Accueil > Amakuru > Amashuri > Impanuka y’umuriro yahitanye ibitari bike kw’ishure ETS Kamenge
Impanuka y’umuriro yahitanye ibitari bike kw’ishure ETS Kamenge
jeudi 9 Ruheshi 2016, par
Umuriro watewe n’impanuka y’umuyagankuba (Court circuit) wiyadukije mu buraro bw’abakobwa kw’ishure ry’imyuga ryo mu Kamenge (ETS : Ecole Technique Secondaire de Kamenge) nk’igihe c’isaha indwi mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu rishira uwa kane. Ibikoresho bitari bike vy’abanyeshure vyononekariye muri iyo mpanuka y’umuriro.
Amakuru atangwa n’ubuyobozi bw’iryo shure avuga ko amamatera agera kw’ijana n’abiri (102) yahiye, ibitanda 64 navyo nyene birasha. Ibokoresho birimwo n’amakaye hamwe n’impuzu vy’abanyeshure 174 bikaba vyahiye muri uwo muriro.

Ubuyobozi bw’ishure ETS Kamenge bumenyesha ko ivyahiriye muri iyo mpanuka ari agahombo kuri iryo shure, bagasaba ababishoboye bose, na Reta, ko bobagarukirako.
IGIHE
Messages
9 Ruheshi 2016, 15:05, par Kanyosha
Nagahombo nukuri,
Ariko reka nshimire Imana ko numvise umunyeshure canke kuwariwewese vyahitanye ubuzimabwiye canke ngwakomereke kubishimira Imana ndumv’atarukwihenda.
Hanyuma rero abafise ukwobobafasha canke bakabatabariza hiryanohino umwanya nuyu incu uyimenyera mumagorwa.
Rekaturindire bamwe birirwa barabwira abazungu ngobakundabarundi cane ngobaharanira kubakura mukaga ngokogutwarwa na Nkurunziza yubatse amashure meshi, amavuriro meshi, amabarabara meshi, abana barimusi yimyaka 5 kuvurirwa kubuntu bikabababaza, abana kwigira kubuntu wamashure matomato ngovyabaye ishano Nkurunziza yakoze, kubakundako amoko yose agize abarundi yosangira ivyiza vyigihugu ngwivyo birabashavuza ngoyarikwiye jubiheba, kuba yitaho kurebako ibikorwa vyiterambere biriko biraboneka muntara zose zigize igihugu ngobibatera kutamwihanganira nagato, nibindi nibindi bakomeza kubwira abantubatandukanye kw’Isi.
Aharero hariho abirirwa barondeza ubufasha bwokuronka amagrenade ariko badashobora kurondera abofasha kugarukira kurababanyeshure rekaturindire turebe umukunziwabarundi duciye kwababanyeshure.
9 Ruheshi 2016, 15:57, par Vital
Nimwihangane Ko Imana Yakinze Ntihagire Uwusha,komeza Gusenga Abafise Ico Bafasha Nibatange Imana Izomushimira
9 Ruheshi 2016, 16:07, par Richard Gitoko
Je nshim’uhoraho kwatawahasiz’ubuzima.igisigaye naco Imana izobafasha.
9 Ruheshi 2016, 16:25, par Patrice
Pole Sana.Regidaison Nibashumbushe.
9 Ruheshi 2016, 16:53, par Pontien Ntahemana
Ihangane ntakundi arikomana ihabwe icubahiro cane, ishimwe kuba atabahiye canke ngo bakomereke. reta nirabe uko yobafasha nabandi bose bafise ico boterera bagarukire kurabo banyeshure bahishije utwabo. Kandi reta irabe ukuntu abo bana amakaye yabo yahiye uko yobafasha kugira nabo baze babashe gukora ibibazo bitabagoye. Nibabagirire photocopie y’ivyari biri mu makaye kugira ntibazonanirwe mu mu bibazo.
9 Ruheshi 2016, 20:03, par Bizimana
Pole sana ndugu zetu,mwihangane,Imana ishimwe ko atamunyeshure yapfiriyemwo.uburundi Imana irakwiye kubugarukira.
10 Ruheshi 2016, 03:49, par Morodikayi Jon
E we kanyosha we, reka nkubwire abo uriko uravuga, ngo nibasabire imfashanyo abobanyeshure bahuye nivyo vyago, barabishoboye cane. ariko nkawewe woshobora gukora ibikorwa nkivyo uri mubuhungiro bigashoboka ?.rindira igihe bazoza niho uzokwibonera kobatayaga amasigaracicaro, uwo Nkurunziza nawe uhaya, baciye umugani mukirundi ngo impembo yu mwana ya mipfa mumagodoka.Ivyo yakoze vyose yarabitovye mukubigerekako amaraso ya banyahugu, na yivyo kuvura bana, nureke kubivuga, vyaramutaye kuwamazi, none unomusi baravurwa kubwo buntu ?.Jewe naratembeye heshi ndasoma ni binyamakuru bimwe bimwe,nagiye mbona ingene abana bafashwa kuva akivuye munda kwanyina,kugeza akwije imyaka 18,batibagiye abatama bose bomugihugu,guhera kumyaka 65 bose burikwezi barijirizwa amahera kumakonte yabo. mudwi heze nagerageje gutembera muntara ya Kayanza, Gitega,na Muravya,n Cankuzo, nasanze abatama, abana arinterakigorwe,kwashi imwe ivyimbisha amatama ninda, ariho yatsi ndaro. Umutegetsi nyamutegetsi nuwu kurikirana ubuzima, bwabatwara, akamenya ukobarara, nuko bafungura, nuko bambara kugezasezeye isi. Jewe ntacondabona yakoze cotuma ndamushimagiza,kuko nivyo yivuye kwazokora bimwe vyaramutaye kuwamazi.
11 Ruheshi 2016, 13:11, par Alice Irumva
Mbega kuntwaro ya Nkuru hose n,umuriro gusa wama waka,ibintu biyogera?Muraraba neza ni gashindi basi,umuvumo kuriwe!
11 Ruheshi 2016, 19:27, par nyamitwe
pole sana banyeshure
Imana ishimw kuba hatapfiriyeyo abanyeshure
Hama hasigay gusha presidence
11 Ruheshi 2016, 19:34, par allain nyamitwe
Ayeeeeeee!!!
Ndahojj abanyeshur babuz ivyabo
Hama ntimutangare NKURUMBI yatanz igihug kwa 7tani kokirohra caka
Ahubwo hasigay kwaka presidence
Ariko abikore yiyibuk peeeee
11 Ruheshi 2016, 20:16, par allain nyamitwe
AyeeeeeEe
11 Ruheshi 2016, 20:36, par allain nyamitw
HaaaAaa hasigay kwak presidence
11 Ruheshi 2016, 21:28, par HAKIZIMAN AREGISI
TWUMVISEYUKUMUKURUWIGIHUGUYUKARIWEYABIGIZENGOYARIYUNZEFIRIMASONI
14 Ruheshi 2016, 19:21, par Serges Sindayigaya
Nibihangan Imana Yabahay Ivyo Izobaha Nibind.
29 Ruheshi 2016, 12:31, par Gbg
Birababaje Ariko Bihangane.