Accueil > Amakuru > Poritike > Hamwe abakora ku Mugumya bobandanya banka kumukenguruka, buca (...)
Hamwe abakora ku Mugumya bobandanya banka kumukenguruka, buca abasubiriza
mercredi 5 Ntwarante 2014
Bamwe mu bakozi bo ku Mugumya, ingoro y’umugambwe UPRONA bamenyesha ko batarota bagamburukira Concilia Nibigira yemewe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu ko ariwe arongoye umugambwe wa Rwagasore, kuko abo bakozi bamenyesha ko uwo mupfasoni batamuzi.
- Concilia Nibigira yemeza ko ariwe arongoye UPRONA
Amakuru dufise amenyesha ko uwo mupfasoni avuga ko ariwe arongoye UPRONA yoba yarahamagaye abakozi 12 basanzwe bakora muri iyo nyubakwa y’umugambwe, abo nabo bararahira kumwitaba. Nibigira Concilia akabandanya amenyesha ko yoba yaramaze no kwandikira amakete abo bakozi kugira bitabe. Avuga ko hamwe boguma banka, azokurikiza amategeko hanyuma akabasubiriza.
Cyrille Ndikumasabo arongoye abakozi bakora muri iyo ngoro ya UPRONA, avuga ko banse kumwitaba kuko batamuzi, kandi batamwemera ko ariwe arongoye uwo mugambwe wa Rwagasore. Kubwabo, yagenywe n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Edouard Nduwimana, ariko ntiyatowe n’Abadasigana. Uwo bemera abo baporona, akaba ari umushingamateka Karori Nditije, asanzwe ariwe yatowe na komite nkuru w’umugambwe yo kuwa 16 Ruhuhuma 2014.

Gushika n’ubu rero, iyo ngoro y’umugambwe iracunzwe n’abaporisi, abashobora kuhinjira akaba ari abasanzwe bashigikiye umupfasoni ashigikiwe n’ubutegetsi burongowe n’umugambwe CNDD FDD. Abandi bahera inyuma y’iyo ngoro yo ku Mugumya, aha tukavuga abashingamateka, abakenguzamateka batowe muri uwo mugambwe n’abandi badasigana batemera uburongozi bwa Concilie Nibigira.
Inyuma y’indwi zibiri iyo nyubakwa yugaye, ikaba yatanguye gukora kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 3 Ntwarante, inyuma y’akanama koba kahuje bamwe mubafashanya na Concilia Nibigira, bashika kuri 20.
Aristide Nizigire
Messages
5 Ntwarante 2014, 11:33, par sivyubu
Wew wumva bokugamburukira gute batakuzi?wew urumu DD wibereyaho ugomba winzizabandi muba dd kunguvu?uragowe,umugambwe si consil ahubwo nasubize ivyo edouard yamuhaye vyabandi.kwibingoma biroroshe bigoyawuyivugiriza,baraguhenda nka nzarabu ejo nibo bazokwirenza.
5 Ntwarante 2014, 12:08, par mahoro
Mupfasoni Concilia Umuganwa RWAGASORE yigisha ubumwe none nawe reka gusambura ivyo iyo ntwari yubatse agatako akabizira.
5 Ntwarante 2014, 12:08, par bosco
mwabasanzesheke ntimwoshira ahintahe ishize?canke mufise ivyizigiro vyogutwara iyindi myaka mirongine !muribesha ahubwo l’État niyagire ibitaro vyabasazi.kuko abatemera l’État mwe mugiye kugwara ihaha muka.mbe muzoba bantahonfatwa gushika ryari? umwana wuburoho umuha ibishushe.mugabo mwebwe nibigashe ntavyo muzoronka.
5 Ntwarante 2014, 12:18, par Ntibirika
Conciliya we urya igipfyera kikakumena itama,nawe rero urarabe neza ico gipfyera wariye kubuca kikumena itama.amahera yaba DD ntarika ngw’aheranwe,ushaka rero woreka guhambira amazi murukangaga.
5 Ntwarante 2014, 13:31, par Nwari
wamukecuru we ! shukwa neza.nimba ushakA imboro nini kugira wuve injira muri DD nayo uprona uyihebe ncanke urondere jacque bigirimana mwiyabirirane kuko mwese mushukwa kumwe
5 Ntwarante 2014, 15:04, par KIRINYOTA
Concilie, ubwo wotabarana ukaja gukorera muri permanence ya dd iri mu ngagara mbona arivyo bikwiye. Je suis désolé tu n’es plus UMUDASIGANA. Urekere abo bakozi ba UPRONA amahoro rero. Ufate izo mbonerakure zawe, mugende muri permanece ya dd. C’est tout et c’est simple comme bonjour.
5 Ntwarante 2014, 15:05, par manu
Mbega basha nkuwo avuga aba Sans echec arabazi?
nimurindire Muzobona!
Ahubwo harico mutazi!
rindira akataraza karinyuma
5 Ntwarante 2014, 15:37, par emmandu
none concilie bamuhora iki?yanse ko igihugu ko kirwa mukaga
5 Ntwarante 2014, 15:48, par GIFYERA
Concilie Nibigira est une pute politique. Concilie restes avec le partenaire du moment CNDD FDD ou va faire agréer ton UPRODD chez ton ami DOUDOU de la saint Valentin.
5 Ntwarante 2014, 18:36, par ndunduro
Ngo ntibamuzi concilie, ngo bazi Nditije?!! Emwe ivya politique biragoye aho hagera naho umuntu yihakana n’uwo basanguiye akabisi n’agahiye. Ndabona ari ya ntambara ya Bururi muramvya yagarutse. None ninde azoyitsinda? Mumbarire.
5 Ntwarante 2014, 21:17, par mutabazi
Uwo Kirinyota ni umunyarwanda ntajye yivanga munkuru zanyu z’i burundi. Mumubaze umubare w’abahutu yishe mu Rwanda kuvaa uyumwaka watangira cyangwa abagabo b’abahutu amaze gukona!!
5 Ntwarante 2014, 21:45, par GIRAMAHORO
Nkawewe wiyita NWARI,ndagusabe uhindukize ubwonko bwawe wiyunvire ivyo wanditse uce wewe nyene wiha ikibanza ubona twogushiramwo,nkajewe nokushira kwa ROJANTI mubitaro vyabagwaye mumutwe,uri umututsi mubi caaaaane ,wamanukanwe mugisagara ukuwe inyuma y,Inka,urumwungere koko.ubwo Bututsi bwimihimbiri ndasavye mureke kuducafuriza urubuga gwamakuru IGIHE,uwo mufasoni Concilia azobarongora mpaka muje kumurongo,mugarukane indero runtu,Abo batama mwiruka inyuma babatoje indero mbi caaaane,namba aruko mubaragirira zanka zanyagwa muri yamyaka hasahugwa ivyabarundi,Emwe nsinzi basi ko muzovayo.ariko muje mumabarabara muhurireyo na POLICE ibakebura bukebuke.Kandi burya ndabakebuye,mushaka nimukuruguture amatwi mwunve kandi mubone.ndahaye mwiriwe umufasoni yitwa MAMA ahuri IMANA ikuhezagire kandi ikuzigame.
6 Ntwarante 2014, 01:08, par Mama
@Mutabazi Munyarwandamwiza,Iritavuzumwe.
uyumuvyeyi nawe Concilia bamushigikira batamushigikira iconzi nukoyase amabwire mabinkaya baye kubabanyi bacu baba Congomani bomubwoko bwabatutsi kandinahonyene sibose bemeye kujinyuma yababahenze ngobagomba kubashigikira ngokugeza Congo yose itegetswe nabo bamwebaravyemeye ariko ndibazako bamazekubona kobabeshwe.
Concilia nawe ivyabaye hiryanohino mubihugu bibanyi ndaziko yavyumva, kubwivyo ubwenge Busokoza yagiye kurahura ahohakurya yakanyaru Concilia ntaburamutswa.
6 Ntwarante 2014, 01:41, par matwi
Condiliye we! Mbega aho musazawe Nkinahamira yigira ibiro biteze muri 93, uribagiye aho vyamushikanye. Nawe uraraba neza, je mbona bitazohava bikworohera. Mbega none Imana y’i Burundi yarimutse? Mbonye ibiba hano i wacu muri ibi bihe ntivyontangaza kandi aruko ntizogaruka vuba. Nakare ngo unuti w’akanse nuguta.
6 Ntwarante 2014, 11:00, par Nehemie
None ka Igihe nimba mushaka kwubaka murareka umuntu nka Nwari akandika ibintu nk’ibi kandi mukabireka. Murabona uyo ar’umuntu muzima. Nimba ariwe yakuriye mw’ishamba ryahe. Bakuru ba Porona musubire kubanywanyi banyu, nizera ko abantu nka Nwari ar’abantu batazi iyo baje bava, ari babantu babonye bariho, ou bakuriye inyuma y’Inka, ikitibagiwe nuko boba barahonyoje ikirenge ku Ntebe y’Ishure.
6 Ntwarante 2014, 16:06, par Nwari
wewe,NEHEMIE et NGiramahoro,ngira ndababaze iryo shavu mugise ko jewe ntabandikiye niryiki ahubwo ibaze igituma ushavura kubintu btakuraba!!??0 jewe ngirandabahanure . Ahokwandika ivyabandi andika gwawe niho muzoba mwubaha uyumuhora wacu ,jewe ndabisVye mudashaka ko dutukana ,[muhirahire musubire)
7 Ntwarante 2014, 04:30, par Mama
@Nwari, eeeeee nyene!!! Reka niramukirize abarezweneza: Ndabahaye akayambu mwebwe: Giramahoro na Nehemie ntibagiwe na Bosco, Mutabazi, Emmandu na Ndunduro. Mwanyumviye imiyagamibi ukuntu yigaruriye uyomuntu yitwa Nwari!? Mubona Concilia azokwemera ko UPRONA iyoborwa rabantu bameze nka Nwari? Iconomubwira nuko mugihecose ababene kuduha ururubuga baretse abantu bandika ibiteye isoni twebwehoho ntitunzoreka kubabwirako atarivyiza, ariko hariho uwavuzeko biryabintu yanditseko benurubuga batarikubireka ngobirengane kandinivyo, none mubantubose banditse ngaha nindeyovuga koharico vyamwunguye? Nwari ndaguhaye imyaka ibirigusa niwabutarisubirako uzobona ingaruka zitarinziza mukibano nomubasanzwe arabagenzi bawe, twese turavuga ibitanezereje ariko warengeje wamugani wa Gioramahoro subira usome ivyowanditse maze ucewihamanota, eeeeeeee nye!!!?
7 Ntwarante 2014, 10:11, par bip telecom
Concilie reka kugora abo bakozi kuko bakorera uprona ntibakorera CNDD FDD ayo makete wandika urayarungikira imbonerakure zo kuri permence yanyu ma ngagara.canke zimwe ziri kwiga kumara abantu mwarungika muri congo.