Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Poritike
CNARED yiteguriye gutunganya imisi y’ukwibuka incungu z’Uburundi
Yanditswe taliki ya 7-10-2015 - isaha 14:33' na IGIHE

Mu gihe Uburundi bwimirije kwibuka imyaka iheze hagandaguwe incungu y’intahe y’ukwikukira hamwe n’incungu y’intwaro rusangi, abagize urwego CNARED bamenyesha ko bagiye gutunganya ibirori vy’ukwibuka izo ncungu.

Mw’itangazo ryateweko umukono na Pancrace CIMPAYE icegera c’umuvugizi w’urwego CNARED, bamenyesha ko Petero Nkurunziza atubahirije iragi n’akarangamutima k’umuganwa Rudoviko RWAGASORE yarondeye intahe y’ukwikukira, hamwe na Melchior NDADAYE yarondeye intwaro rusangi, ari naco gituma atohabwa iryo teka ry’ugutunganya ibirori vy’ukwibuka imyaka iheze izo ncungu zigandaguwe.

JPEG - 109.6 ko
Pancrace CIMPAYE, icegera c’umuvugizi w’urwego CNARED

Mu rwego CNARED bamenyesha ko bafadikanije n’abarundi baba hanze, bagiye gutunganya ingene izo ncungu z’Uburundi zokwibukwa, abari mu Burundi bakaba bazobimenyeshwa.

Kw’igenekerezo rya 13 Gitugutu 2013 umuganwa Rudoviko RWAGASORE azokwiza imyaka 53 agandaguwe, mu gihe Melchior NDADAYE azorumanya kw’igenekerezo rya 21 Munyonyo imyaka 22 agandaguwe.

Ivyiyumviro vyanyu

NKURUNZIZA NARETA YIWE NTABIRORI YOTUNGANYA KUBERA ATADEMOKRASI YAKURIKIJE NONE MUZOBITUNGANIRIZA HEHE ?

11.10.2015 à 09:28
SINZOBATOHANA CELESTIN

nivyo batama nkurumbi ntateka ntamutima afise vyo kwibuka incungu zacu ndadaye na rwagasore numuvukanyi wiwe nyakubahwa umuhisi lt gen adolpe ntiyahonyoje ikirenge kumaziko.

9.10.2015 à 13:14
ortega manuel

Retournez chez vous svp. Le pays vous a instruit pas pour le brà»ler mais pour le bâtir. Que faites vous vraiment en europe ? Nous faire honte seulement ? Ca fait mal.

9.10.2015 à 11:29
bariga vital

Muribuka nabo mwasize muhenze mu gaca mwigira.Abarundi bamaze gutwarwa n’uwo mwakije ni benshi,bo muzabibuka gute ?

9.10.2015 à 10:58
Balzac

None uyo musi wo kwibuka izo ncungu wa rafuswe mu Burundi ? Canke ufatwa nki bisanzwe ?

8.10.2015 à 19:23
Gakozi Emmanuel i Pretoria

Uwubuz Icakora Ntabura Ivyab Arafwangagura.Aho Cimpaye Ntiwosubiza Ubwenge Kugihe ?Peter Niw Twahay Ivy Uburundi Gushika 2020.Uri Igtangaza Pe !!!

8.10.2015 à 08:33
Jules Nijimbere

mwe raba mudukureko uyumusalaba abarundi twikoreye nahubundi turarushe NKURUNZIZA Pierre ico twomusaba nuko yokwemera intwaro rusangi nkuko Nyakwigendera yabishatse ataruko naho turanka turapfa nabi kuko nawe vyamunaniye gutunganya uburundi

8.10.2015 à 07:41
FRANCOIS

Nta mutwe ufise wamugabo uraza uwugirire aha mu burundi uje Kuri stadium wibuke izoncungu zuburundi. Naho ivyonavyo ninja kaguma murimwo kavanze nakabonge kubuhungiro murimwo komutabigize mumyaka iheze niguye hanze ? Ivyomurigusabiriza bizabatekurukana basha. Gushika 2020 muzoba mukiboroga.

8.10.2015 à 04:53
mewne harimesh

CNARED nimutubwire uwo munsi erega twebwe nimwe tuzi ko muri indongozi zacu,ibi binywamaraso none bizotuvako gute ?

8.10.2015 à 01:05
Falcon

Ni Mureke Kwitana Bamwana ! mbega CNARED yibereye i buraya,yaje kwica abarundi ryari ??INGWE igutwara umwana ikagutanga kuraka !!kirya gipolisi gikora amabi y’ubwoko bwose gitumwa na CNARED ?Canke urya yavuze ko abantu bazohera nk’ifu y’imijira ni CNARED yamutumye ?

7.10.2015 à 23:53
Zamu

Noneho ibararigiye kurwa mwabwa Bulaya bamwenabandi bakunze kwiratira ! Umva mwishirahamwe ryubumwebwa Bulaya ibintubimezenabi kuvabatangajeko bahagaritse gufasha reta yu Burundi aho ibihugubimwe bitariko biravyumvakumwe nibindi bisanzwebisangiye iryoshirahamwe, uburero ivyobihugu bisaba iryoshirahamwe kuganira na reta yu Burundi vyihuta ngokandi iryoshirahamwe rigatangazako iryohagarika ryogufasha u Burundi babihagaritse ngobitabaye ivyo ibihugubimwe bigize ubwobumwe bwabulaya ngobiravamwiryo shirahamwe ryubumwe bwabulaya.

7.10.2015 à 23:28
Avec

bandanya mwibuka abo mwagandaguye murikumwe na babirigi kandi mububirigi ataraho ntibosubira kubaha ibigwanisho ngo mwice abo badakunda.Abo bo turumva komwibua komwabishe,duhe urutonde rwabandi murihafi kwica murakoze

7.10.2015 à 22:54
richo

ndadanye

7.10.2015 à 22:07
######

ndadanye

7.10.2015 à 22:06
######

ico kintu bita#cnared#abakigize ngira barwaye mumutwe !bibuka intagondwa za bagumutsi ngo incungu !izotuzi. rwagasore na ndadaye.abandi izo nimbwebwe kandi nabiyahuzi.barya nimana ntiyabakiri imana ntiyokwakira abicanyi baturiye abantu.icokintu ntavuze nibate umwanya wabo

7.10.2015 à 22:05
#bongo#

Mbe Wewe Wiyita None ! Wibaza Ko Kwandika Vyishi Ariko Kurh ? Ko Ubuza Kuvuga Amazina Y’ Abantu, Gelase Ndabirabe Yavuze Ayangana Gute ? Ko Utamuhaye Remarque ? Ubona Ivyo Wama Ushikiriza Ari Nde Yobiha Agaciro ?

7.10.2015 à 21:27
Maso

cnred nimishenzi abatsi mwishe ndadaye hanyuma ngo mumwibuke muri mbwa.

7.10.2015 à 20:48
lolo

NON BUSOKOZA YO KWIBUKA NDADAYE ARIW YARARONGOY IKAMBI YAPFIRIYEMWO ARIKO YIRORERERA GUSA ? IBI TURIMWO BUSOKOZA NIW YABIDUKWEGEY.

7.10.2015 à 20:30
GISWI

Ndasubiye Gusaba Kuba Umuhuza Wabarundi Na Cenarede Hatabaye Mo Agakengere Ndasavye Abo Vyega Kumpande Zose Ari cenarde Nareta Yuburundi Ukuvyemera Nuko Museveni Ntiyananiwe Yanse Kuvuga Ukuri Kumpandezose Uwondondera 0726502452 Hatabaye Ugukengerana Kumpanezose Jewe Ndizera Ko Kananirabagabo Atimye

7.10.2015 à 19:08
Desire

Murahangayitse ndababwiye ! Ivyovyokwibuka izondanga ntawubinegurira uyundi wewe urazihayagiza ubikunze nuyundi gurtyo ntibikeneweko urindakuvugango ntuzeya ngontakwiye kuzihayagiza, nicogituma abazubwenge iyobashaka kugira uwonegura birinda kuvuga izina nizinaryumurwi kanaka maze bakavugati abasibu Burundi bagandaguye izondanga nubuntahobaraja, ariko birinda kuvugango : None ? Ntakwiriye guhayagiza izondanga ! Iyonimvugo yabantu bataye indero canke batakigira controls, ekandetse basanabahababutse, kandinivyo urevye igihe nkababa Pancras bakuruyemwo nabokwitwararika abatwononera naba Babiligi ahokubaremesha bababwira kujamubishoboka bababwira kujamubintu bituma batabona iyobajaniyobava, kukoharikintu babonabashigikiwemwo naba Babiligi bakacababonako mumezimakeya kizobacagiye ahobashaka , bagiraguti bakabona imyaka irihaye ikingo ivyovyose bituma mubwonko hashuha iyorero umuntuyize agumagiribintu bikanka asigarasumbwa numuntu atize mukuvuga ivyavuga usubuyinyumaneza mugihewewenawe wobutabayenkawe ushiborakubonako bidatandukanye cane nivyumuntu arwaye akarwara komumutwe avuga. Nkakarorero kahafi numuntu aherutse mukiganiro citwa Imvonimvano yavuze arikuruhande rwumurwi urongowe na Nyangoma, ahokuvugako ivyobavugako u Rwanda rushigikira abadurumbanya uburundi mugihevyobarivyo atinatwe vyotubabaza yariyamurije reta Yu Burundi gusa kubera twatugorane navuze turimumitwe twatumwe biyibagizako urwanda bwikigihe danger mubiyagabinini mwikigihe arinavyo mugombakuzokwibonera mugihekutarenze imyaka 2 twimirije imbere ibibizovurwavyemangwe ni bihungu bitaribike.

7.10.2015 à 17:24
None ?
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.