Itarike 26 Myandagaro

Yanditswe na INGABIRE Luc-Noël
Kuya 25 août 2016 saa 09:02
Yasomwe : 4149
0 0

Igenekerezo rya 26 Myandagaro
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1978 : Haratorwa Papa Jean-Paul wa 1.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1740 : Joseph-Michel Montgolfier, umuhinga w’umufaransa.
1743 : Antoine Lavoisier, umuhinga muri chimie. Niwe bifata nkuwazanye chimie ya none.
1880 : Guillaume Apollinaire, umwanditsi w’ivyivugo(poème) w’umufaransa.
1910 : Mère Teresa, uwihebeyimana w’umuhindi ari mwi dini rya Katorika. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel k’amahoro mu 1979. (...)

Igenekerezo rya 26 Myandagaro

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1978 : Haratorwa Papa Jean-Paul wa 1.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1740 : Joseph-Michel Montgolfier, umuhinga w’umufaransa.
1743 : Antoine Lavoisier, umuhinga muri chimie. Niwe bifata nkuwazanye chimie ya none.

JPEG - 22.3 ko
Antoine Lavoisier

1880 : Guillaume Apollinaire, umwanditsi w’ivyivugo(poème) w’umufaransa.
1910 : Mère Teresa, uwihebeyimana w’umuhindi ari mwi dini rya Katorika. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel k’amahoro mu 1979.

JPEG - 31.7 ko
Mère Teresa wi Calcutta

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1975 : Hailé Sélassié wa 1, umwami wa Ethiopie.

JPEG - 8.7 ko
Hailé Sélassié wa 1

1976 : Warner Anderson, umukunyi w’amareresi w’umunyamerika.

Ibihimbazwa

. Muri Leta Zunzubumwe z’Amerika : Umunsi w’ingana ry’abagore. Icibutso c’itorwa ryukunganisha abagore n’abagabo biri mw’ibwirizwa nshingiro ryo 1920.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha