Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Concilie Nibigira : "Sinigeze mpunga igihugu" - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Concilie Nibigira : "Sinigeze mpunga igihugu"

Concilie Nibigira : "Sinigeze mpunga igihugu"

vendredi 11 Ndamukiza 2014

Concilie Nibigira, umukuru w’umugambwe UPRONA yemewe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu arabeshuza abavuga ko yahunze igihugu c’Uburundi. Nibigira Concilie amenyesha ko abavuga ko yari yarahunze ari abiyumvira ko adahari ariho ibibazo vya UPRONA vyoca bitorerwa umuti.

Umukuru w’umugambwe UPRONA, Concilie Nibigira, yemewe n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu yabeshuje amakuru yari amaze iminsi avugwa ko yari yahunze igihugu c’Uburundi. Concilie Nibigira amenyesha ko ari igihuha ataho gifatiye, kuko yahora mu rugendo rw’akazi, na kare ko ritari ribaye irya mbere asohoka igihugu ku mvo z’akazi.

Mu kiganiro yagiranye n’umumenyeshamakuru wa Bonesha FM, Concilie Nibigira avuga ko ivyo bihuha vyashikirijwe bituruka ku bibazo umugambwe UPRONA urimwo, aho hari abaca biyumvira ko adahari vyoca bitorerwa inyishu. Concilie Nibigira akavuga ko atari yahunze, kandi ko atarota ahunga igihugu ciwe, kuko ibibazo bihari mu mugambwe w’abadasigana UPRONA bizoteba bigatorerwa umuti.

Concilie Nibigira ntaco ashima kuvuga ku kibazo c’abanywanyi ba UPRONA babandanya gutumwako mu butungane ku matohoza y’igitero cakozwe ku rugo rwa Gaston Sindimwo asanzwe ayoboka Concilie Nibigira, atari bake bakavuga ko ari irementanya ryakozwe mu ntumbero yo guta mu mvuto abashigikiye Karori Nditije. Concilie Nibigira asaba abavuga bose ko ari amanyanga ko boreka ubutungane bugakora.


Egide Nduwimana

Messages

  • Ahunga adahunga araagowe niyo intahe yafata ijambo azojugumira. Uwo mugambwe yahawe n’abategura génocide ntaco uzomumarira. Uheza kugoka.....
    La constitution yasavye ko batora vyagenze gute? Arateye isoni.

  • @Nwari

    Uwo mukecuru yari muri vyo uvuze kare na kare, ngo yari gasusa ntumbabe kandi n’umugabo wiwe yari yarahevye. Ikintu akibandana ubu camunaniye guheba n’inzoga; utaravye neza yokugotomera agira ngo urizo. Ivya politike ni mahindagu: erega ngira tuzi ko gushika 2009 yari kumwe na Mukasi. Kuba ri kuwe na Mukasi ubu akaba ari munnyo ya Nduwimana vyerekana ko zamuparanganije. Mukasi naho womwica ntiyokwemera aba DD. Ntagoka kirazira.

    Uwo Sindimwo nawe, amakuru dukura i Canada avuga ko yahungishije umugore n’abana kuko yarazi ibizoba. Aba nyaCanada ngo baramurindiriye.

    Gaston i Burundi asambanya agakobwa kahora kiga kwi Jabe kuri ya shule yivya comptabilité. Kaba ku Mutanga. Ikibabaje nuko atanakabwiye vyose: apfa kugahereza kandi atagaha n’imiti !!! Ico conyene kirakwiye kumufatisha.

    Umugore wiwe ngira arabizi kuko ntagicana uwaka na Gaston; yoba agize neza kuko dossier yiwe yohava imera nabi muri Canada.

  • Nyokuru we utagira ibanga ushaje mbega bakubeshera wohunga ujahe ko ibisaka vyagushanye. nta numwe aguha ni rwere nta na mazi bazoguha. uzogwa ngaho hamwe ni vyo bitabanga nkawe

  • Nubwo avugako ahari ararutwa n’udahari

  • ewe nawe nditije ayuvuga aragusa

  • Wasemawe yumugole vaho kuko ubesha nkasatani kuko aliyo igukolesha

  • Ngihonyabwoko Ntimuraribona,uwobashirahumupanga Niho,mworimenya Nahubundi Murivugisha

  • Jewe ndemeza ko iki kinyamakuru IGIHE abakirongoye mbere nabakozi baco bagikoramwo kwari abanyavyaha!!.kandi ikindi mbonye mwaba bakozi bajejwe gutosora ivyandikwa.barahengamye!!,mbere bahengamiye kubatavuga rumwe nubutegetsi bw,iburundi!!.iyaba badahengame ntibaba bareka nkibi biterasoni bigahita kumuhora bajejwe,bakozi ba IGIHE mwebwe ntabwo muzi ico mujejwe.murabona aka kamaramaza kanditswe nuyu yiyita NWARI mwahitishije kuru rubuga?????.genda ndabahinyuye ico murimwo.ariko mukaba mubambere musaba ngubwigenge bwokomenyesha amakuru.ntakarangamutima ko kumenyesha amakuru mufise mwebwe nukuri,mushigikiye abagumutsi,muga ico mwomenya ntiruhitana umwansi gusa,numukunzi rurajana,ubwo murabona uyo mufasoni bakuye kwagahuzu izuba riva hama mukabihitisha ngaha gayemwe,aba ba sans echec mwahebeye uyu murongo w,IGIHE,mukwiye kwibaza mbe twebwe tubisoma ico duca twiyunvira!!???>Ndaramukije MAMA na GIRAMAHORO,na GEZAHO bahora bahanura izi mburakimazi,zitazi co zokwubaha.

  • Nkamwese mwanditse ivyiyumviro vyanyu ngaha mukoresha amajambo ababaza Imana gusa.

  • Ewe sha konsiriya urenyaguza,ahobukera naho uzotumugabo witorerwenimbonera kure.mbeho wohunga abahunze haricubasumvya.

  • Concilia mureke yice yongere atongore aba upronistes bamugize ico ari ubu. Impera nimperuka izo mbonerakure- interahamwe za CNDD FDD ashigikiye zizomushimira. Abarundi ntitwari tuzi gusubiriza mu ndumane, ariko concilia na bahabara biwe G Sindimwo na E Nduwimana babitwigishije

  • Mwese nabumvirije ivyo muvuga mbona mukwiye gusengegwa nahoyoba yarakoze amakosa ntimwoca mumera nkawe mukuvuga amajambo atavugigwa ahabona mumico yacu yikirundi

  • Ndaramukije RUTOVU nabandibose basanzwe batanga ivyiyumviro vyoguhanura,
    RUTOVU urakoze kwandika ivyowanditsevyose, jewenasomye ama commeteur meshi nsanga abantubadutse bavamubintu bijanye na politique binjira mubijanye nubuzima bwumuntu nahonyene ububeshi, jewenkora mubuhinga bwikinyamakuru ivyosinobirekangobirengane! gusanobireka bikarengana igihe inkunanditse ifise icipfana nivyo barikobaravugabandika kwuwomuvyeyi nishano! kukohariho ikijambo ubonacanditsengaha ukumvanokugisubiramwo biteyisoni! Kukokwubahuka ukavuga ibimezenkibiraho barikobaravuga kwuyumuvyeyi ntahobitaniye nokugereranya ukwo abavyeyibawe bakwibarutse ukobabigenje kugira umumama wawe agusaminda, rekanubushirasoni burenzekwemera nishano kukonubwo ububonako wogereranya wibaza ukovyobavyaragenze,ntacobimaze kuzakuvyandika ngaha, nuwomuvyeyirero aharinze agerahahabwa ipete ryokwitwa mama akongerwanirindi ryokwitwa nyokuru, biteyisoni kubona uwujeje gusuzuma inkuru zica kukinyamakuru yubahuka akarekura abandika amajambo yubushirasoninkaya!!! Ikibabaje nuko hariho abibazako ijamboryakoreshwakera bita ngo; guhumirwa ko harahorwagiye! ndababwira ntahoryagiye ahubwoharageze ahorikora kiretse uwihanye akakira Yezu gusa, rekandababwire guhumirwa kuradushikira ntitubimenye, wombarira igituma ibishomeri bikomeza vyiyongera? wombarira igituma usanga hariho abizecane batagira icobakora ariko uwizebibayabaye agategeka uwomwigisha? wombarira igituma abantubifuza gutegeka bemera bakavuga ibinyoma muri ONU kugirabarebeko inyunguzabo zoterimbere? wombarira igituma umuntuyemera agateza mugihugu ibintu bituma abenegihugu bicwa akabikora kukagagazo azinezako arugudomeka? wombarira igituma umusozi umwe uburimvura ariko uyundimusozi bihanganye ukaronka imvuranziza? ETC, Bimwemurivyo biterwa noguhumirwa arikokubera musaba mugasabanabi ahokwikura mwiyomivumo muciye mukuri ikurinakwo tugusanga mu Mana yaremwe Ijuru n’Isi, mwiyongezamwo imivumo mukujakuvuga ibitaribikwiye kuvurwa ivyonavyo nibisesema Imana.

  • Nukuri jewe maze gusoma ibibintu abi bimenabanga banditse namaramaye mbura naho nkwigwa,mbere ntanico nobivugako,numiwe!!!!.mwiriwe neza mupfasoni MAMA,na GEZAHO,na MWARIMU nabandi mwese mufise umutima mwiza wokwubaka igihugu cacu uburundi.abo nabo barezwe nabi twese nukubaharira ivomo.

  • Wesha Rutovu: mbewe ujejwe kubona amakosa yabandi ayawe ntayabone,hari umuntu atukana nkawe utuka nabandika ngahakurubuga wewe nabagezawe mwandika mukokeza ihonyabwoko ngaha kurubuga mwibaza ko binezara abantu bose?ukaca wongera akatuka iki kinyamakuru ko wuva urareka kukisoma urabe ko gihagarara? Shiga icanyu cihonyabwoko kuko ntakindi mwandika atari gukokeza ingwano ariko kirabareka?mbe mwibaza ko Igihe ari DD iryotera bwoba ryanyu .mwebwe ahubwo mugabije kwugaza iki kinyamakuru kuko mushaka abantu twese twandike ivyo mushaka vyihonyabwoko ncanke ivyanyu vya ba DD mwebwe :rutovu,ngiramahoro,mama,mwarimu,etc muragenda mushinge ikinyamakuru ncanyu cihonyabwoko apana kuza kutwugariza mwamihimbiri mwe

  • Aba CNDD FDD bararonse umuhemu bazotanga ibirwanisho ataryogoye. Uwo mukecuru bazosangira icumba n’aba DD i Lahaye. Concilie Nibigira joue le rôle de Juda dans la Saga Uprona

  • wagira ngo abarundi murasinziriye. iki kinyamakuru nkuko nabibabwiye kuva kera ba nyiracyo ni abanyarwanda. kuko amahera bakoresha ava muri presidence kwa kagame. utari abizi abimenye kuva uyu munsi. kuko akazi kiki kinyamakuru ari ugusebya abahutu ba barundi hanyuma inkoramaraso kagame afatanyije nabarundi binda nini bagateza umwiryane iwanyu

  • Mutabazi: reka kudahwa genda ushinge iciwawe ? Naho coba icabashinwa twogisoma kivuga ukuri wewe ujejwe kutangaza ihonyambwoko ko bakureka ukandika ,ngenda uronze mumutwe iyoba arijewe nocandagufuta kurubuga

  • Nwari nagira nkumenyeshe kwivyiyunviro vyawe atakanovera bifise,ico womenya coco nuko uri umututsi mubi winzigo mbi caaane,jewe nkwandikiye ndi umuhutu kandi ndavyishimira kuko ndemanga icondi,nkanabiryoherergwa,kubwanje ntamuhutu canke umututsi cank umutwa nshaka koyohitanwa nivyaduka bitewe nivyo vyiyunviro vyawe bigayitse.nokumenyesha ko ubu Burundi abahutu turi maso,ntamuntu numwe ameze nkawe azosubira kuducanishamwo,tuzogukosora hamwe nawewe ugira uti egome ndavyemeye,wewe uriko ukinda ugaramye wibereye ngaho mugisagara,ivyiyunviro twebwe turino mumisozi,mugihugu hagati dufise wewe ntaco ubiziko.wewe rero uri mubandi muzotangazwa nubuhinga,ikindi womenya jewe ndi muribenshi niyunvamwo CNDD-FDD100%,ndakeneye rero nawe mugutanga iciyunviro cawe uzobanze utumenyeshe umugambwe canke ishirahamwe wegukira,kugira turi gutanga ivyiyunviro abakunda ikinyamakuru,bazotomokegwe neza ico tubadushikirije neza,nuwugishikirije aho yegamiye,bizobari vyiza caaane,abahutu twese turazi neza ko KAGAME na MUSEVENI aribo baguma bateza izi ntambara zurutavanako!, mugwanda,kongo,sudan yepfo,Tanzania barabankiye kuko abatanzaniya ntibashaka uwubavogera,na Africa yepfo nukonyene,ngaho iburundi ho turi maso,ntabazoducamwo.ahubwo MUTABAZI nivyiza kuba iki kinyamakuru ca kagame kitumenyesha izi nvugo mbimbi zaba nwari,mukobwajana,nabo bandi bose bababegito tukamenya ivyo bagamije,bituma natwe twipanga neza kugira ntibazoduce muryahumye,ngo basubire kuduta mukaga.

  • Wewe :Turihano Tutahari :jewe ndimumugambwe witwa Izirakareganyo uragerageza mwenabagezawe muze mumu gambwe iwanje mureke gukwirikira nkintama aba DD bamaze imiryango yanyu nico nobahanura kugira mushobore kuvana nagatima kaba nywa amaroso .karibu ncuti zanje

  • concilie ntazohunga kuko ntamutima agira iyaba uwufise aba yarahunze kuko ivyo nivyakanya gato bazomuhindukirira sha abo ba dd nitbamenyerwa bazomurya kurya inka iryurugo ntabo arabona bahindute????? we ngoya tu na bado

  • MADAME CONCILIE WARABAYE YUDA BIZOKUGORA MAWE .ABARUNDI NI UDUSIMBA ABO BAGUHENDA NGO USAMBURE UPRONA BAZOKWIGARAMA UZOBURA AHO UKWIRWA BIRABABAJE..NONE UZOGARUKIRA HEHE UMUGANI W IMPALA..EWE MUKECRU SAZIRA ABANA NEZA,,....

  • Barundi barundikazi, ndumurundi ariko sintuye muburundi sinari bwumve cg bwabone ibintu nkibi. Mbega uburundi nta bantu bisoneye bakibubamwo,birababje mwarimukwiye gusangirakabisinagahiye muri benemugabo umwe .Imana ibafashe

  • Abavugako Abasirikare Buburundi Bafata Aba Somaria Kazi Kunguvu Ibihugu Biteyimbere Nibifashe Amatohoza Uwuzofatwa Amakungu Amuhane Bareke Gufatira Mugwishi.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.