IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 11 Ntwarante

Itarike 11 Ntwarante

mercredi 11 Ntwarante 2015

Igenekerezo rya 11 Ntwarante ni umunsi wa 70 w’umwaka w’2015.Hasigaye iminsi 295 ngo urangire.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1462: Umwamikazi wa Navarre na Aragon Juana Enriquez yahuze i gisagara ca Barcelona, haheze amezi make bamwiciye umugabo, Charles Aragon.

2004: Habaye ibitero bikomeye vy’abihevyi mu gisagara ca Madrid, bihitana abantu 200, 1400 barakomereka.

2011: Abantu 19000 barahitanywe n’ikinyamugigima hamwe n’umwuzurira w’amazi bita Tsunami mu gihugu ca Japon.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1899: Frederic IX, umwami Danemark

1923: Agatha Barbara, umugore wa mbere kandi wenyene yabaye umukuru w’igihugu ca Repuburika ya Malte.

1978: Didier Drogba, umukinyi w’umupira w’amaguru aturuka mu gihugu ca Cote d’Ivoire.

1990: Joseph Yannick N’Djeng, umukinyi w’umupira w’amaguru aturuka mu gihugu ca Cameroun

Abazwi bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1907: Jean Casimir-Perier, yabaye umukuru w’igihugu c’Ubufaransa

1978: Francois Claude, umuririmvyi w’umufaransa


Lorene Nubwabo

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.