IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 15 Munyonyo

Itarike 15 Munyonyo

vendredi 15 Munyonyo 2013

Igenekerezo rya 15 Munyonyo ni umunsi ugira 319 w’mwaka w’2013. Hasigaye iminsi 46 kugira umwaka w’2013 urangire.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1884: Inama y’i Berlin iratangura ifise intumbero yo kugabangana ibihugu mu kubishira mu twaro z’ubukoroni.
1889: Havuka Repubrika ya Brésil.
1908: Leta ya Congo ija ku bukoroni bw’Ububirigi ica yitwa Congo-Belge.
1983: Chypre y’Uburaruko irikukira. Ukwikukira kwemewe na Turkiya gusa.
2002: Hu Jintao atorwa kuba umunyamabanga mukuru w’umugambwi waba cominista mu Bushinwa.

JPEG - 4.5 ko
Hu Jintao

2012: Xi Jinping atorwa kuba umunyamabanga mukuru w’umugambwi waba cominista mu Bushinwa.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1933: Gloria Foster, umukiny w’amareresi w’umunyamerika.
1940: Roberto Cavalli, umuhinga mu vy’inyambaro w’umutariyano.
1947: Bill Richardson, umunyapolitike w’umunyamerika.

JPEG - 6.6 ko
Bill Richardson

1954: Aleksander Kwasniewski, umukuru w’igihugu ca Pologne.
1970: Patrick Mboma, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Cameroun.

JPEG - 8.5 ko
Patrick Mboma

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1917: Emile Durkheim, umuhinga muvyo imibereho w’umufaransa.

JPEG - 5.4 ko
Emile Durkheim

2003: Mohamed Choukri, umwanditsi akomoka muri Maroc.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahriwe abanditsi bari mw’ibohero.
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe “philosophie”(icirwa mbagarabwonko).
. Japon: Umunsi wahariwe abana.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.