Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Itarike 28 Gitugutu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 28 Gitugutu

Itarike 28 Gitugutu

vendredi 28 Gitugutu 2016

Igenekerezo rya 28 Gitugutu.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1492: Christophe Colomb atora igihugu ca Cuba aho yari kurugendo agana Isi nshasah( Ubuhindi).
1533: Henri wa 2 w’Ubufaransa agirana ubugeni na Catherine de Médicis.

JPEG - 145.8 ko
Henri wa 2 w’Ubufaransa hamwe na Catherine de Médicis

1636: Hugururwa kaminuza y’i Harvard muri Let aya Massachusettes.

JPEG - 111.3 ko
Kaminuza y’i Harvard

1918: Igihugu ca Tchécoslovakiya kiriganzura igihugu ca Autriche.
1882: Hinjirwa icese icibutso Statue de La Liberté mu gisagara ca New York.

JPEG - 7.1 ko
Statue de La Liberté

1954: Umwanditsi w’umunyamerika, Ernest Hemingway aronka agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika.

JPEG - 186.8 ko
Ernest Hemingway

1972: Indege ya mbere yo mu bwoko bwa Air Bus, AirBus A300, iraguruka.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1860: Jigoro Kano, uwatanguje urukino rwa Judo.

JPEG - 47.5 ko
Jigoro Kano

1955: Bill Gates, umwe mu batanguje ishirahamwe Microsoft.

JPEG - 5.6 ko
Bill Gates

1956: Mahmoud Ahmadinejad, uwhoze ari umukuru w’igihugu ca Irani.

JPEG - 8.5 ko
Mahmoud Ahmadinejad

1984: Obafemi Martins, umukinyi w’umupira w’amaguru wo muri Nijeriya.
1989: Camille Muffat, umunonotsi mu gusiganwa mu kwoga w’umufaransa.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1704: John Locke, umu philosophe w’umwongereza.
2005: Richard Smalley, umunhinga muri chimie w’umunyamerika yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri chimie mu 1996.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ururimi rwigi creole hamwe n’umuco wigi creole.
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe uruino rwa Judo.


INGABIRE Luc-Noel

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.