Itarike 22 Gitugutu

Yanditswe na INGABIRE Luc-Noël
Kuya 22 octobre 2015 saa 07:49
Yasomwe : 4968
0 0

Igenekerezo rya 22 Gitugutu .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1953 : Igihugu ca Laos kironka ukwikukira.
2004 : Gaston Flosse atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Polynésie y’Abafaransa.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1881 : Clinton Joseph Davisson, umuhinga w’umunyamerika muri physique. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri physique mu 1937.
1949 : Arsène Wenger, umumenyereza mu mupira w’amaguru.
1968 : Shaggy, umuririmvyi akomoka muri Jamaïque.
Ibihimbazwa
. Umusi (...)

Igenekerezo rya 22 Gitugutu .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1953 : Igihugu ca Laos kironka ukwikukira.
2004 : Gaston Flosse atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Polynésie y’Abafaransa.

JPEG - 61.5 ko
Gaston Flosse

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1881 : Clinton Joseph Davisson, umuhinga w’umunyamerika muri physique. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri physique mu 1937.

JPEG - 4.6 ko
Clinton Joseph Davisson

1949 : Arsène Wenger, umumenyereza mu mupira w’amaguru.

JPEG - 7.2 ko
Arsène Wenger

1968 : Shaggy, umuririmvyi akomoka muri Jamaïque.

JPEG - 95 ko
Shaggy

Ibihimbazwa

. Umusi mpuzamakungu wahariwe abagigimiza mu kuvuga.


Kumenyekanisha

1
Nduwamungu Yaya 23-10-2015 à 20:48

Shaka Kumenya Izina Ryumugore Wapita.

2
Festus isirahenda 22-10-2015 à 12:08

Nanje ndaryohew kubera ndagigimiza vyahatari kwel ndaja kunwa agafanta kwel

Kumenyekanisha

Izindi Nkuru - Akahise

18 Mukakaro
18/07/17 - 08:42
17 Mukakaro
17/07/17 - 09:44
14 Mukakaro
14/07/17 - 08:29
9 Mukakaro
08/07/17 - 01:10
6 Mukakaro
06/07/17 - 01:50
5 Mukakaro
04/07/17 - 08:51
Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha