IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 1 Nyakanga

Itarike 1 Nyakanga

mardi 1er Nyakanga 2015

Igenekerezorya 1 Nyakanga .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1902: Ireresi ya mbere ikinywe irasohoka. Yitwa “Voyage dans la lune”, ikabayari iyuwitwa Georges Méliès.
1969: Mouammar Kdhafi akombora intwaro ya cami aca aba umukuru w’igihugu wa mbere wa Libye.

JPEG - 9.1 ko
Mouammar Kadhafi

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1877: Francis William Aston, umuhinga muri chimie w’umwongereza. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri Chimie mu 1922.

JPEG - 63.8 ko
Francis William Aston

1906: Joaquín Balaguer Ricardo, umukuru w’igihugu ca République dominicaine.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1557: Jacques Cartier, umufaransa w’ingenzi yokurondera amasi mashasha.

JPEG - 201.6 ko
Jacques Cartier

1715: Louis wa 14, umwami w’Ubufaransa.

JPEG - 8.3 ko
Louis wa 14

1986: Murry Hamilton, umukinyi w’amareresiw’umunyamerika.
2003 : Jack Smight, umuhinyanyuzi w’amareresi w’umunyamerika.

Ibihimbazwa

. Japon : Umunsi wahariwe ugukinga impanuka.
. Ouzbékistan : Umunsi wo kwibuka ukwikukira.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.