Itarike 18 Kigarama

Yanditswe na INGABIRE Luc-Noël
Kuya 18 Kigarama 2017 saa 11:20
8130
0 0

Igenekerezo rya 18 Kigarama.
Abazwi cane bavutse kwigenekerezo nkiri
1865: Ubuja burakurwaho muri Leta Zunzubumwe z’Amerika. Ivyo bikaba vyakuweho n’ibwirizwa nshingiro. 1945: Ikinyamakuru Le Monde co mu Bufaransa gisohora inomero yaco ya mbere.
1945: Igihugu ca Uruguay kiremererwa kwinjira muri ONU. 1956: Igihugu c’Ubuyapani cemererwa kwinjira muri ONU. 2005: Evo Morales atsinda amatora y’umukuru w’igihugu muri Bolivie.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1878: Joseph Staline, uwabaye (...)

Igenekerezo rya 18 Kigarama.

Abazwi cane bavutse kwigenekerezo nkiri

1865: Ubuja burakurwaho muri Leta Zunzubumwe z’Amerika. Ivyo bikaba vyakuweho n’ibwirizwa nshingiro.
1945: Ikinyamakuru Le Monde co mu Bufaransa gisohora inomero yaco ya mbere.

1945: Igihugu ca Uruguay kiremererwa kwinjira muri ONU.
1956: Igihugu c’Ubuyapani cemererwa kwinjira muri ONU.
2005: Evo Morales atsinda amatora y’umukuru w’igihugu muri Bolivie.

JPEG - 166.4 ko
Evo Morales

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1878: Joseph Staline, uwabaye umukuru w’igihugu c’Uburusiya.
1946: Steven Spielberg, umuhinyanyuzi w’amareresi w’umunyamerika.

JPEG - 422.9 ko
Steven Spielberg

1946: Steve Biko, umwe mubarwanije intwaro karyanishamiryango muri Afrika y’Epfo.
1963: Pierre Nkurunziza, umukuru w’igihugu c’Uburundi.

JPEG - 96.3 ko
Pierre Nkuruzinza, Président de la République du Burundi

1963: Brad Pitt, umukunyi wa’amareresi w’umunyamerika.

JPEG - 188.7 ko
Brad Pitt

1980: Christina Aguilera, umuririmvyi w’umunyamerika.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1997: Rafaël Ortega, uwatwaye igihugu ca Espagne.
1999: Robert Bresson, umuhinyanyuzi w’amarersi w’umufaransa.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ururimi rw’icarabu.
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe abahunga.
. Niger: Umunsi mukuru w’igihugu.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha