IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 18 Gitugutu

Itarike 18 Gitugutu

jeudi 20 Gitugutu 2016

Igenekerezo rya 18 Gitugutu.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1867: Leta Zunzubumwe z’Amerika zigura intara ya Alaska. Ziyiguriye igihugu c’Uburusiya.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1905: Félix Houphouët-Boigny, uwabaye umukuru w’igihuguca Côte d’Ivoire.

JPEG - 17 ko
Félix Houphouët-Boigny

1939: Lee Harvey Oswald, uwagandaguye umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika. John F. Kennedy.

JPEG - 6.7 ko
Lee Harvey Oswald

1979: Ne-Yo, umuririmvyi w’umunyamerika.

JPEG - 37.2 ko
Ne-Yo

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1931: Thomas Edison, umuhinga mu vy’amahinguriro w’umunyamerika. Niwe yanazanye akuma kitwa Dynamo n’ibindi vyinshi yakoze ubwa mbere kw’isi.

JPEG - 8.1 ko
Thomas Edison

2000: Julie London, umuririmvyi akaba n’umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
2006: Bobby Hachey, umucuraranzi w’igitari akomoka muri Canada.
2007: Lucky Dube, umuririmvyi rurangiranwa w’umudiho wa reggea akomoka muri Afrika y’Epho.

JPEG - 8.1 ko
Lucky Dube

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe uguca kw’imvyaro.
. Azerbaïdjan : Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira kw’ico gihugu.
. Muri Leta Zunzubumwe z’Amerika : Muri Leta aya Alaska : Umunsi mukuru wahariwe Alaska.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.