Itarike 13 Ruhenshi

Yanditswe na INGABIRE Luc-Noël
Kuya 13 juin 2016 saa 01:25
Yasomwe : 3708
0 0

Igenekerezo rya 13 Ruhenshi.
Ibikuru bikuru vyabaye kw’igenekerezo nkiri
1985 : Hashirwako igikumu ku masezerano ya Schengen.
2007 : Mahmoud Abbas akombora Reta ihurikiyemwo bose irongowe n’umuhari wa Hamas. Intureka zice ziraduka hagati ya Hamas na Fatan.
2013 : Hassan Rohani atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Irani.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1928 : Che Guevara, imboneza mw’ihinduka akomoka muri Agrentine.
1972 : Moutsapha Sonko, umukinyi wa basketball w’umufaransa.
Abazwi (...)

Mahmoud Abbas

2013 : Hassan Rohani atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Irani.

JPEG - 43.2 ko
Hassan Rohani

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1928 : Che Guevara, imboneza mw’ihinduka akomoka muri Agrentine.

Che Guevara

1972 : Moutsapha Sonko, umukinyi wa basketball w’umufaransa.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1920 : Max Weber, umuhinga muvyo imibano. Akaba akomoka mu Budagi.

JPEG - 37.2 ko
Max Weber

2007 : Marcel-Jacques Dubois, uwihebeyimana w’umufaransa.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ugutanga amaraso.
. USA : Umunsi wahariwe ibendera.
. Malawi : Umunsi wo kwibohoza.

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Izindi Nkuru - Akahise

18 Mukakaro
18/07/17 - 08:42
17 Mukakaro
17/07/17 - 09:44
14 Mukakaro
14/07/17 - 08:29
9 Mukakaro
08/07/17 - 01:10
6 Mukakaro
06/07/17 - 01:50
5 Mukakaro
04/07/17 - 08:51
Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha