Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Poritike
Gelase NDABIRABE : Abicanyi bashigikiwe n’ibihugu vy’Abakoroni
Yanditswe taliki ya 15-10-2015 - isaha 11:00' na IGIHE

Umugambwe CNDD FDD wagiriza ibihugu bimwe bimwe ko arivyo bishigikiye abakora ubwicanyi mu Burundi, mu kubaha amahera n’ibirwanisho, bagaca bafashwa kandi n’amaradiyo mpuzamakungu avuga ko mu Burundi hari ubwicanyi bufatiye ku moko. Muri CNDD FDD bati : « Harageze ko bashengezwa imbere y’ubutungane mpuzamakungu » .

Mw’itangazo umugambwe CNDD-FDD wasohoye kuri uwu wa kane igenekerezo rya 15 Gitugutu 2015, bamenyesha ko bateye ivyatsi abicanyi bigenza nk’abihevyi ba Boko Haram, Al-Shebab na Al Qaeda.
Daniel Gelase NDABIRABE, umuvugizi w’umugambwe CNDD FDD akavuga ko basohoye iryo tangazo inyuma y’aho haheze iminsi hari abicanyi barasa bakongera bagatera amagerenade abaporisi, mbere bakica n’abantu bamwe bamwe, rimwe na rimwe bakoresheje amapikipiki. Kubw’uwo avugira CNDD FDD, abo bicanyi kubera bashigikiwe n’ibihugu bimwe bimwe bibaha amahera n’ibirwanisho, baca basimbira ku maradiyo mpuzamakungu bakavuga ko mu Burundi hari ubwicanyi bufatiye ku moko.
Iryo tangazo rya CNDD FDD ritanga akarorero k’ubwicanyi buheruka kubera mu Ngagara kuri uwu wa kabiri, aho ayo maradiyo mpuzamakungu yakoresheje amakuru muri CNDD FDD bita ay’ibinyoma ahabwa n’abantu bari mu Burundi basanzwe bakorana, akamenyesha ko igiporisi kijewe gucungera umutekano w’inzego cagandaguye abantu, kandi ko ubwo bwicanyi bufatiye ku moko.
Daniel Gelase NDABIRABE avugira umugambwe CNDD FDD ati : « Biragaragara ko abo bansi b’igihugu bashigikiwe na vya bihugu vy’Abakoroni bidashaka ko Uburundi kiba igihugu ciyunze kandi kija mw’iterambere, biboneka ko ivyo bihugu vyipfuza na ntaryo kugaruka gucura bufuni na buhoro igihugu c’Uburundi » .
Mu mugambwe CNDD FDD bagiriza ivyo bihugu batadomyeko urutoke ko bihereza amahera n’ibirwanisho abo bicanyi basanzwe bazwi ko ata birwanisho bashoboye guhingura canke kwigurira.

JPEG - 63 ko
Daniel Gelase NDABIRABE, umuvugizi w’umugambwe CNDD FDD

Ku bijanye n’imfashanyo ivyo bihugu vyahagaritse kuronsa Uburundi, umugambwe CNDD FDD ubona ko ari ugushaka kunigira igihugu mu menshi, uwo mugambwe ugaca ugira uti : « Uburundi ntaco buzoba kanatsinda kuri izo mfashanyo ivyo bihugu vy’abakoroni vyahora bitanga, ibice 80 kw’ijana vyasubira iwabo. Ubu rero ntitukiri mu mpari z’izo mfashanyo kanatsinda igihugu c’Uburundi Imana yakiremye irakibona » .

Mu mugambwe CNDD FDD bamenyesha ko hageze ko bashengeza imbere y’ubutungane mpuzamakungu ivyo bihugu bitamenyeshejwe, ariko vyagirizwa ugushigikira ubwicanyi mu Burundi.

Ivyiyumviro vyanyu

ABARUNDI NTI TUGITAMIKWIJAMBO TWEBWE UKURI TURAKUZI ABOBAHUNZE IGIHUGU CABIBARUTSE BAHENZWE NABAKAVAMAHANGA NIBAZE TUZOBAKIRA NTIDUKORESHWA NABAKORONI

2.12.2016 à 18:47
NDUWAMUNGU

JEWE NIBAZA KO ABARUNDI TUGEZE AHO TWIKEBUKA, TUKARENGERA INYUNGU ZACU, TUKAREKA GUTERANA IBIDASHIKA KUKO NTAHO TUZOSHIRANA. JEWE RERO KANDI SINSHIGIKIYE NA GATO KO ABAZUNGU BADUHONYORA KU GAKANU KUBERA IMFASHANYO ZABO. TWOPFUMA TUZIHEBA TUKARYA BIKE TUKARYAMA KARE>>> NGIREKO NDEMESHA ABARUNDI BOSE BAKUNDA IGIHUGU CABO, ATARI ABAJA B’UMUNTU N’UMWE, KO IGIHUGU ATAHO KIZOJA NGO CABUZE IMFASHANYO DE CES RENEGATS, BAZOTANGARA CANE, KUKO ABIBAZA KO IBINTU BIKIRI UKO VYAMYE BAHERUKA INZIRA MU CI.....

25.10.2015 à 00:20
Aristide

Ukurira kumugabo amosozi atemba ajamunda,uko nukubesha uburundi ntamahera bufise bwokoresha butikoze kuyohanze,abo ba dd ivyabo birazwi izingorane zatewe nabo bafatanije nakizigenza wabo.

24.10.2015 à 23:44
Mpozamarira Erias

nimanamwarayihemukiyemwirigwamuric aboyaremyemwishushoyayomufis iherezoribimwavumwenabantumwishenicogituma igihugumugitayemukag imyidogoyikisimwemwabikwez izondazanyuzituzuranimwihanganehhhhmananumpekurambandabe iherezoryiyintwaroya cdd

18.10.2015 à 09:31
bigirimana

HUUMM !IYO MANDAT YANYU IGOMB ISANDABE MUC MUTANGURA KUVUGA AYAMUHE !AHO MUVUGA"IMANA" MURIKO MWIKWEGERA AMAHANO KK MWEBW ICO MUREKURIW KUVUGA NI "SATAN".IMANA NTISHIGIKR ABICANYI BATWARA IGIHUGU !"KUBERA AMARIRA YACU,IMANA IRAGOMB KUDUHOZA."MW BA PHARAON GENDA HARAGEZE MUZ GUSANGA UWO MWAKOREY ABANZ ABAHATE INKONI KK MUZOB MWANANIW NA MISSION YABAHAYE !@TEMBA HARAGEZE@

17.10.2015 à 08:06
HATUNGIMANA JEAN DE DIEU

nukuri birababaje dufatiyuko amaradio abitangaza birabonekako ahengamira kenshi kubarwanya reta ! jew ahombonerako arububeshi nuko uwishw wese bahita bamushira kuri reta mugihe harabatangaj bari mubihugu bishigikiye intambara ko reta ihari nabayo batazobatwarana !

16.10.2015 à 21:15
mutabazi saidi

nukuri birababaje dufatiyuko amaradio abitangaza birabonekako ahengamira kenshi kubarwanya reta ! jew ahombonerako arububeshi nuko uwishw wese bahita bamushira kuri reta mugihe harabatangaj bari mubihugu bishigikiye intambara ko reta ihari nabayo batazobatwarana !

16.10.2015 à 21:10
mutabazi saidi

nivyo mbona isukari yaciyizimbuka nigitoro kiraboneka ahubwo twaritwaranizwe komeza mubashengeze

@mututsimwiza Jean. Mugabo ntubeshye gusa wibagiwe kuvuga
bene wanyu b’abatutsi batazi no kwenda abagore !! Niyo mpamvu abatutsikazi bamaze kumviriza umurizo w’abagabo b’abahutu badasubira muri izo mbwa ngo zitabapfubya.

16.10.2015 à 20:24
Mupfubuzi w’i Kigali

@mututsimwiza Jean. Mugabo ntubeshye gusa wibagiwe kuvuga
bene wanyu b’abatutsi batazi no kwenda abagore !! Niyo mpamvu abatutsikazi bamaze kumviriza umurizo w’abagabo b’abahutu badasubira muri izo mbwa ngo zitabapfubya.

16.10.2015 à 20:24
Mupfubuzi w’i Kigali

UWONGO WAKO.ACA GUCEKA NA UZIMA.

16.10.2015 à 20:06
GASTON WASHINGTONE

G’elase Ndabirabe mbega uracari muri 1957 aho abaharanira independance basabo ko igihugu gitwara na beneco. Ubu aho tugeze twarikukiye ntukwiye kuvyigisha abarundi. Tukeneye gutwara biciye mu nzira zitomoye ata numwe yiyitirira igihugu wenyene ngo ashire hanze abenegihugu ku munoho wo gukunda amaronko. iyo uzi ubwenge muba mumaze kurungika d’elegation z’urutavankao ku ndwi ku ndwi mukwumviriza abahunze no kubahamagara bagataha aho kubashinyagurira ngo bahunga ibihuha. Ni waba utarwaye uruhumyi
uwo mugambwe CNDD-FDD muriko murigisha xenophie (la haine des etrangers) aho kwigisha l’harmonie (coherence et collaboration avec le monde)

Ici ni co kiranga INTWARO MBI
- Ukutubaha la juridiction internationale en matiere de droit de l’homme
- Ukutubahiriza amasezerano y’i Arusha na constitution y’Uburundi
- Ugukumira abarundi ngo ni uko mutiyumvira kumwe

Stephan Hessel yavuze ati ’’Indignons-nous !’’

Je m’indigne aussi de voir ressurgir les memes comportements d’il ya 50 ans

16.10.2015 à 17:09
Joseph Nzinahora

UH MURAHUMBASHA UBUHINGA BWO GUKWIRAKWIZA AMAKURU BWARAGWIRIRANYE HEWE BAGOMBE BUGARE BBC,VOA,NA RFI ! MUGA MWIBUKE NEZA YUKO ISI YA NONE ATARIYO SI YO MURI ZA 1950 ! DUFISE ZA WHATRAPP ZA FCB,INSTAGRAM, VIBER SKYPE NIBINDI NKIVYO ! KANDI NAMA SATELLITES YA AMERIKA YACU ZIZOBANDANYA ZIFATA AMAFOTO YUBWICANYI ABA DD MUBANDANYA MUKORA NAZA AMBASSADES ZACU ZIDUSHIGIKIYE MUKWIYAMIRIZA NKURUMBI BAZOKWAMA BATUBEREYE IJISHO AKO KARI AGACE NAYUBUNDI MUZOKWIMENA KWIBUYE KUKO ABIYAMIRIZA IYOMBWA MBI NKURUMBI DUSHIGIKIWE NAMAKUNGU MENSHI NTIMUZOGENDA MUDUTSINZE !

16.10.2015 à 16:29
Cedric

Iki bacita gutamba wirorera. Mwari muzi ko Uburundi ari icibare ca ba so na ba nyoko. Igihugu ntikiba icana.Mwarivye Abarundi democratie, sinibaza ko bazokibarekurira. Gende iyo muva mufise ubwenge buke.
Ukwiba ingoma ntibigoye, ikigoye n’ukuronka aho uyivugiriza.

16.10.2015 à 14:05
Burundi

Abatutsi bene wacu ntibahaga amaraso. Sogokoru yajyaga atubwira ko tugomba kurimbura abahutu gusa kuva aho nkuriye nasanze ari ububwa kuburyo mbona ko mubwoko bwacu bwa Sindumuja 90/100 ni imbwa. Niyo mpamvu ari ntamututsi mwenewacu ugira ibitekerezo bizima usibye kurya ibyo batahinze, kubeshya, kwica, gusambana,....

16.10.2015 à 13:33
Mututsimwiza Jean

Mutama ivyo uvuze nivyo, ikindi dusaba reta nuko yofata umugambi wokugara radio BBC hakirikare kuko nayonyene imeze nkaza radio zakera za RPA, BONESHA...mugushigikira abo bicanyi,Mukuvuga ibinyoma no mukuryanisha abenegihugu mumakuru batanga.

16.10.2015 à 10:52
dada

Aaho urekura ama bubu aboze mu bureau, mbe barya ba polisi murungika kurasa abantu ku murango urabivugako iki wa kijujuwe. Zirya escadron de la mort que vous avez crees qui trompe qui idiot ?

16.10.2015 à 10:41
saluva

UH NGO ABA DD NGO BAFISE PAPA NA MAMA BAA CHINOIS N’ABARUSIA HAHAHA MBEKO WUMVA MUBAFIRE HAMA UYO ICO KIJUJU JERASIE NA NYABENDA HAMWE VYAROGOTWA NGO UE NA BELGIQUE NA HOLLANDE YACU TWEBWE LES ANTI 3ème MANDAT ! MBE MWE MWITWAZA UBWICANYI BWO MURIZA 72 NINDE YABUKWEZE SI BA PAPA NA BAKURU BACU BACU BABA HUTU KUBERA INDAMBI NGO BAGOMBA GUTEMBAGAZA MICOMBERO ! MUKURU WANJE NTIYARI MUGISODA ! YARAFISE IPETE RYA CAPTAINE ! YISHWE KUBERA UBUJUJU BWACU UBU NAHO NGO IVYUBWICANYI BWAKOZWE N’ABATUTSI MWANGUHA NTAWE MUZOSUBIRA GUHENDA SHA ! BA BA #PALPE HUTU FNL ISINZI BA RWASA PETER NA ADOLPHE BAMARIYE KWICUMU MWIYUMVISA YUKO TWABIBAGIYE GA MWA BIJUJUMWE VYA BA DD ! SIMON NYANDWI ARI HEHE NTIYISHWE NA PETER AKANKA KO DUKORA AUTOPSY NYAMBA MUZOHENDESHA IVYAMACAKUBIRI BASO NA BA NYOKO BIBIJUJU NKAMWE BATIZE BATABONA NAYO JEWE NTIMUKORAKO !

Uy’umgabo jw mbona yatay umutwe mbe nomukuvuga ntibakiyumvira gutwara vyabananiy pe

16.10.2015 à 07:02
Kamwe

YEWE GELASE UBWINGE NTIMUKIGIRA NAKA NAGATO MUVUGA NGO"BABANIGIYE MUMENSI KUBERA BATAHAYE IMFOSHANYO HANYUMA NGO NIBAZIREKE NGO ZAHORA ZIBASUBIRAKO ?"SONZA MWIGUMYE AHO NAHO MUTAZORONKE IVYO MWIBA,BICIYE BIBONEKA NEZA KO MURI IBISAMBO.REKA TUHAHONERE TWEBWE NYABUNA IBINTU VYOSE NTIVYADUZE ?MUGABO MWENE DATA REKA KWITERANYA NIBIHUGU BIBANYI NAMAKUNGU WINUMIRE KUKO"hakubiga nabi worya nabi"NAKAGAHE NDABAKUBITIYE MUTAZOKWISANGA MUSIGAYE MURI NKAGATI KARI MURUZI

16.10.2015 à 06:07
CNDD-FDD
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.