IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > COPA :Reta ihurikiwemwo na bose ntishoboka ibwirizwa nshingiro (...)

COPA :Reta ihurikiwemwo na bose ntishoboka ibwirizwa nshingiro ritunganiwe

jeudi 30 Mukakaro 2015

Urunani rw’imigambwe COPA rumenyesha ko ishingwa rya Reta ihuriwemwo na bose ritoshoboka mu gihe ibwirizwa nshingiro ritokwunganirwa.

Jean de Dieu Mutabazi arongoye urunani COPA avuga ko bigoye kuvuga ko Reta ihurikiwemwo na bose ishoboka mu gihe hatabaye ihinyanyurwa ry’ibwirizwa nshingiro ry’Uburundi kuko bisunze ibice 5 kw’ijana bisabwa vy’amajwi yo mu matora biha uburenganzira umugambwe CNDD FDD n’Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi .

Ku bijanye n’uko iyo Reta yoshingwa ibwirizwa nshingiro ridakozweko,Jean de Dieu Mutabazi avuga ko vyokunda mu gihe umugambwe CNDD FDD n’Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi borekera ibibanza abatashikanye ibice 5 kw’ijana mu matora.

Mwomenya ko Reta ihurikiwemwo na bose yasabwe n’abakuru b’ibihugu vyo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko,inyuma y’inama yabereye i Dar-Es-Salaam mu gihugu ca Tanzaniya.


Van Naris Mugisha

Messages

  • W ew urumusazi kazi wabwaw genda uhindur ibwirizwa ryanyoko apana iryo uburundi harinumw atazi ko uri umu CNDD-FDD ivyo ukingira ikibaba umugabo atariso ugab. Kuko abo yahinduts sibak wew muribo niw muto noe urusha ubugabo rajabu

  • Ibwirizwashingiro ni intouchable, kurihindura nugushaka kwongera ibibazo vy’urudaca mu Burundi. COPA yagiye mu matora izi neza ivyanditse muri Constitution, ce n’est pas maintenant qu’il doit revendiquer ibidashoboka. Nibagende mu biganiro habe un Gouvernement special mais sans toucher la Constitution igomba gukurikizwa en temps normale. Bemeye gushigikira un mandat irregulier nibabandanirize muri irregularite yabo mais sans toucher la Constitution tres bien ecrit... Rindira na Conseil national muri Ethiopie ishikirize revendications zayo. none ivyo vyose vyoca biza guhindura Constitution, mais non ! Turi muri crise politique profonde isaba kwumvikana ku mpande zose et non guhindura Constitution... Ibintu nibisubira mu buryo izoheza ikurikizwe atagusubira kuzana confusion. Kuyihindura vyoba ari kwihindukiza kw’ijambo na Accords d’Arusha bigomba kwubahirizwa igihe cose...

  • ihinduka rirakenew kugira bose biyumve neza

  • Un constitution ne peut pas etre amendE par un Parlement illegal.

  • COPA, IVYIVUZE NIVYO IBWIRIZWANSINGIRO RIGUMYE YKWORIRI IVYOGISABIKANYA UBUTEGETSI NTIVYOKORWA UWOBIKORA YOBANYURANIJE NARYO, NSINZI AHOMPERUTSEGUSO BWIBWIRIZWASHINGI NSANGA AHANDITSENGO : ABARUNDI BATEGEREZWA KWITWARIRWA NABOBITOREYE, ABARUNDIRERO BITOREYE CNDDFDD NAMIZERO, NA UPRONA, NA COPA, NA FNL.

  • Ehe Iyo Rofa Nani Aho Ugomba Gusubira Muri Leta?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.