundi abiyitako bagira politike ari kwironderera akazi kuko hako kuja mubesha mu bazungu nahandi ngo bafatire ibihano uburundi murasaba abo bazungu babahe ubuzi mureke gusaba infashanyo muri cpas n’a chômage.
Barundi barundikazi muraza mubabaza baje kubasaba amahera aho bakora kuko bategerezwa kwereka akarorero keza.

*Nagira shimire Nimpagaritse Sylvere yerekanyako akunda igihugu hakumenja yatoye guheba akazi agahunga. Abarundi bameze nkaba Nimpagaritse Sylvere nibo bakwiye kuja mubiganiro nayo abashira imbere inda ndende namacakubiri bagakinjura.

*Imirwi nayo yafashe ibirwanisho ko muvugako ururimi nkurunziza yunva ari gukoresha umuheto nobasabako mwoshira inguvu hamwe kuko hari ico muhurizako « gukura nkurunziza nakarwi kiwe kubutegetsi  »

*Hama abarongoye imigambwe itemera ikiringo cagatu muje hamwe mushira ineza yabarundi imbere ya vyose.Kuko ubu turabonako hariho kutunvikana hagati yabayoboka Sinduhije n’a Radjabu, nimwirinde abababesha,cane cane abo bazungu Mwishinga ntamahoro bazobazanira mutayirondereye.

*Imbere yo gusozera nagira bwire nabari kubutegetsi ko baganira nabo batavuga rumwe kuko igihugu ari c’abarundi bose kandi binyunvire kazoza kurwaruka Rwuburundi.

5

6

7

8
Esironi 1er-03-2016 à 21:53

Ariko Mwatirwa Nabande ? Ko Abarongozi Naho Yoba Nyumba Kumi Bamwatira ! None Namwe Ibirori Bibera Hehe ??

9
Burundi 1er-03-2016 à 16:15

Emweee Mukuri Mutabesha Sinduhije Ngo Niwe Ajejwe Umutekano ? Niwe Acungera Umutekano Murwanda ? Canke Numusoda Canke Numuporisi ? Ubu Twovuga Kariwe Acungera Umutekano Wimqunzi ? Biratangaje Kweri Muzosigara Muririra Umwanya Mwataye Ngo Mukina Polituque Honyene Amakungu Yamaze Bubakurako Amaboko, Icibagiwe Co Nabanyagihugu Mwahekuye Ubu Hasigaye Ko Mwishikana Cake Mwiyahure . Ndabatwenze Kubona Muhindukana Hasigaye Komurasana Mwabwe Nyene Nkakumwe Nyangoma Yarasa Abasoda Biwe Ngo Nuko Badasangiyintara .

10
MINANI 29-02-2016 à 13:50

None bazoguma bahindura gushika ryari ?

11
John 29-02-2016 à 03:56

Mbe Mumbonera Muri Iyo Murwi Bubahirije Igitsina Nubwoko ?

12
Rugwiza 29-02-2016 à 00:21

@Falcon (igishushumbwa). Komeza wanike amenyo iyo za Mahama mukambi mu Rwanda. Ubwo umaze guhaga SOSOMA n’impengeri.

13
Mugabo 28-02-2016 à 21:32

@Basomyi mwese. Mwe mwese ubu ntimumaze kubona ko icyitwa opposition kitabaho ko ari abanyepolitike birwa bayerera n’inda zabo gusa... ubu noneho CNAREC ngo yashinze intumwa ya shitani umutekano(Sinduhije). Baragiye babeshya abarundi barahunga none izo mpunzi zirwa zanitse amenyo mu Rda. Zagombye kureba abanyamurenge bashyutswe imyaka bamaze mu Rwanda (25 !!!).Namwe barundi nimukenyere imyaka irabategereje.

14
MBIRIZI-GATARA 28-02-2016 à 13:34

EMW,KUBERA SON EXCELLENCE ARI UMUNYEMBABAZI,YOBASENGERA IVYO BIDAYIMONI BIKAVA MUBAGIZ CNARED KUKO VYABABURIYE ?GUSHIKAHO BAGIRA N’ABANYWARUMOGI ABAJJWE UMUTEKANO ?NYANGOMA W,IHANGAN BARAKWERETS KWATACUMAZ !MUTAMA WACU,IGUMIRE KW’IVORA AB’I MBIRIZI TUKURI INYUMA OK IMANA NIYO NKURU

15
Munyiginya 28-02-2016 à 11:39

CNAREC Nyakuri. Biroyani ukwishakira imirimo. Ejo muzumva abo bose bitahiye i Bujumbura !! Ubuhunzi buraryana. Gusa mugabo barabeshya ntabwo bose abarundi bakwemera izo gasiya zirwa zibateramo grenade.

16
Mahoro 28-02-2016 à 10:46

Muri indembe mukwiye ibitaro pe !!! Ubu se gutuka abatabakuye koko ??!!!

17
Jms Batwenga 28-02-2016 à 10:32

Muhindu Mureke Abo Mukuyemwo Sabana ; Ariko Ahonibereye Mbona Abahutu N’abatutsi Basangirira Kumeza Imwe

18
Falcon 28-02-2016 à 09:05

Uwo mukenyuro niwo kabisa,nkurumbi yari yabahejeje mugabo mwamubonye bugica !!!yikuje imitahe kuri ba NYANGOMA naba PANCRACE kugira ngo ba SINDUHIJE ntibitabe ibiganiro,ewe nkurumbi wewe ntabwenge usumvya abantu bize mumakungu,wewe wize EPS nogutera amavoka,komera kumuheto CNARED nkurumbi agurutse tumutegerere hasi impande zose tumwugare aciye mukuzimu tumutume inkuba.

19
N damiani 28-02-2016 à 04:44

Uragowe Nyagoma uzohora utangura ikivi wahweje kurima nugutera hakibur’ andi. Ndiwe ndaca ndigira kwibera Pastor canke nkaza kwigisha ibimuga imyuga kukoufise ikizyo can political

20
N damiani 28-02-2016 à 02:30

Uragowe Nyagoma uzohora utangura ikivi wahweje kurima nugutera hakibur’ andi. Ndiwe ndaca ndigira kwibera Pastor canke nkaza kwigisha ibimuga imyuga kukoufise ikizyo can political

1 | 2 | 3

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha