Indirimbo 20 ziriko zirahiganirwa muri Isanganiro Awards ziri ahabona

Yanditswe na Chérif Nkeshimana
Kuya 4 Rusama 2014 saa 11:14
61605
3
Warning: fread(): Length parameter must be greater than 0 in /home/igihe/public_html/ecrire/public/evaluer_page.php(51) : eval()'d code on line 14

Indirimbo 20 ziriko zirahiganirwa agashimwe gatangwa na Radio Isanganiro bita isanganiro Awards zamaze kumenyekana. Vyinshi kuri zo bizomenyekana mu mpera z’iyi ndwi itangura.
Kw’ihiganwa rigira incuro ya 4 rya Isanganiro Awards, indirimbo 20 ziri muri iryo higanwa. Izo ndirimbo zatanzwe n’abamenyeshamakuru, abaririmvyi, eka n’abahinyanyuzi. Bisanzwe bizwi ko ari ihiganwa ry’indirimbo z’abaririmvyi b’Abarundi aho bari hose. Itorwa ntiricagura imidiho, ntiricagura abaririmvyi, ahubwo ricagura (...)

Indirimbo 20 ziriko zirahiganirwa agashimwe gatangwa na Radio Isanganiro bita isanganiro Awards zamaze kumenyekana. Vyinshi kuri zo bizomenyekana mu mpera z’iyi ndwi itangura.

Kw’ihiganwa rigira incuro ya 4 rya Isanganiro Awards, indirimbo 20 ziri muri iryo higanwa. Izo ndirimbo zatanzwe n’abamenyeshamakuru, abaririmvyi, eka n’abahinyanyuzi. Bisanzwe bizwi ko ari ihiganwa ry’indirimbo z’abaririmvyi b’Abarundi aho bari hose. Itorwa ntiricagura imidiho, ntiricagura abaririmvyi, ahubwo ricagura ururirimbo ruba rwabaye rwiza kurusha izindi. Vyinshi bijanye n’izo ndirimbo bizovugirwa mu kiganiro kizoba kuri uwo wa gatanu w’igenekerezo rya 09 Rusama, aho hazoba hari abatumire batandukanye.

Izo ndirimbo ni izi zikwirikira :

1. Bajou by Farious

2. Izera by Lion Story

3. Akamaro kijwi naguhaye by Gerard

4. Va ibuzimu by Prophète voice

5. Yego by Davy tounga

6.Abanyapolitique by Dady face

7. Agapilipili by Stèven Sogo

8. Ndasavye ijambo by N john

9. Reka mbege by Sat B

10. Sinkakubure by Samantha

11. Wawundi by Emery sun

12. Akajambo by Aimé Baltimore

13. Twarashaza by Annick Murundikazi

14. Yuguruye ntawugara by Redemption voice

15. Hinduka by Wawa

16. Ubuntu bwawe by Kolly

17. Siko nabisanze by spok’s man

18. Urashoboye by David Nduwimana

19. Siyoni by Chris and Junior

20. Contre la Guerre by Kid’s song

Mwomenya ko abaririmvyi bamaze gutwara agashimwe k’iryo higanwa ari :

1. Rally Jo,

2. Yoya,

3. Mkombozi


Kumenyekanisha

1
TUYIZERE 20-02-2018 à 08:11

UMUZIKI WAMUKOMBONZI

2
ndikumwami yves 16-01-2017 à 11:15

Izindirimbo ndazipfuza nozironka gute zosi none hoho nubu biracabandanya? Radio sanganiro iracakora

3
Ndayisenga Willy 2-01-2017 à 14:09

Vraiment Murkwiye Kurab 19th Rapeur Akagaruka So Sat B Arykwiye Bajama

4
KUBWIMANA EMMANUEL 16-12-2016 à 11:18

UMUZIKIWA MKOMBOZI

5
iradukunda jean Desire 10-09-2016 à 22:29

Abaririvyi babarundi barashoboye ivyobihangange bi3 bibandanye bikora ibikorinka mukuturyohera.

6
iradukunda jean Desire 10-09-2016 à 22:27

Abaririvyi babarundi barashoboye ivyobihangange bi3 bibandanye bikora ibikorinka.

7
INNOCENT 4-08-2016 à 06:29

UMUZIKI WA DAVIND NDUWAYO

8
INNOCENT 4-08-2016 à 06:28

UMUZIKI WA DAVIND NDUWAYO

9
INNOCENT 4-08-2016 à 06:27

UMUZIKI WA DAVIND NDUWAYO

10
NDUWIMANA INNOCENT 4-08-2016 à 06:20

NIBAZA KO MWOTERIMBERE KURUSHIZA AHO MUGEJEJE UMUZIKWANYU MURAZE

11
nkurunziza oscar 16-07-2016 à 11:13

Nibaza komwoterimbere kurushirizaho

12
David 19-04-2016 à 06:42

Umuziki Wa David Nduwimana

13
MKOMBOZI 7-08-2015 à 20:29

UW MUKOZ NIW NEMERA KURUSH ABANDI.

14
christian 5-05-2014 à 12:52

izera by lion story ndizeye kariyo izoremporta kuko barashoboye ubu uyu mwaka nuwabo

15
Fasta Fasta 5-05-2014 à 09:18

Akamaro Kijwi Naguhay Ndizera Ko Ariy Izoshka Kuri Wamwanya Wigkombe Ariko Abo Bazitoy Sinumv Impamv Boshiramwo Bajou Intaranto Bakayisimba.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha