Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 12 Nzero
Itarike 12 Nzero
jeudi 12 Nzero 2017
Igenekerezo rya 12 Nzero.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
2000: Abahuza ibitsina babisangiye bemererwa kw’injira mu gisirikare c’Ubwongereza.
2010: Haba nyamugigima ikomeye cane muri Haïti, yanatikije ibintu bitari bike.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1976: Agatha Christie, umwongerezakazi w’umwanditsi w’ibitabo.
- Agatha Christie
1996: Serge Tolstoï, umwanditsi w’umufaransa.
2003: Leopoldo Galtieri, uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Argentine.
- Leopoldo Galtieri
Ibihimbazwa
. Algérie: Umwaka mushasha kubo bita aba “berbère”.
. Mu Buhindi: Umunsi mukuru w’igihugu wahariwe urwaruka.
Igihe