Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 20 Munyonyo
Itarike 20 Munyonyo
lundi 20 Munyonyo 2017
Igenekerezo rya 20 Munyonyo .
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1917: Hatangura Repubrika ya Ukraine.
1945: Ubugeni bwa Elisabeth w’Ubwongereza na Philip Mountbatten.
- Elisabeth w’Ubwongereza na Philip Mountbatten
1959: Hashirwaho amategeko aharanira agateka k’abana.
2004: Iyugururwa ry’ikigo c’iratiro c’i New York inyuma y’ukwagurwa n’umuhinga mu kwubaka w’umuyapani yitwa Yoshio Taniguchi.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1923: Nadine Gordimer, umwanditsi w’umunya afrika y’epfo. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1991.
- Nadine Gordimer
1925: Robert Boddy Kennedy, umunyapolitike w’umunyamerika.
1975: Joshua Gomez, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
- Joshua Gomez
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1910: Léon Tolstoï, umwanditsi w’umurusiya.
- Léon Tolstoï
2003: David Dacko, umwe mu baharaniye ukwikukira kw’igihugu ca Centrafrique. Yakombowe ku butegetsi na Jean Bedel Bokassa mu 1965. Yasubiye gufata ubutegetsi mu 1979 gushika 1981.

2007: Ian Smith, umunyapolike wo muri Zimbabwe.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu w’agateka k’abana.
. Umunsi w’amahinguriro muri Afrika.
INGABIRE Luc-Noël