IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Icegera c’umukuru wa CENI yahunze igihugu

Icegera c’umukuru wa CENI yahunze igihugu

samedi 30 Rusama 2015

Spes Caritas Ndironkeye yahora ari icegera c’umukuru w’umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi CENI yarahunze igihugu mw’ijoro ryo kuwa gatanu igenekerezo rya 29 Rusama,2015.Yasize ikete rimenyesha ko atanze imihoho muri ayo mabanga.

JPEG - 114.1 ko
Spes Caritas Ndironkeye yahora ari icegera c’umukuru w’umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi CENI

Spes Caritas Ndironkeye yaraye afashe indege agana umurwa mukuru w’Urwanda,Kigali.Abamwegereye bavuga ko yoba yarasize ikete ryo gutanga imihoho rishika mu murwi CENI kuri uno wa gatandatu ku mvo zo gutinya ko yogirwako iterabwoba. (RFI)

Naho bivugwa ko CENI itari bwamenyeshe ku mugaragaro itangwa ry’imihoho ry’icegera c’uwurongoye uwo murwi,umwe mu bakorana nawe amenyesha ko aho yagiye atagiye ku mvo z’akazi.

Amakuru ava mu begereye umurwi CENI amenyesha ko kuba icegera c’uwurongoye uwo murwi yatanze imihoho bidashobora kugira ingaruka nini mu bijanye n’ubuhinga kuko,ingingo zemezwa na bane kuri batanu bagize uwo murwi.

Ariko rero,ku ruhande rwa politike bishobora gutanga iyindi shusho ku matora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka ategekanijwe kw’igenekerezo rya 5 Ruheshi.

Mwomenya ko ivyo bishitse inyuma y’aho ishengero katorika naryo rifashe ingingo yo gukura abayoboke bayo mu mirwi CEPI na CECI,hakongerako kandi ishirahamwe ry’Ubumwe rya Buraya ryahagaritse igikorwa co kuba indorerezi mu matora yimirije.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Ariko abagore basigaye basumvya abagabo ijambo koko!!!biraterany isoni aho abagabo bitwa ngo ni abakuru ba ceni bataramenya ukuri.abo bagabo bimbe bigera kuko aba dd turakibatse pe

  • nagende uwo numu porona wa nditije rwasa yabatey akagener none yans gutunganiriz ba gaston kandi yarahemuts ahubwo nagende mu nkambi iyo abandi batutsi bari

  • Umukuru wa CN amahera bamuhaye arayadya neza birya yivugisha ngo avuga akajwi kabapadiri nabe aragura umunwa aya siyayandi 2010 mbe abarorerezi vamakungu barihe abazovuga ko amatora yagenze neza barihe namba arabagore babo nimiryango yabo nibo bazokwemeza bongere bavumereze naho twebwe turabarindiye

  • nagende uwo muporonakazi wa nditij ahubwo iyo ashikira mu njambi iyabandi batutsi bari niho yoba yifadijanije nabo

  • ntibitangaje ni kagame yamutumyeko ntimu bona ko ari mushikiwe

  • AKATARETSE KABA GASEMA
    - None ko twemeye tukaja kubutegetsi kuva 2003 BUYOYA ahavuye , ntimubona ko ari twe aba CNDD FDD turiko turikura indya mukanwa, none guhonyanga amategeko bizotugeza hehe?
    - Turakwiye kwisubirako Peter tukamutesha kare ataradukwegera , none kera ko twaja mu bazungu tuvuga ngo abatutsi baraturenganya , ubu naho tuzovuga iki, ko ubutegetsi bwitirirwa abahutu , kandi abahutu bo muri CNDD FDD akaba aribo bariko barakora amabi atari bwakorwe kuva uburundi bubaho
    - None FINALEMENT igihe twagwana tubohoza democratie , noni yi ni democratie twarondeye, yemwe Peter aradukwegeye , nagende mbona asigaje 3 mois gusa, Kuko ivyo gutwara navyikuremwo NTIBIZOKUNDA NAHO YORASA GUTE , AHUBWO ARAVYE NABI IZO NKOHO MUMINSI BAZOZIMURABISHAKO NAWE

  • reka turindire ibizokurikira...

  • Niyigire nakare ivyuburundi biteyamakenga kuko namanyanga amatora ntiyubahirije amategeko

  • Ivyuburundi VYayoberanye!!Twesedutetwomoke?Niyigirehako Azirubusa.

  • Ivyuburundi VYayoberanye!!Twesedutetwomoke?Niyigirehako Azirubusa.

  • Mana garukira uburundi nabarundi, kuko bugeze ahumwansashaka! Niwumvamasengesho yabana bawe baba rundi jehovah, duharire kubwivyaha vyacu werekanurukundo ufitiye uburundi nabarundi,natwe tugushingirintahe!

  • ushike amahoro tuzohurira muburundi bushasha .nkunziza ategerezwa kugenda

  • ushike amahoro tuzohurira muburundi bushasha .nkunziza ategerezwa kugenda

  • ushike amahoro tuzohurira muburundi bushasha .nkunziza ategerezwa kugenda

  • ushike amahoro tuzohurira muburundi bushasha .nkunziza ategerezwa kugenda

  • ushike amahoro tuzohurira muburundi bushasha .nkunziza ategerezwa kugenda

  • ushike amahoro tuzohurira muburundi bushasha .nkunziza ategerezwa kugenda

  • ushike amahoro tuzohurira muburundi bushasha .nkunziza ategerezwa kugenda

  • ushike amahoro tuzohurira muburundi bushasha .nkunziza ategerezwa kugenda

  • Ahubwo Ndayicariye natangimihoho nawenyene kuko ikibazo co guteguramatora cabataye kuwamazi.

  • Wewe Arabona Ko Ataco Asha Yokora,yanse Kugira Ubwenge Ninyondwe Yagumye Yumiye Kurusato Yibaza Kwar Inka!!(ntabwo Ikir’inka? Wapi N’urusato.Gusa Biragoye Kubitahura.)

  • YEMWE MUBURUNDI NTIVYOROSHE NONE UMUKURUWASENI WEWE AVUGIKI CANKE AGIRAKORE NKUMUKURU WASENTARE YUBAHIRIZI BWIRIZWASHINGIRO NIBAREKE GUSHIRINDA IMBERE BAVUGUKURI

  • ubutigu burageze...baratanguye kibitererana

  • NONEAVUGA YUKOYOBAYAHUNZE IKI ?

  • None abahagariye amatorakobahuze azoba gt?nimwicaremwigirehamwe ikibazoc’uburundi

  • Haaaa! Kubona Icegera C’umukuru Wa Ceni Yataye Akomoka Biboneka Ko Muri Ceni Hari Ibintu Vyinyegeze Haa!Ncuti Z’uburundi Muragabe

  • NIYIHUNGIRE HAKO ATAMIKWA IJAMBO IMANA IMURINDE.

  • aha none uyusebarundi ntiyobivamwo tukava murikano kaga turimwo kujamwo..

  • Asha!imana undufashe kuko twarijiye mukaga

  • Mana;tabar’igihugu c’uburundi twe ahotugezeturabona kw’atavyo twokwishoboza tutarikumwenawe!

  • Abo ni abatutsi bashaka kwerekana ko kiriko kirasha,amafaranga yarujuje agiye kuyarira mu mahanga,ariko mwese gashiga izobazana,na ka Rugurika ngo kama kadoboka kakagaruka i burundi,go nta supporta l’exil,vous vous imaginez!!!Hakurya ya kanyaru si i wanyu nibabampere indero,n’abanyamulenge harabananiye mwebwe ni mwe mutonyeyo kubarusha,aho nka niyombare uyo muhutu w’umu rebelle yabuze gufashanya na ses compagnons de lutte kubogora igihugu aca afatanya n’abatutsi kugira putsh ngo batumare twebwe aba cnddfdd,none yahungiye i Rwanda!!!Hiiiihiiiii,reka mpebe ntwenge hari abahutu batagira ubwonko kweli,mbega babigenza gute,ariko usanga umugore wiwe ari ...yaramaze kumuha ibirozi!!!

  • Abatutsi nimureke tubane ahandi ho si 1972 ubu abahutu barazi kurasa kandi baragema

  • NDAYICARIYE NA CENI yiwe ngira ubu ariko arabona ko bambaye umwambaro wirabura! dukomeze gusenga.

  • nibazako bogira amatohoza kucatumye ahunga natwe abarundi turarindiriye ikizovamwo

  • ahaaaa!niwihungire shya!uwagatwe gato akarinda uruguma!

  • Ahubwo abo bobo basigaye barindiriye iki?

  • Ewe Vuganeza Sha!Kubona Iyo Ntor Yubahuts Gutakaza Akazi Nkakarya Ntacigwa Vyoguha?Wabimenya Se Abatutsi Ntabuja Bamenyerey Nkaw!Hama Condoléance Petero Wanyu Agiy Kwicwa Mugabo!Knd Nimwbw Mugiy Kumwinahurira Ncuti

  • Ewe Vuganeza Sha!Kubona Iyo Ntor Yubahuts Gutakaza Akazi Nkakarya Ntacigwa Vyoguha?Wabimenya Se Abatutsi Ntabuja Bamenyerey Nkaw!Hama Condoléance Petero Wanyu Agiy Kwicwa Mugabo!Knd Nimwbw Mugiy Kumwinahurira Ncuti

  • Yemwe yari yaratevye ahubwo na P . Claver sinzi ico arorereye

  • Nibamureke Yihungire, Ariko Ahunze Igihugu Ntahunze Urupfu. Yona Yaraziko Ahunze Imana, Bicabihurira Munda Yurufi, Nimana Iciramukurayo.

  • Uwubizi atubwire.amakuru avugako na Illuminata Ndabahagamye yari ashinzwe les finances muri CENI ko yoba yarahunze nivyo?

  • Je nibaza kuba yabivuyemwo ari uburemganzira bwiwe nimba afis izindi deal gukina mureke kumbure yarose ahasumba ahandi

  • Je nibaza kuba yabivuyemwo ari uburemganzira bwiwe nimba afis izindi deal gukina mureke kumbure yarose ahasumba ahandi

  • Je nibaza kuba yabivuyemwo ari uburemganzira bwiwe nimba afis izindi deal gukina mureke kumbure yarose ahasumba ahandi

  • @hanurwa wumve
    ntaco ndakwishuye,tu es stupide!

  • Ivyo Yagiz Birerekana Neza Ko Muri Ceni Bariko Bakorera Kumanyanga Gusa Ariko Barihenda Kuk Turimaso

  • ATEGEREZWA KUBIVAMWO KUKO IYO IBINTU BIKORERWA MU MANYANGA UTARI IGIPFAMUTIMA NTIWOREKA GUTANGA IMIHOHO.NAKARE BARAYAMAZE BATI:"AMAGARA ARUTA AMAJANA."YANSE GUTA IGIHUGU C’AMAVUKO MU MANGA.

  • emma

    emmanuel wewe urikijuju arashobora kuvuga ko president azopfa ahumbwo wewe niwukwiye gupfa kuko wewe ntacurico urimbwa yamaguru ane uzumubwire mama wawe akwigishe kuvuga neza kuko warataye indero pita apfuye nawe ntiworaraho nakabiri uwonawe nage

  • UMUGABO NYAMUGABO ARINDA ICOTUMA AGENDANA ISHUSHOMBI.CANKE AGASIGIRA ABANABIWE IBITUTSI MUGIHEYOBA ATAKIRIHO HUNGANCUTI NTIWICWE.SOMA:MATAYO 24 MENYANEZA, TURIMUBIHE VYIHEREZO YESU ATARAZA URUPFURWOZA TUNGANYANEZA UMUTIMA WAWE.

  • Burya ikinyoma kimara umusi ntikimara umwaka.Kandi nkunda kurya yariye igifyera kimumena itama.Ugira ibibera mu mpisho vyose ntibizobateturukana?Turi ngaha tuzobona,nakare ico utarabona ucerekwa n’ukuramba.

  • mbabajwe nuwo muntu agifise ivyiyunviro vyamacakubiri!biherere iwe, abarundi bose kiretsewe agomba kuvyinjiza mubantu, bose sicokibazo bafise.on a dejàoublié les histoires de hutu ou tutsi. qui peut parler la lanque tutsi ,hutu ou twa chez nous? pour dire ko dufise ubwoko bwabarundi gusa. ex bafurero baravuga igfurero,ubundi bwoko bukagira ikirimi cabwo badahuje nabandi aho muri RDC, abo rero barafise ubwoko bubatandukanye! namwe abarundi mukaryana,muribamwe kandi musangiye ubwoko mudakurikije uko muremwe canke muhereye kuvyo abazungu babashizemwo.abanyeporitique ntibabagire ibiraro vyo kubukira kuvyifuzo vyabo gusa atarivyo gukiza abarundi ubwoko bumwe. ivyo reo mubarundi ntibigikora baronderer ahandi ariko Imana niyo nkuru kandi iradukund

  • birashika mugihe ubonye ko ivy’ukora biguteye amakenga ubivamwo, utaravye inyungu zurya nuriya.

  • Uw’agiyentakibuzarazi,integuro Aba DD Icobarimwobarategura.Ariko Ibuyeriseruts Ntidyic’isuka!!Bazohinyuka.

  • NONE GA NYOKURU WARI URINDIRIYE IKI? YKIKURIRA MEZA, EREGA CNDD YARIYE AMAVUBI. GUSA TWIZEREKO ILLUMINATA ATAGIYE ATWAYE UDUFARANGA BARI BAMAZE GUHA IGIHUGU.

  • IVY’AYO MATORA TUBITEG’AMASO!!!

  • nibabandinyene rekagende bagishaka kumuheto yaravye asanga ntamusazawe azoharurira amjwi

  • UY.YABITOY,PE,HAKOYIRIRW.ARARUHIR,MUBUBURUND.UWOMWANZUR,NIMWIZA

  • Uwoyahunze Yabony,ivyoyiyagiriza Emwee! Na Reta Nayisaba Koyokwirinda Kugumigombakujamuranomatora Kukiboneka Haaa! Bigirabigorane Muga Sebarundi Komezusenga Turinyumayawe.

  • Uburundi Bwacu Buri Kwiserano Ryimana Ntimutumanya Muvya Politique K1umuhinga nuwosenga

  • Bantu b’Imana ubwo atari umuntu atabwenge agira,ntimubonako ivyo vya CNI birimwo amahinyu?ntimubonako biriko birahinyuka?nibareke kwidadira ngo amatora azoba knd ari amafuti gusa. Mbega mu Burundi hari cndd fdd hamwe na uprona ya concilie?nibo bazotora bonyene?ahubwo ico nosaba abo basigaye muri CNI nibatangire imihoho bose, hama bace banyika kuberiki baguma basasira indava ibinyoma n’ubusuma?Kare umuntu atanze imihoho ntiyahunga arandika ikete agaca yigira muvyiwe,ariko kubera bazi yuko boca babica knd ko bazi ko bagiye kubamenera amabanga baca bahunga kugirango ntibabice. Ewe Reta ya nkurunziza !ukwica gusa nikwo kuyiranga gusa. Hama ngo tumutore!wewe wotora umuntu azokwica?ahubwo cndd fdd igiye gufutangana yibagirwe kuko amabi yose iriko irakorera abenegihugu nta muntu ashaka amahoro azosubira kuyitora. Murakoze abasomye bino nanditse.

  • Erga Sumwe Wenyene Yatanz Imihoho!Ni Babiri(spès Cartas

  • Abomumumugwi ceni,imvugobakoresha,itabura,abarundi,imitwe barerekananeza,ahobahagaze,nimba vyukuri,abari mumyiyerekano bazineza,abobasigaye,ahobakorera nimiryangoyabo bamenyeko,araba,arishababu bu,burundi,kuko bereka pita,ivyariko karibizima,ninayompamvu,uwubimenye,acabivamwo.ntamahera meza,abaho,umazegusesa,amaraso.

  • Yagiye iwabo,arashuha ntiyibagira ibumbeho!!mbona yujuje ubututsi!!!kwatahungiye muri zimbabwe!!!nama ndababwira muzosubira iyo mwazananye.

  • Muraze muraraba mwuviriza impande zose uyo mupfasoni icegera cu wurongoye CEN yoba yatinye iterabwoba yagirigwa nabateguye imyiyerekano kandi nivyo kukoyobaye abahemikiye nabo aribamwe ntavuze!!!!

  • uwizeye we! ayomacakubiri yawe niyo yatumye shobuja abahenda ngomumare abatuts arik murihenda.mbega wewe nawe wobawashitse zimbabwe wumva wazananye?sha ahomwa nwereye amaraso yabatutsi bizirakarengane azobahama kazima nintumwa zimana mutazigera umutwe. mugiye kwiryanira mwebwe nyene.mbega aba fnl mwamaze bari abatutsi??ndakugaye urumunyamacakubiri.

  • Ewe peter gendurumwi2nzi ubu vyagutaye kuwamazi kubera wabonyeyuko twamaze kuguhinyura yuko ugomba gusubira kuducanishamwo witwaje ivyamoko kukubu twese Hutu Tutsi bumutima turikumwe muntumbero yokukwiyamiriza ugombugarukane amacakubiri urahumba warahinyutse we urumwicanyi nakare naba fnl wabamariye kwicumu kandi bari abahutu nkawewe ntiwihende nguzosubira kuducanishamwo nikimenyamenya Aba frondeurs bose ubu uye turikuwe nabo Hatungimana Léonidas ntaho uzomucikira nukuri na Hussen radjabu bazokurya uri muzima sha! Kukwimyaka wapfunze Nyakubahwa Radjabu warufise intumbero yukumwica muga Imana Irakinga aho wagomba umushire niwewe uzohaja wihenda yuko uburundi wabufatishije inkoho we nurorere gatoya ukukwezi kwa 6 ntiguhera udafatishijwe Ewe peter gendurumwi2nzi ubu vyagutaye kuwamazi kubera wabonyeyuko twamaze kuguhinyura yuko ugomba gusubira kuducanishamwo witwaje ivyamoko kukubu twese Hutu Tutsi bumutima turikumwe muntumbero yokukwiyamiriza ugombugarukane amacakubiri urahumba warahinyutse we urumwicanyi nakare naba fnl wabamariye kwicumu kandi bari abahutu nkawewe ntiwihende nguzosubira kuducanishamwo nikimenyamenya Aba frondeurs bose ubu uye turikuwe nabo Hatungimana Léonidas ntaho uzomucikira nukuri na Hussen radjabu bazokurya uri muzima sha! Kukwimyaka wapfunze Nyakubahwa Radjabu warufise intumbero yukumwica muga Imana Irakinga aho wagomba umushire niwewe uzohaja wihenda yuko uburundi wabufatishije inkoho we nurorere gatoya ukukwezi kwa 6 ntiguhera udafatishijwe intoke!

  • None ko mufata indege mugahunga atanimpamvu musize mutanze mbe tweho abantu bato tuzofata izihe?nabasigaye baraduhenda ejo bazofata rutemikirere bigire mugabo Imana niyo nkuru ntakindi bagamij atari kuryanisha abarundi

  • Nabandi bari inyuma

  • JE ICO MBONA,CNDD FDD,NIJE HAMWE NABARYA BOSE BIRUKANYWE MUMUGABWE,BIGIRE HAMWE IKIBAZO KIRIKO GITUMA BIGENDA UKU,MEME N,ABASHATS COUP D,ET,IGIKURU SI UKUBAFUNGA,KUKO JE NDABONA KO HARI IKIVYIMBA CINYEGEJE,KAND KITAMENETSE NTAHO TUZOSHIKA.KIMWE TUZOSUBIRA INYUMA.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.