Itarike 12 Kigarama

Yanditswe na INGABIRE Luc-Noel
Kuya 11 décembre 2015 saa 01:50
Yasomwe : 7578
0 0

Igenekerezo rya 12 Kigarama .
Abazwi cane bavutse kwigenekerezo nkiri
1775 : William Henry, umwongereza w’umuhinga muri physique.
1821 : Gustave Flaubert, umwanditsi w’umufaransa.
1933 : Manu Dibango, umucuraranzi akaba n’umunririmvyi akomoka muri Cameroun.
1945 : Patrice Duhamel, umumenyashamakuru w’umufaransa.
1949 : Marc Ravalomanana, uwabaye umukuru w’igihugu ca Madagascar.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo
1913 : Ménélik wa 2, uwabaye umwami wa Ethiopiya kuva 1889.
2000 : George (...)

Igenekerezo rya 12 Kigarama .

Abazwi cane bavutse kwigenekerezo nkiri

1775 : William Henry, umwongereza w’umuhinga muri physique.

JPEG - 8.7 ko
William Henry

1821 : Gustave Flaubert, umwanditsi w’umufaransa.
1933 : Manu Dibango, umucuraranzi akaba n’umunririmvyi akomoka muri Cameroun.
1945 : Patrice Duhamel, umumenyashamakuru w’umufaransa.
1949 : Marc Ravalomanana, uwabaye umukuru w’igihugu ca Madagascar.

JPEG - 44 ko
Marc Ravalomanana

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo

1913 : Ménélik wa 2, uwabaye umwami wa Ethiopiya kuva 1889.
2000 : George Montgomery, umukinyi akaba n’umuhinyanyuzo w’amareresi w’umunyamerika.

JPEG - 270.5 ko
George Montgomery

2007 : Ike Turner, umucuraranzi w’umunyamerika.

Ibihimbazwa

. Kenya : Umunsi mukuru w’igihugu aho hibukwa imyaka 50 iheze ico gihugu cikukiye.


Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Izindi Nkuru - Akahise

18 Mukakaro
18/07/17 - 08:42
17 Mukakaro
17/07/17 - 09:44
14 Mukakaro
14/07/17 - 08:29
9 Mukakaro
08/07/17 - 01:10
6 Mukakaro
06/07/17 - 01:50
5 Mukakaro
04/07/17 - 08:51
Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha