Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 19 Munyonyo
Itarike 19 Munyonyo
mardi 18 Munyonyo 2014
Igenekerezo rya 19 Munyonyo .
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1493: Christophe Colomb atora ubwa mbere igihugu ca Porto Rico.
- Christophe Colomb
1523: Hatorwa Papa Clément w’7.
1946: Igihugu ca Afganistani cemererwa kwinjira mu murwango mpuzamakungu ONU.
1968: Moussa Traoré afata ubutegetsi muri Mali.
- Moussa Traoré
2005: Umuganwa Albert wa 2 w’i Monaco yambikwa urugori, ahabwa ubutegetsi.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1805: Ferdinand de Lesseps, umuhinga mu kwubaka akaba n’umurwizatunga w’umufaransa.
- Ferdinand de Lesseps
1831: James A. Garfield, umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika agira uwa 20.
1917: Indira Gandhi, umugore w’umunyapolitike wo mu Buhindi.

1942: Calvin Klein, umuhinga mu gushona impuzu w’umunyamerika.
- Calvin Klein
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe abagabo.
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ukurwanya amabi akorerwa abana.
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe utuzu twasurwumwe rusangi. Umunsi watanguye guhimbazwa kuva mu 2001 i Singapour.
. Brésil : Umunsi wahariwe ibendera.
. Monaco: Umunsi wahariwe umuganwa.
. Porto Roco: Umunsi wo kwibuka aho ico gihugu catorwa ubwa mbere na Christophe Colomb.
INGABIRE Luc-Noel