IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Isanamu y’ururirimbo "feelings" rwa Fizzo na Matabaro yasohotse, Raba ibiri (...)

Isanamu y’ururirimbo "feelings" rwa Fizzo na Matabaro yasohotse, Raba ibiri mu mafoto

mardi 28 Gitugutu 2014

Isanamu y’ururirimbo "Feelings" rwa Matabaro na Fariouz yasohotse, amwe mu mafoto mwagiye mubona hirya no hino yegeranijwe avamwo isanamu iteye igomwe.

Mwomenya ko muri iyi minsi Patient Matabaro ariko ashira ahabona amasanamu ya zimwe mu ndirimbo yagiye arakorana n’abandi baririmvyi.

Raba aha munsi isanamu y’ururirimbo "feelings" Matabaro na Fizzo bakoranye


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.