Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 22 Nzero
Itarike 22 Nzero
dimanche 22 Nzero 2017
Igenekerezo rya 22 Nzero.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1506: Hatanguzwa igisoda ca Vaticano bita « garde suisse ».

1979: Ireresi yitwa « Holocauste » irerekanwa ubwa mbere mu Budagi.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1974: Kaysha, umuririmvyi.
- Kaysha
1985: Mohamed Sissoko, umukinyi w’umufaransa yamuka muri Mali.
- Mohamed Sissoko
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1901: Victoria, umwamikazi w’ubwongereza.
1995: Rose Fitzgerald Kennedy, umugore wa John F. Kennedy.
- Rose Fitzgerald Kennedy
Igihe