Itarike 20 Myandagaro

Yanditswe na INGABIRE Luc-Noël
Kuya 20 Myandagaro 2018 saa 08:50
4650
0 0

Igenekerezo rya 20 Myandagaro .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1953: Umwami Mouhammed wa 5 arafata ingoma ya Maroc.

JPEG - 6.6 ko
Mouhammed wa 5, umwami wa Maroc

1960: Igihugu ca Sénégal kironka intahe yo kwikukira.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1625: Thomas Corneille, umwanditsi w’umufaransa.

1710: Thomas Simpson, umuhinga mu kwandika w’umwongereza.

JPEG - 8 ko
Thomas Simpson

1833: Benjamin Harrison, umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.
1860: Raymond Poincaré, umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.

JPEG - 9.1 ko
Raymond Poincaré

1901: Salvatore Quasimodo, umwanditsi w’umutariyano yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1959.
1936: Hideki Shirakawa, umuyapani w’umushakashatsi muri chimie yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri chimie mu 2000.
1946: Laurent Fabius, umunyapolitike w’umufaransa.

JPEG - 4.3 ko
Laurent Fabius

Ibihimbazwa

. Estonie: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikurkira kwico gihugu.
. Hongrie: Umunsi mukuru wahariwe ibwirizwa nshingiro.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha