IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 10 Ntwarante

Itarike 10 Ntwarante

vendredi 10 Ntwarante 2017

Igenekerezo rya 10 Ntwarante .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1876: Habaye ikiganiro ca mbere kw’itelefone vyakozwe na Alexander Graham Bell afashijwe na Thomas Watson
1910: Ikurwa ryo gufata mpiri abantu mu gihugu ca Chine
1969: James Earl Ray, yagirijwe kwica Martin Luther King, yaciriwe umunyororo w’imyaka 99

Abazwi Cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1940: Chuck Norris, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika

1957: Oussama Ben Laden, uwatanguje kandi yahoze ari umukuru w’umurwi w’abihevyi Al-Quaida

1958: Sharon Stone, Umukinyi w’amareresi w’umunyamerika

1971: Timbaland, Umuririmvyi wo mu mudiho wa Hip-Hop na R&B akongera akaba umuhinyanyuzi aturuka mu gihugu c’Amerika.

1977: Robin THICKE, umuririmvyi w’umunyamerika

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1998:BRIDGES Lloyd, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.