Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Confuscius yaratanze Impamyabushobozi kubanyeshuri 152 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Confuscius yaratanze Impamyabushobozi kubanyeshuri 152

Confuscius yaratanze Impamyabushobozi kubanyeshuri 152

vendredi 15 Ntwarante 2013

Ibihe vy’intibagiranwa mu bigo vya kaminuza y’uburundi aho hatanzwe ama certifica ku banyeshure 152 bo mw’ishure Confuscius y’i bujumbura .Ubu turashobora kuvuga ko mu burundi hari abarundi 152 bashobora kuvuga i gishinwa.

Abanyeshure 152 bambere bahejeje kw’ishure confuscius ya kaminuza y’uburundi bararonkejwe impamyabushobozi mu vyigwa vy’igishinwa.Abo ba nyeshure rero bakaba ari abambere bashoboye ikibazo co mu myaka y’intango mu bushinwa .Hasigaye rero intambwe zitanu basigaje gushikako.

JPEG - 19 ko

Protais Nteziriba umuyobozi mukuru w’inyigisho z ‘intango yarashimye cane iyo ntsinzi akavuga ko ari ikimenyetso c’umwumvikano hagati y’uburundi n’ubushinwa .

Izo mpamyabushobozi zikaba zatanzwe n’uwuserukira ubushinwa mu Burundi nyakubahwa Yuxuzhong .Umuyobozi wa kaminuza y’uburundi umushingantahe Gaston Hakiza akaba yari yipfuza gukomeza ubwo bumwe buri hagati ya kaminuza yi bohai mu bushinwa yarungitse abigisha babo banyeshure.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.