Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 16 Ntwarante
Itarike 16 Ntwarante
mercredi 16 Ntwarante 2016
Igenekerezo rya 16 Ntwarante
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1190: Habaye ubwicanyi (Genocide) ku b’abayahudi i Clifford mu gisagara ca New York
1534: Igihugu c’Ubwongereza cahagaritse imigenderanire yose na Ekereziya Katolika
1915: Ubufaransa bwabujije gukora no kugurisha ikinyobwa kiri mu bwoko bwa liqueur citwa absinthe

1914: Umuyobozi w’ikinyamakuru Le Figaro, Gaston Calmette yarishwe n’umugore w’umushingamateka w’ubutunzi, Joseph Caillaux
2005: Igihugu ca Isirayeli casubije agace ka Jericho igihugu ca Palestine
2010:Isanganya ry’umuriro ryasambuye imva z’abami bo muri Buganda gushika Kasubi mu gihugu ca Ouganda
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1634: Madame La Fayette, umwanditsi w’umufaransa

1751: James Madison, yabaye umukuru w’igihugu agira 4 wa Reta zunze ubumwe z’Amerika

1800: Ninko, umwami w’ubuyapani
1926: Jerry Lewis, umukinyi w’amareresi atwenza w’umunyamerika

1986: Toney Douglas, Umukinyi wa Basketball w’Umunyamerika

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1185: Baudouin IV, umwami wa yerusalemu yapfuye ku myaka 24

1914: Gaston Calmette, Umuyobozi w’ikinyamakuru Le Figaro

2001: Norma MacMillan, Umukinyi w’amareresi w’Umunyacanada

IGIHE