IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarika 19 Ntwarante

Itarika 19 Ntwarante

lundi 20 Ntwarante 2017

Igenekerezo rya 19 Ntwarante.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1895: Hafatwa amasanamu y’ireresi ya mbere yabayeho «La Sortie de l’usine Lumière à Lyon ».

JPEG - 9.8 ko
Isanamu yo mw’ireresi "La Sortie de l’usine Lumière à Lyon"

2000: Abdoulaye Wade atsinda amatora y’umukuru w’igihugu muri Sénégal.

JPEG - 5.7 ko
Abdoulaye Wade

2006: Alexandre Loukachenko asubira gutorwa ngo arongore Bielaussie.
2013: Papa Fransisiko yimikwa mu mabanga yukuba Papa.

JPEG - 7.3 ko
Papa Fransisiko

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1813: David Livingstone, umumisyonari akaba n’umukera rugendo w’umwongereza. Uwu akaba yaranashitse mu gihugu c’Uburundi. Afise n’ibuye ry’icibutse caho yahura n’uwitwa Stanley.

JPEG - 4.7 ko
David Livingstone

1894: José Maria Velasco Dubreuil, uwabaye umukuru w’igihugu ca Equateur.
1981: Kolo Touré, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Cote d’Ivoire.

JPEG - 7.7 ko
Kolo Touré

1990: Derick Ogbu, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Nigéria.

JPEG - 11.3 ko
Derick Ogbu

INGABIRE Luc-Noël

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.