Ibiganiro vyaheze bapfunditse ibizoshikirizwa abakuru b’ibihugu

Yanditswe na IGIHE
Kuya 14 juillet 2016 saa 03:57
Yasomwe : 116406
0 0

Abari mu biganiro bashize hamwe ivyo bazoganirako mu biganiro bizokurikira, umuhuza akaba agiye gushikiriza icegeranyo c’ivyo bumvikanye, mu nama y’abakuru b’ibihugu vya Afrika y’ubuseruko yimirije kubera i Kigali mu gihugu c’Urwanda. Abo bakuru b’ibihugu nabo bakazosabwa kugira ico babivuzeko.
Mu minsi itatu yari iheze Abarundi bari i Arusha mu biganiro, umuhuza yumvirije mu mirwi abaserukiye Reta, abaserukiye urunani CNARED, amashirahamwe y’urwaruka, amashirahamwe y’abakenyezi, hamwe (...)

Abari mu biganiro bashize hamwe ivyo bazoganirako mu biganiro bizokurikira, umuhuza akaba agiye gushikiriza icegeranyo c’ivyo bumvikanye, mu nama y’abakuru b’ibihugu vya Afrika y’ubuseruko yimirije kubera i Kigali mu gihugu c’Urwanda. Abo bakuru b’ibihugu nabo bakazosabwa kugira ico babivuzeko.

Mu minsi itatu yari iheze Abarundi bari i Arusha mu biganiro, umuhuza yumvirije mu mirwi abaserukiye Reta, abaserukiye urunani CNARED, amashirahamwe y’urwaruka, amashirahamwe y’abakenyezi, hamwe abarongoye amashengero. Abari mu biganiro bashize hamwe bumvikana ku rutonde rw’ingingo umunani rw’ibizoganirwako mu biganiro bizokurikira.

JPEG - 34.8 ko
Abahoze ari abakuru b’igihugu c’Uburundi bose bari bitavye ivyo biganiro

Izo ngingo umunani bashitseko akaba ari umutekano (guheza ubwicanyi bubera mu Burundi), ivyokorwa kugira amategeko yubahirizwe, ingene amasezerano ya Arusha yokwubahirizwa hamwe n’ukurabira hamwe ikibanza ahabwa, ibijanye n’intwaro rusangi hamwe n’ugukora poritike atawukumiriwe, ingene agateka ka zina muntu kokwubahirizwa mu Burundi, ingene hoshirwaho Reta ihurikiyemwo bose nk’uko vyasabwe n’abakuru b’ibihugu bo mu muryango wa Afrika y’ubuseruko, ibijanye ubutunzi bw’igihugu, hamwe n’imigenderanire Uburundi bufitaniye n’ibindi bihugu n’abagira neza.


Kumenyekanisha

1
NEAN 17-02-2017 à 20:44

BUYOYA TURAMUZI NAREKE KWIYO ROBEKA

2
EMANUEL 11-08-2016 à 20:19

MBEGA BUYOYA AHO YATWARIYE UBURUNDI NAMBA ATACOYARONSE NTACO AKIRONKA NAMBA ATACO YUNGUYE UBURUNDI NTCO AKIBWUNGUYE AHUBWO AREKE ABASHAKA AMAHORO BAYASHIKIRE. IMANA ISUMBAVYOSE.

3
keza jean 10-08-2016 à 21:43

abobavuga ngobamuhawe nimana nibwabudede ntabandi ngonumusenzi akaguma yica abantu nyenembega nta sang agira car àtombe

4
NSABIMBONA 9-08-2016 à 21:57

EREGA,ABATWARA,UBURUNDI,CANKE,NABAZOBUTWARA,NIBAMENYEKO,ATANYAGUPFA,NANYAGUKIRA,NIBAKURIKIZE,IRAGI,RYANYAKUBAHWA,MELCOL,NDADAYE,NIHO,BAZOMENYA,UKO,UBURUNDI,BWOTWARWA

5
NSABIMBONA 9-08-2016 à 21:56

EREGA,ABATWARA,UBURUNDI,CANKE,NABAZOBUTWARA,NIBAMENYEKO,ATANYAGUPFA,NANYAGUKIRA,NIBAKURIKIZE,IRAGI,RYANYAKUBAHWA,MELCOL,NDADAYE,NIHO,BAZOMENYA,UKO,UBURUNDI,BWOTWARWA

6
Bacemwo 1er-08-2016 à 06:38

Erega buyoya ntabandi yoronka ahenda atarubwo bujuju buhagaze imbere yiwe koyigira ngo yarize amashure yokwica azogaruke ngaha ibuja tubimenye abo yishe 93 tubamuvomemwo

7
Habiyambere joel rutob 16-07-2016 à 11:01

enda abanye politik mwibuke kwatamuntu avuguruza icimana yandikiye umuntu noho muzokwica abarundi bose itakwandikiy gutwara uzopha udatwaye amaraso muriko muramena yabantu mutaremye naho uzopha uzozuka ubibazwe muzi yuko nkurunziza yatowe nabantu habanje kumutora ijuru. rika kwiteranya ni mana ahuri hose ntiwa yisize. mugomba mwohindura kwica siko kusinyura ivyimana yandits. abo mwica bos ijuru riraharura nturye uryame ngo nta wukubona.imana niyizi ibikorwa ahatabon

8
Rutobo Hab 16-07-2016 à 00:37

nimuke muzeh nkurunziz, yitwarire imana yamuduhay turushe. abo banye politike biyumvira kwabobantu bica kwari bankurunziza ?umutima urabesh, nabimana ubifisemwo uruhara wese irazi vyose. amaraso yasesetse yabo ataremye hari humusi izokubaza abayo bandanya wica nta mwami atwara imana itamugeny, mwiteranya ku mana kubusa no kubantu nabariko barabura ababo,mubiter itabandikiye muzopha ataco mubonye mugomb mwobireka isi irikumuhenuko ntimuyishimir imana yashavuy namwe muzobazwa ivyo mwakoze vyos.

9
Ntukamazina Nashon 15-07-2016 à 20:01

Kuvyobiganiro Vyiharusha Twipfuzayuko Abarundi Twokwicarahamwe Kubarwanyareta Barabeneza Ivyabaye Irindwinakabiri Ntibisubrekutubako Igihugu Twifuzako Cotemba Amata Nubuki Ukaba Umutima Wa Africa Koko Mukoz

10
nepo 15-07-2016 à 19:40

ibyuburundinagahomamunwa.tuzotegeezakugezaryari

11
P.ANTOINE 15-07-2016 à 16:47

JEWE NARABABWIYE KONDIKURE YANYU KUVA 1975 ARIKO IBIBA HIYO NDABIZI. NTIBANTUNG NDAYIZ NIBIKORESHO VYA BUYOY,SINDUHJE NA RAJAB @ AHO UMUKECURU ATOYE URUHINDU AHITA URUGANDA>< BAZI KO BAZOSUBIRA KUBUTEPETSI @ BARUMDI BARUNDIKAZI B"UMUTIMA FATANE MUNDA .@ INKONA NTIYARUZWA

12
Rukoco 15-07-2016 à 13:19

Les 3 ventriotes Burundais. Ehhh nibanike iyo midigi namazuru abakunamye ngo barashaka ibiganiro. Ce sont les 3 ventriotes de haut niveau

13
RUKERANDANGA JEAN CLAUDE 15-07-2016 à 12:01

Abarundi twipfuz’amahoro turarambiwe, nokwaman’agafuni gahamba.mwe mufis’umutima wubuntu fasha tuve muntambara.nayabamenja batagisonera kiremwa muntu.bakubitw’intahe mugahanga.

14
tari 15-07-2016 à 10:54

Nibumve abo baginga
Turasaba leta gutangira amatohoza kubishe Ndadaye. Buyoya we umunyororo uramutegereje

15
Kagabo 15-07-2016 à 07:41

Mamaweee ! Leta Dufis Irakomey. Uwo Ni Umukenyuro Namwe Mwanike Amenyo Ngo Leta Ihurikiyemwo Bose.

16
IRIYAZIMANA 15-07-2016 à 06:51

YVOBA YVIZA BAGANIRIYE BAGAHUZA ABARUNDI TUGEZE HABI

17
Kanyosha 15-07-2016 à 06:35

Yewe nimumbarire uwo ni Ntibantunganya umutwe wiwe afise uumutwe mengo numwana yavutse nyinawiwe yarariwe nayamibu yomugihugu vya America yitwa ZIKA !!!???
Yewe wewe upfuye gatatu,
Umva kuva ukiri umwana gukomeza ugakira ukiga bitaribibi ahohose warimubibazo, ukiri umugabo abushitse atireka tumuhe ubukuru uyumugabe maze abana bizigo sukumwirukako bamutera amazirantoke yemwe bagiye kuruhuka bakuye ishenzi kuntebe yubukuru bwigihugu maze arabahebera, arakomeza arinanata maze ibintu mugihugu birahinduka noneho ati Ntibantunganya yarabaye umukuru wigihugu atirero sumuntu asanzwe ati ategerezwa kuba umushingamateka maze biba ukwo, babandi bafitaniye isano nabigeze kumutera amazirantoke atikotubona mengo atanguye kutuvyurana izuru uwotwarahiye kwatazoturyana ivyiza vyomugihugu, maze abana bamwinjiramwo bamwerekako bamukunda cane gusumba abantubose maze bamusaba gutuka nokwiyamiriza incutinabagenzi nawe mukubikora yivayo none ubutamabwiye abuririye mumagirwa nkayo yakuriyemwe sinje nohahera hohera abatazi gutandukanya icatsi nururo. Urambabaje Ntibantunganya S kandi atacinohindura ariko rekandaguhereze Imana Mushoboravyose ishobora kukubwira uti taha mugihugu cawe atumusi wawe nakugeneye utaragera uzobaho arinaho wageze arinaho uri mu Rwanda ntiwomenya icagukubise.

18
CAKIRA 15-07-2016 à 06:04

hari ikinyamaku canditse ko abobagabo amakoti bagiye bambaye bayahawe na louis michel,kuko bageze habi:rero sinumva nkuyo ntiba ukuntu mbona ariko yanika amenyo imbere ya buyoya,nikoti yintirano akibagira amavyi yatewe nawe,aho bitaribwabonete kw’isi habandi bategwa amashugwe,we nawe ugategwa amavyi !ntacoroshe !!

19
MISAGO MICHERI KABARORE 15-07-2016 à 04:31

ESEMUBAMUGIYE KWEREKANA KOMWANBAYE AMAKOSITIME MUBURUNDI NTATWARORUSANGI IHARI ABANYAGIHUNTAMAGABURANYATUGIKENEYE NTABATUTSI NABATWABATWARAMUBURUNDI DEMOKARASI IRIHO NAMATORA IBINDMWIZE VYO ESENTANUBWENGE MUKIGIRA TUZITORERA NTABUSINBIRAHAMWE DUSHAKAMUBURUNDI UWUTSIZWE NAZEYEMERA IZORYARYA MURACITEZE AMAGABURANYAMA MURUNDI ABANTUBIZEBAMWEBAMWE NIBIROFA AMATORA AZANGOHABIKI NIBAJEKURIMA NTAMUNTU AZOTWRA MUBURUNDI ADATOWE NDABABWIPE KURATA INDAKUNBUGA BIHAGARARE NGOMWARI MUMANAMA YAHE ?

20
tari 15-07-2016 à 03:55

Nivyiza ko ukubahiriza amasezerano yarusha aritegeko atari igisabo wawundi ati uraba wumva birenge niwe ubwirwa nkurunziza nabe arikura hakiri kare kuko ayo masezerano atomora neza ko atamurundi numwe arekuriwe gutwara ibiri ngo birenze bibiri ikindi ivyo bindi bisigaye ngo vyademokarasi umutekano intwaro ibereye nibindi vyarahejeje kuvurwa mu masezerano yarusha igisigaye nukuvyubahiriza ntakindi ahubwo icocumutekano ninkenerwa mbere kirihutirwa rwose ahubwo umuhuza yagomba kubayamaze gusaba irungikwa mumaguru masha ryazanteko 5000 bishobotse zikanongerwa ziza guhagarika ubwobwicanyi no guta muriyompi abobose babufisemwo uruhara ikindi kubijanye nimigenderanire nukuraba ibihugu vyaba ivyo murafirika nakure uruhara bifise mugushigikira nkurunziza ngwahonyange amasezerano yarusha gushika naho ivyo bihugu bimuha ifashanyo zo kumara abarundi bose betemerako ahonyanga ayo masezerano kuko biriho mbere bimwe murivyo biramaze kunurwanurwa ikindi nukuraba uruhare rwibihugu bishigikiye ko ayo masezerano atohonyangwa mbega bo bakoziki mu gukingira ayo masezerano kugira ibintu ntibigere ahovyarinze kugera ikindi nuruhara rwibihugu vyo mukarere mbe vyovyo vyakoze iki kugira ibintu ntibegere aho vyarinze kugera kuko hariho igice co murayo
Masezerano aho basaba ivyobihugu gufasha kugira ayo masezerano yubahirizwe ikindi nuko hoca hashingwa umurwi wigenga wabasivira na basirikare wozokwama ugavye kuburyo hagize uwundi muntu asubira kwiyumvira gutatira Ayo masezerano uwo murwi woca utamumvuto bidatevye benuwo muntu ntabwo dukeneye guhora iyarusha ico dukeneye nishirwa mungiro atakirinze gusabwa ibiba vyumvikanyweko

1 | 2 | 3
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha