Itarike 15 Ruhuhuma

Yanditswe na INGABIRE Luc-Noël
Kuya 15 février 2017 saa 12:30
Yasomwe : 7092
0 0

Igenekerezo rya 15 Ruhuhuma .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1894 : Ubufaransa n’Ubudagi bushira igikumu ku masezerano ashinga urubibe hagati y’ibihugu vya Congo na Cameroun. Aho hakaba hari mu gihe ivyo bihugu vy’Afrika vyari mu bukoroni.
1930 : Cairine Wilson aba umugore wa mbere atowe kuba umukenguzamateka muri Canada.
1933 : Franklin D.Roosevelt, umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika ahakwa kugandagurwa. Umwicanyi yari amurashe yaramuhushije maze urusasu ruca ruhitana (...)

Igenekerezo rya 15 Ruhuhuma .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1894 : Ubufaransa n’Ubudagi bushira igikumu ku masezerano ashinga urubibe hagati y’ibihugu vya Congo na Cameroun. Aho hakaba hari mu gihe ivyo bihugu vy’Afrika vyari mu bukoroni.
1930 : Cairine Wilson aba umugore wa mbere atowe kuba umukenguzamateka muri Canada.

JPEG - 77.7 ko
Cairine Wilson

1933 : Franklin D.Roosevelt, umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika ahakwa kugandagurwa. Umwicanyi yari amurashe yaramuhushije maze urusasu ruca ruhitana umukuri w’igisagara ca Chicago, uno aca aritabimana.
1978 : Mohammed Ali ahebera ikibanza ca mbere muri Boxe uwitwa Leon Srinks yarafise imyaka 24.

JPEG - 50.2 ko
Mohammed Ali

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1564 : Galileo Galilei, umutariyano w’umuhinga muri physique n mu bijanye n’ibinyenyeri.

JPEG - 10.4 ko
Galileo Galilei

1982 : Olivia, umuririmvyikazi w’umunyamerika.

JPEG - 6.9 ko
Olivia

1983 : David Degen na Philipp Degen, abakinyi b’umupira w’amaguru bo muri Suisse.

Ibihimbazwa

. Canada : Umunsi wahariwe ibendera ry’ico gihugu.


Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Izindi Nkuru - Akahise

21 Ruheshi
21/06/17 - 08:58
16 Ruheshi
16/06/17 - 09:39
14 Ruheshi
14/06/17 - 09:07
13 Ruhenshi
12/06/17 - 12:25
10 Ruheshi
09/06/17 - 06:49
9 Ruhenshi
09/06/17 - 06:49
Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha