IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 29 Myandagaro

Itarike 29 Myandagaro

mercredi 29 Myandagaro 2018

Igenekerezo rya 29 Myandagaro.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1261: Haorwa umu papa Urbain wa 4.
1484: Itorwa rya papa Innocent w’8.
1825: Amasazerano y’i Rio de Janeiro yemera ukwikukira kw’igihugu ca Brésil.
1966:Umurwi wa Beatles uremesha igiteramo cawo ca nyuma ahitwa Candlestick Park mu gisagara ca San Francisco.

JPEG - 33.3 ko
Umurwi wa The Beatles

1831: Michael Faraday akora dynamo.

JPEG - 6.2 ko
Michael Faraday

1885: Gottlieb Daimler ahabwa urupapuro rwemeza ko ariwe yakoze ipikipiki ya mbere.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1619: Jean-Baptiste Colbert,uwabaye umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.
1632: John Locke, umu philosophe w’umwongereza.

JPEG - 8.3 ko
John Locke

1936: John McCain,umunyapolitike w’umunyamerika.

JPEG - 24.2 ko
John McCain

1958: Michael Jackson, umuririmvyi w’umunyamerika.

JPEG - 48.6 ko
Michael Jackson

1979: Youssoupha, umuririmvyi w’umufaransa aririmba umudiho wa Rap.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1905: Jean-Marie Déguignet, umwanditsi w’umufaransa.
1967: Charles Darrow, umunyamerika yazanye urukino rwa Monopoly.
1984: Muhammad Naguib, uwabaye umukuru w’igihugu wa mbere wa Misiri.

Ibihimbazwa

. Argentine: Umunsi wahariwe abashingwamanza.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.