Ibiganiro bihuza Abarundi i Arusha vyasubiriye gutumwako

Yanditswe na IGIHE
Kuya 4 juillet 2016 saa 11:36
Yasomwe : 83808
0 0

Amakuru atangwa na Macocha Tembele, umwe mu bakora mu biro vy’umuhuza Benjamin William Mkapa, akaba n’umwunganirizi wiwe, amenyesha ko ibiganiro bihuza Abarundi bizosubira kuba kuva kw’igenekerezo rya 9 gushika kurya 12 Mukakaro 2016 i Arusha mu gihugu ca Tanzaniya.
Ivyo biganiro bisubiriye kuba mu gihe Reta y’Uburundi n’ubu ikimenyesha ko itazokwemera ibiganiro bizoba birimwo urunani CNARED ruhurikiyemwo abatavuga rumwe n’ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.
Reta y’Uburundi ivuga (...)

Amakuru atangwa na Macocha Tembele, umwe mu bakora mu biro vy’umuhuza Benjamin William Mkapa, akaba n’umwunganirizi wiwe, amenyesha ko ibiganiro bihuza Abarundi bizosubira kuba kuva kw’igenekerezo rya 9 gushika kurya 12 Mukakaro 2016 i Arusha mu gihugu ca Tanzaniya.

Ivyo biganiro bisubiriye kuba mu gihe Reta y’Uburundi n’ubu ikimenyesha ko itazokwemera ibiganiro bizoba birimwo urunani CNARED ruhurikiyemwo abatavuga rumwe n’ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.

Reta y’Uburundi ivuga ko hategerezwa kwubahirizwa ingingo yafashwe n’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ribicishije mu nama nkuru y’umutekano y’iryo shirahamwe, mu ngingo za 2248 na 2279 zivuga ko abazoja mu biganiro ari abatafashe inzira y’intambara.

CNARED yagirizwa na Reta ko ihurikiyemwo abashatse gutembagaza ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015, mbere benshi mu bagize urwo runani bakaba bari ku rutonde rw’abanyeporitike baronderwa n’ubutungane bw’Uburundi, n’imitahe y’ukubahagarika ikaba yarasohotse.


Kumenyekanisha

1
ndayishimiye patrick 12-07-2016 à 12:38

Ngo n’Umuhuza Nyenicubahiro Benjamin William Mkapa yobimenya, akegera ba batama n’abatamakazi bo mu Burundi...nibo bazi ingorane uburundi burimwo.

2
Mvuyekure Emmanuel 6-07-2016 à 10:45

Nukuri Ivyo Biganiro Vyo Tangura Abatavuga Rumw Na Reta Bakavuga Ico Bipfuza Hama Reta Ikabatunganiriza !

3
Mvuyekure Emmanuel 6-07-2016 à 10:44

Nukuri Ivyo Biganiro Vyo Tangura Abatavuga Rumw Na Reta Bakavuga Ico Bipfuza Hama Reta Ikabatunganiriza !

4
P.ANT 6-07-2016 à 05:37

IBIGANIRO NI VYIZA .KUBERIKI BITOBERA MUBURUNDI ; NABASABA KO ABASHATSE GUTEMBAGAZA UBUTEGETSI BATOBIJAMWO ,AHUBWO BARONDERWE BAFATWE

5
P.ANT 6-07-2016 à 05:34

IBIGANIRO NI VYIZA .KUBERIKI BITOBERA MUBURUNDI ; NABASABA KO ABASHATSE GUTEMBAGAZA UBUTEGETSI BATOBIJAMWO ,AHUBWO BARONDERWE BAFATWE

6
suredeal 5-07-2016 à 19:28

ntawe mubeshya ba uretse Israel itange go ahead yo kurwanya imitwe itera ubwoba izo nterahamwe tuzaza kuzihiga mpaka bujumbura, ubu noneho na Tanzania iradushyikiye kandi na Zuma amerewe nabi. as you wait mukomeze ikinamico ry’impfabusa.

7
RWEMBE 5-07-2016 à 13:23

turaje tururwane kuko ibisabwa turi navyo. uwuzovyisukamwo yavuze ko umuti uzova mu barundi tuzomuraba kandi tuzomubaza.

8
Niyo Benit 5-07-2016 à 10:24

Rekakwitwenga kanatsinda wewe ntusubire kwiyita adolph nshimirimana we yarumugabo wijunja nijambo weho urintukamazina kandi wewe ntacufise ntantabwe uzoduterana nabandi bariko bariyojorora muri cnared, babonyeko bahenzwe nawe geza urore !!!!!!!!! Ingumba yikitazi irigata ishenyo

9
Cumanyundo 4-07-2016 à 22:14

Uyu wiyse Nshimirimana ni cya giceri mujeri cyitwa Tari (falcon, turaje, Nininahazwe Pacifique).Mukimenye.

10
Mariamu Rash Minani 4-07-2016 à 21:51

Ndabaramukije mwese.
Jewe muvyukuri vyanyase munda kunuma ngondeke kuvuga ibibintu naraye numvanye ababantu turikumwe muri SINARED, nubwobamwe mucamumva kondabateye ubwoba ntakundi munyihanganire ntimuzekuca muntukagura.
Nimwumverero ukobimeze : harabantu basanzwe bafise amabanga muri SINARED kumisi wagatandatu barahantu bavuga ibijanye nibibiganiro vyimirije, baravugana vyishi nkabanye politique ariko icobavuze kikanterubwoba nukobavuzengo : nubwo abotwahoradukorana bakadufasha ngoguhungabanya umutekano bakoresheje gutera grenades nokurasa amasasu ngwabasigaye bavyemera bakababaratudugirijeko amahera yokubaga igihe babikoze ivyotwababwiye ngonimuze mwinomisi hegereje biryabiganiro vyomuri Arusha twemere turekure amahera hagire igikorwa mugihugu imbereyuko iryatariki igera ngokugira bamwe babijamwe bagaharanira Ko na SINARED ibijamwo bizobafashe kuronka icobashimikirako kizobakijanye nuko abobantubacu bazobabakoze akazikoguhungabanya umutekano mu Burundi. Uyundinawe acaravugango warivuze ngwariko harihihe ukwotuvyibaza atariko vyogenda ngomwibuke babahungu bafatwa nabamwebishikana ngoharya mumenye Ko bavuzebimwevyose twaritwRababwiye. Uyundingo muziko abantu batarashirwakurutonde rwabaronderwa ngonabwabutungane bwa Nkurumbi nagushirwa mumajwi na America nubu Bulaya komuzobona mumisi biyonjorora bava muri sinared ? Uyundingo rekakugumamuzana ibintuvyubwoba ngoturaje twige igikwiyegukorwa mwinomisi ngokandi kizogira ikimazi.
Murabamumva sinzirero icobagiye gukora mwinomusi.

11
ELIAS 4-07-2016 à 20:48

ABATEGETSI BAKURU MURI CENALED

12
dukundane 4-07-2016 à 20:42

mugomba komutambamwirorera imitahe egomama !! kumwe mwaja mumatora mwenyene imana iriho basha,

13
Man bernard 4-07-2016 à 18:34

ni vyiza ariko bisa no guta umwanya kuko abarundi ntitworoshe.

14
KANYARWANDA 4-07-2016 à 16:08

@falcon50. ukunze kwiyita tari. ubundi ukiyita turaje. Twarakumenye wa giceri we. niwowe usigaye kuba ikiziga. gusa iyo uba uri muburundi bakwereka abasore. naho nostalgie yo kumara abahutu ya 72 ikurimo. uzicwa nagahinda nka CNAREC ubu yahindutse umuduga udafise imipine

15
INTAGOHEKA 4-07-2016 à 14:55

EHE NKIYIMUJEIRI YIYITA ADOLPH SHIMIRIMANA MUVUGANABI MUTAVUGA INKONA NTIYARUZWA KIRAZIRA MUZOPFA MWANGARA NKABANA BAGAHINI NKURUNZIZA NANAHO MUZOHURIRA TUMUCUNEGEREYE KURYA INZUKI ZISHIGKIR UMWAMIWAZO ARIKO MWE NA SENARD MUZOPFA MUBUNDABUNDA MWOZ AMATWARETE YAKAGAME AKANYUMA INKONA NTIYARUZWA KIRAZIRA

16
Rugamba 4-07-2016 à 14:15

Ibiganiro ni bibe, turabe ko abarundi twova muri ubu kene twashizwemwo na bene wacu nyene

17
SENGIYUMVA 4-07-2016 à 14:09

Emwe nibagombe bamarane kizima ntakiriyo.Tuzotungabasigaye.Ivyobinywamaraso vyimbonerakure bizomarabanyagihugu.

18
SENGIYUMVA 4-07-2016 à 14:07

Emwe nibagombe bamarane kizima ntakiriyo.Tuzotungabasigaye.Ivyobinywamaraso vyimbonerakure bizomarabanyagihugu.

19
karikurubu josias 4-07-2016 à 13:18

ivyobiganiro kimwe mbona nuko abarundi tugowe tukiriko kuko atakizovamwo kandi abazungu vyose nibo babigira kuko barabona ahukuri kuri

20
karikurubu josias 4-07-2016 à 13:13

ivyobiganiro kimwe mbona nuko abarundi tugowe tukiriko kuko atakizovamwo kandi abazungu vyose nibo babigira kuko barabona ahukuri kuri

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha