Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Itarike 17 Ntwarante - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 17 Ntwarante

Itarike 17 Ntwarante

jeudi 16 Ntwarante 2017

Igenekerezo rya 17 Ntwarante.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1800 : Alessandro Volta agerageza ipire ubwa mbere maze rirakora.

PNG - 804.8 ko
Alessandro Volta

1883: Haba ifubwa rya Karl Marx.

JPEG - 59.8 ko
Karl Marx

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1948: William Gibson, umwanditsi w’umunyamerika.
1964: Jacques Songo’o, umukinyi w’umupira w’amaguru wo muri Cameroun.

JPEG - 136.7 ko
Jacques Songo’o

1989: Shinji Kagawa, umukinyi w’umupira w’amaguru wo mu Buyapani.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1741: Jean-Baptiste Rousseau, umwanditsi w’ivyivugo w’umufaransa.
2010: Alex Chilton, umuririmvyi akaba n’umucuraranzi w’umunyamerika.

JPEG - 311 ko
Alex Chilton

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.