CNARED yashize ahabona inzego zayo

Yanditswe na
Kuya 21 août 2015 saa 05:39
Yasomwe : 180927
0 0

Inama y’igihugu ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro ry’igihugu,amasezerano ya Arusha n’intwaro ishingiye ku mategeko CNARED yasohoye inzego zayo,ibicishije mw’itangazo no2/2015 ryo kuwa 20 Myandagaro ryateweko umukono n’umukuru w’inama Leonard Nyangoma .
Nkuko vyashikirijwe na Jeremie Minani asanzwe arongoye umurwi wo kumenyesha amakuru mu runani CNARED,umukuru w’iyo nama ni Leonard Nyangoma,icegera ciwe ca mbere ni umushingwamanza Francois Nyamoya,icegera ciwe ca kabiri ni Onesime Nduwimana (...)

Inama y’igihugu ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro ry’igihugu,amasezerano ya Arusha n’intwaro ishingiye ku mategeko CNARED yasohoye inzego zayo,ibicishije mw’itangazo no2/2015 ryo kuwa 20 Myandagaro ryateweko umukono n’umukuru w’inama Leonard Nyangoma .

Nkuko vyashikirijwe na Jeremie Minani asanzwe arongoye umurwi wo kumenyesha amakuru mu runani CNARED,umukuru w’iyo nama ni Leonard Nyangoma,icegera ciwe ca mbere ni umushingwamanza Francois Nyamoya,icegera ciwe ca kabiri ni Onesime Nduwimana yahoze avugira umugambwe CNDD FDD.

Umunyamabanga nshingwabikorwa ni Pacifique Nininahazwe,icegera ciwe ni Frederic Bamvuginyumvira icegera c’umugambwe Frodebu.

Izindi nzego zihuriye mu mirwi iyo nayo ikaba igizwe n’imirwi ijejwe ibice bitandukanye :
Umurwi uraba ibijanye na politike n’umugambi w’amahoro no kumenyekanisha urwo runani hagati mu gihugu urongowe na Bernard Busokoza,umurwi ujejwe imigenderanire urongowe na Gervais Rufyikiri.

Iyindi mirwi ni umurwi ujejwe umutekano urongowe na Alexis Sinduhije,umurwi ujejwe ubutunzi urongowe na Eupfrasie Bigirimana,umurwi ujejwe kumenyesha amakuu urongowe na Jeremie Minani,umurwi ujejwe agateka ka zinamuntu,ubutungane no gufatana mu nda urongowe na Vital nshimirimana.

Abahanuzi ni abahoze barongoye igihugu,abahoze barongoye inama nshingamateka,umukuru w’inama nshingamateka Piyo Ntavyohanyuma .

Umuvugizi w’urwo runani ni Chovineau Murwengezo,icegera ciwe akaba Pancras Cimpaye.


Kumenyekanisha

1
Nsengiyumva J Claude 10-01-2017 à 18:44

C’est Beau.

2
Paterne 3-09-2015 à 10:14

Turabakeje

3
Ayubu Mutananirwa Cankuzo 27-08-2015 à 04:26

None Bizogendagute Ko Numvishe Arinkuba2 Zigiye Guhurira Mugicu ? Emwe Reka Basenga Dukomeze Ndabonisi Muyimaze Kare Muteye Yesu Kuza Hataribwagere,

4
ducubwenge 26-08-2015 à 07:30

Hahahaha !biratwengeje kweri.ivyari vyovyose harimwo abakurikiye ubwije bazicuza icatumye baja muri CENERED !reka tubirindire muzombwira.

5
Kana 26-08-2015 à 00:29

Ewe nyangomawamenjeroreraumunsibaguhindukiriyentitwamenyakoufisebeneivyovyiyumvirororeraumunsibaguhindukiriyeurakinwkurwandawibazakobagukundanumurundiyahorakwiyumvamwotukuvuyekowaramenjeutigaruye.

6
Jules Nijimbere 25-08-2015 à 20:46

Nyangoma.1993 warugifis ubweng,ariko ububwakujanye.ahontiwozugafata nabandi kwubak igihugu ?abobagabo,harimwo ba Pie naba Rufyikiri baraguhenda.babony batiyongej bacabatangura kwonon isahani baririyemwo,kand bobobari bigeranij.raba rwasa.abahtu mwapfuyuko,

7
Bonza Jacques 25-08-2015 à 18:06

Komere Batama

8
SYLVESTER 25-08-2015 à 14:01

AMAKURUYANYANGOMA

9
Adolphe NSHIMIRIMANA 24-08-2015 à 23:03

ahubwo je ngaho natahuye kimwe. bashaka kubandanya akajagari gusa nayo ivyo gutwara vyovyo ntavyo bashoboye. nkako gatama koko ngo ni nyangoma karinze kananirwa kakibasha ubu niho kazobishobora ? ikawa yacu kagiye gatembagaranye kakaganza kudutuka gusa ngo turi ibipulizo ; turamurindiriye kandi bamenye ko tutakiri muri ya myaka baze bamuturekere twebwe abanyagihugu twenyene tuzomwereka ko turya dukaravye.

10
dusabamahoro 24-08-2015 à 20:58

komera mutama mwese murabene gihugu gusa

11
Mudundo Wa Klachi 24-08-2015 à 14:59

CNARED,nimunyarutse twarambiwe,sitwe tuzobona harageze ! Turindiriye ifirimbi.

12
AMANDE pierre 24-08-2015 à 02:47

Mbegahoho Muzokoresha Inguvunya,niba Ari Inkoho Muzozikurahe Ko muburundi ata Nkoho Bakora.?

13
AMANDE pierre 24-08-2015 à 02:06

Burya Nasanze Nihenze Ntabwo Ari Ethiopie,sinibuka Igihugu ,ariko Na Kagame Arimuri Iryotegugwa, mbegahoho,kw’amakuru Yanyu Atumvikana Kumaradio Ka BBC Canke Voix D,AMERIQUE.?

14
AMANDE Pierre 24-08-2015 à 01:41

Irihnyabwako rigombakugirirwa Abahutu ,ririko Ritegurirwa Muri Ethiopie Naryo Murivuga Kwiki ?

15
Albert 24-08-2015 à 00:20

Ivyo bontu biratangaje kuko abo bantu biragaragara ko atakintu nakimwe biteze kumarora abarundi. Turavye uko tubazi ni abagomba ivyicaro n’amaronko gusa. Biratangaje kondi kubona abahoze biyita amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike bafata iyambere muri mwene ivyo bikorwarwa bigaragara ko ari ivya politike. Imana ifashe abarundi n’igihugu kuko abogikijije canke bagahanura aribo babaye abambere gufata inziro yo kuconona. Hari abo bitahuritse kandi bidatangaje n’abandi bigoye kwemera no gutahura. Ni bahindukire igihugu n’abarundi ntibikwiye kwama mu ruhagarara.

16
KAYITESI 23-08-2015 à 21:49

Ewenyangoma ntiwibazeko uburundi kwari zayire yakera gumamurico gihugu cabatutsi babuze kugutahurakera ubuho baragutahura mugabomumenye korutitaha karibu

17
clementi 23-08-2015 à 21:41

Abo bose bari inyuma ya nyangoma nibasabe ikigongwe aba dd baheze batahuke baze gufasha abandi barundi( bari kuri terrain)

18
eric 23-08-2015 à 09:01

ewe Nyangoma uriyahura, ubu murizey ko muzohonyora kugataka kuburundi ?

Ha nawewe vuba tukwubakira Monument

19
Muhuza 23-08-2015 à 06:10

BIRAME MBONE PE !.

20
MURABESHA 23-08-2015 à 00:05

ARAHIMBA AHISE UMUTAMA MUGUPFA ARAVYIBUHA EWE NYANGOMA UGUTWARA KUVA KUMANA NCUTIYANZE BIMENYE

1 | 2 | 3
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha