Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Poritike
Ibiganiro bihuza abarundi vyatanguye i Entebbe mu Buganda
Yanditswe taliki ya 28-12-2015 - isaha 16:00' na IGIHE

Ibiganiro bihuza abarundi vyatanguye kuri uno wa mbere igenekerezo rya 28 Kigarama 2015,i Entebbe hafi y’umurwa mukuru w ‘Ubuganda Kampala.

Ibirori vyo kwugurura ibiganiro vyitabwe n’impande zose zaronse ubutumire harimwo Reta y’Uburundi,umugambwe CNDD FDD,urunani CNARED,amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike.

Ku ruhande rwa Reta y’Uburundi,bagumye bamenyesha ko badashobora kuganira n’urunani CNARED kuko rutazwi n’amategeko kandi ruri inyuma y’abahungabanya umutekano.

Ku ruhande rwa CNARED,umuvugizi warwo Pancras Cimpaye yitavye ivyo biganiro nk’umuvugizi wa CNARED yabwiye itororokanirizo ry’amakuru ry’abafaransa AFP ko ico basaba ubwa mbere ari uko ubwicanyi buhagarara kuko ata biganiro bishoboka mu gihe abantu bariko barapfa.

Ivyiyumviro vyanyu

NTABIGANIRODUSHAKANUMUHA WINKOZIZIBIBI

13.05.2016 à 01:51
BANYEZAKO

Abanye Poritike Nibaduhamahoro, Bareke Kwica Abantu Manda Yagatatu Abanyagihugu Batavyemeye Nibayihebe

3.01.2016 à 23:25
Simba,

AMAHORO . ARUTA IVYOVYOSE MUBONA BIBAKIJE UBUTEGETSI . NTIBUZOBAKWIRA . MWESE. ARIKO UMUNTU ASIMA ASHISHOJE UBURYOBWOSE MUBWITONZI YOSANGA ARI UMUTEGETSI IYO ASHIMA. HARIHO NUWUBUHARANIRA ARIKO ABUSHITSEKO NTABISHOBORE.

2.01.2016 à 20:40
NYABENDA MANWERI

JEWE.NDAFISE- IKIBAZO ABO BARI MUBIGANIRO MUBIHEVYA MWAVUGANGO. ABAZUNGU NGO NIBO BATUMYE MURYANA, EGO UMUNTU. YOVUGA KO ATABWENGE MWARI BWAMENYE NUBU NTABWENGE MURAKAGIRA . UKUSHAKA KOBAKUGIRIRANEZA- GIRIRA NEZA ABANDI. UGUTWARA SIKWOKUBAHO. MURASHIMA ABATWAYENEZA. KOMUSHIMA. ABATWAYE IMISIMIKE. MUGACA MUBICA ,ABATWAYE IMYAKA MYISHI NTIMUBASHIMIRE.? UHEREYE, KURI" PEREZIDA BAGAZA. YATWAYE IMYAKA CUMINUMWA NUYUMUTAMA NYAKUBAHWA. PEREZIDA PETERO NKURUNZIZA MURIGA UKUMENYA NOGUTAHURA NTIMURABISHIKAKO. NABO BARAKOZE BAKOZE MUMAJAMBO ARIKO URUPFU GWBO. RUGATAHUZA BESI. GIRA IKIBABAGWE CABANDI IMANA . IFISE VYISHI IZOBABAZA KUBO MURONGOYE. IBITABARYOHERA MUMBABARIRE.MURAKOZE MUGIRE UMWAKA MWIZA WAMATA NUBUKI

2.01.2016 à 00:27
NYABENDA MANWERI

FOREBU iri he ?CNARED ishoboye iki ou bien inegocia sur base de quoi ? mbona bose ntaco bariko barakora kereka kurya fraie de mission bamwe za leta abandi za ONU sha abarundi baracahona.

31.12.2015 à 08:45
makenga

we pancras narinziko userukira ishirahamwe ridaharanira ivyicaro,none ndabona nawe wakaniye muri politike !

30.12.2015 à 21:20
evariste dusengimana

we pancras narinziko userukira ishirahamwe ridaharanira ivyicaro,none ndabona nawe wakaniye muri politike !

30.12.2015 à 21:18
eva

none bashitse kuki

30.12.2015 à 08:38
fabrice

Niyumvira Ko Leta Yivuna Uwo Wese Amuteye Kandi Uwuteye Leta Aba Ateye Igihugu.Pancras Nasabe Nimba Bashaka Ibiganiqo Babuze Iyo Migwi Itera Igihugu Nicogituma Amantu Bapfa Abandi Bagahunga.Jew Ubu Ndibaza Ko Abo Batavuga Rumwe Na Reta Gutera Igihu Batoshira Mumashi Ariko Boja Mubiganiro.Kuko Ubu Atarukumara Imisore Y’uburundi Kubera Bo Ntagihu Bazopfa Bafashe.Sinkakera

29.12.2015 à 21:15
Niyokindi Jacob

Nimuganire Ariko Cnarede Ntiyiyumvir Leta Mfatakibanz Kuko Mutama Twaramutoy Mandat Ategerezwa Kuyimara.

29.12.2015 à 15:30
Ndiho

Nimuganire Ariko Cnarede Ntiyiyumvir Leta Mfatakibanz Kuko Mutama Twaramutoy Mandat Ategerezwa Kuyimara.

29.12.2015 à 15:29
Ndiho

uburundi ntibwisonera .birababaje gukinagiza igihu imana yaduhaye.
None abo ba bagaza,ntiba,buyoya,ndizeye bashaka iki.?
abo vyananiye nibo bashobora kutwereka uko uburundi bubishobora ?
dukeneye une jeune geneoration nka ba nyamitwe nabandi
kuganira naho ntakibazo

29.12.2015 à 12:22
eric

Izo ntozo zabategetsi ngo ni Reta, @maso uranyibukije kirya gihe ingene baduhekuye izo nkora maraso, zishe Richard umugenzanje. abandi zibaha amazirantoke. Uburundi ntamugisha buzogira bukirongowe nabamenja.

29.12.2015 à 11:15
ciza

Bareke Kusamaza Abarundi Twarushe Nibiganiro Ataco Bivamwo Imana Ifashe Uburundi

29.12.2015 à 11:08
Gérard Ntakarutimana

Bareke Kusamaza Abarundi Twarushe Nibiganiro Ataco Bivamwo Imana Ifashe Uburundi

29.12.2015 à 11:06
Gérard Ntakarutimana

Bareke Kusamaza Abarundi Twarushe Nibiganiro Ataco Bivamwo Imana Ifashe Uburundi

29.12.2015 à 11:05
Gérard Ntakarutimana

NIMUGANIRE ARIKO MANDA YA MUTAMA,NTIMUKOREKO,IVYEREKEYE RETA MFATA KIBANZA NTIBACIYUMVIRE.

29.12.2015 à 09:06
NABAZA

NIMUGANIRE ARIKO MANDA YA MUTAMA YATSINDIYE,BIN’UMURANGO BABONA NTIMUKOREKO.UWIPFUZA GUKORAKO TUZIHURIRA.RETA MFANTAKIBANZA NTIGISHOBOKA NTANIYIZOSHOBOKA.

29.12.2015 à 08:57
NABAZA

EWE MANANA TABAR A ABARUNDI N’ UBURUNDI ! BASENZI MUNYUMVA SENGERE ABAGANZA HAMWE NABANYE POLITIC BAREKE KWINUBANA. BANYE POLITIC MENYEKO MUVUKANA IKIGIHUGU ARUMURIMA WISANGI IMANA YABAHAYE. NAMWE MUGANZA MURARABE MUSENGE MUSIGUZIMANA KUKO IBIBAZO BIRIMUGACE KABUJUMBURA MURIKO MUVYITA BITO,MUMENYE NUWUKOMERETSE KWINO UMUBIRI WOSE URASHIKIGWA.NTIMUBE NKA FARAWO YAGIYE KWEMERA UMWANA WIWE APFUYE. MUMENYE KWABO BARENGAMAJANANE BAMAZEGUPFA, IMBERE YIMANA NTACO TWABARUSHA.MBERE WOSANGA NAHO DUFISI VYUBAHIRO BATURUTA.EMERE TUGANIRE IZINDYANE ZIHERE.NATWE MUDUSUBIZE UMUGAMBWE WACU MWAHAY JACQUES BIGIRIMANA NAMATORASUBIGWEMWO.MBE DUFISINTEBE NKIZO TUTATOYE IYODUTORA NTIMWACA MUTSINDWA ?

29.12.2015 à 08:10
Mizero Y’ Abarundi

Ibiganiro N iyonzira Yonyene Yotorera Indyane Ziri Muburundi.Nahogushaka Kwiyamiriza Cnard,ninkabana Bavukana Bashaka Kugaburitongo Bamwe Bari Mumahanga,abarimumahanga Batashe Bagaca Babimiriza Ngo Ntibavukana. None Cnard Ntigizwe Nabarundi ? Harumunyamahangarimwo ? Leta Niwemere Kuko Ntabwo Warigufatigihugu Iyobitaba Ibiganiro.Kand Menyako Amaraso Aseseka Ubudasiba.Mudadaj Imana Iyababaza.

29.12.2015 à 07:42
MUHUZA W’ IMVUGAKURI
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.