IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 10 Kigarama

Itarike 10 Kigarama

mercredi 10 Kigarama 2014

Igenekerezo rya 10 Kigarama ni umunsi ugira 344 w’mwaka w’2014. Hasigaye iminsi 21 kugira umwaka w’2014 urangire.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1792: I Paris hatangura urubanza rw’umwami Louis wa 16.
1917: Ishirahamwe Croix Rouge rihabwa agashimwe k’amahoro kitiriwe Nobel.
1917: Marcel Proust, umwanditsi w’umufaransa, ahabwa agashimwe kitiriwe Goncourt.
1922: Albert Einstien ahabwa agashimwe kiiriwe Nobel muri physique.

1948: Hashingwa amategeko mpuzamakungu agenga agateka kazina muntu.
1953: Agashimwe kitiriwe Nobel mu vyo kwandika gahabwa Churchill.
1964: Jean-Paul Sartre, umwanditsi w’umufaransa, yanka kwakira agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika yari yahawe.

1963: Zanzibar irikukira.
1964: Martin Luther King aronka agashimwe k’amahoro kitiriwe Nobel.

1978: Menahem Begin na Anouar el-Sadate bahabwa agashimwe k’amahoro kitiriwe Nobel.
1983: Lech Walesa, umunya pologne aronka agashimwe k’amahoro kitiriwe Nobel.
1984: Musenyeri wo muri Afrika y’Epfo, Desmond Tutu, aronka agashimwe k’amahoro kitiriwe Nobel.

1986: Wole Sonyinka aba umunyafrika wa mbere ahawe agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika.
1993: Nelson Mandela na Frederick de Klerk bahabwa agashimwe k’amahoro kitiriwe Nobel.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe agateka ka zina kiremwa muntu.
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ahategeko yo gukingira ibikoko.


INGABIRE Luc-Noël

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.