Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 3 Gitugutu
Itarike 3 Gitugutu
mardi 3 Gitugutu 2017
Igenekerezo rya 03 Gitugutu
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1932: Igihugu ca Irak kironka ukwikukira.
1990: Igihugu c’Ubudagi cari ciciyemwo ubiri kirasubira hamwe kiba igihugu kimwe.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1886: Alain-Fournier, umwanditsi w’umufaransa.
1897: Louis Aragon, umunyapolitike akaba n’umwanditsi w’umufaransa.
- Louis Aragon
1952: Steve Tracy, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
1971: Kevin Richardson, umuririmvyi w’umunyamerika. Umwe mu bagize umurwi Backstreet Boys.
- Kevin Richardson
1978: Claudio Pizarro, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Pérou.
1981: Zlatan Ibrahimovic, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Swede.
- Zlatan Ibrahimovic
Ibihimbazwa
. Mu Budagi: Umunsi mukuru w’ubumwe bw’Ubudagi.
. Irak: Umunsi mukuru wo kwikukira.
INGABIRE Luc-Noël