IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 20 Kigarama

Itarike 20 Kigarama

mercredi 20 Kigarama 2017

Igenekerezo rya 20 Kigarama .

Ibikuru bikuru vyabaye kw’igenekerezo nkiri

1924: Adolf Hitler arapfungurwa aho yari yashizwe mw’ibohero ku mvo zo kuba yari yari mu mugambi wo guhirika ubutegetsi mu Budagi.

JPEG - 62 ko
Adolf Hitler

1992: Slobodan Milosevic atorwa kuba, ubugira kabiri, umukuru w’igihugu ca Sérbie. Ariko ayo matora akaba yari yaranzwe n’utunenge twinshi havugrwamwo ko habaye n’ubusuma bw’amajwi.

JPEG - 613.6 ko
Slobodan Milosevic

1997: Nelson Mandela asubirirwa na Thabo Mbeki mu kurongora umugamwe wa ANC.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1980: Ashley Cole, umukinyi w’umupira w’aamaguru w’umwongereza.

JPEG - 49.3 ko
Ashley Cole

1982: Keny Arkana, umuririmvyi w’umufaransa.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu yahariwe ugufatanamundi kwa kiremwa muntu.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.