Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Akahise
Itarike 3 Ntwarante
Yanditswe taliki ya 2-03-2016 - isaha 09:11'

Igenekerezo rya 3 Ntwarante.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1873 : Louis Pasteur, umuhinga muri biologie atora ubuhinga bwo gukora inzoga no kuzibika mu buryo bita «  pasteurisation  ».

JPEG - 626.4 ko
Louis Pasteur

1923 : Hatanguzwa ikinyamakuru bita «  Time Magazine  ».
1961 : Hassan wa 2 aba umwami wa Maroc.

JPEG - 64.6 ko
Hassan wa 2

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1847 : Alexandre Graham Bell, umuhinga w’umwongereza yakoze iterefone ya mbere.

JPEG - 43.2 ko
Alexandre Graham Bell

1986 : Issama Mpeko, umukinyi w’umupira w’amuguru akomoka muri Congo.

Uwuzwi cane yitavyimana kw’igenekerezo nkiri

2009 : Sydney Earle Chaplin, umukinyi w’amareresi n’ivyese w’umunyamerika.

Ivyiyumviro vyanyu

Ni Umuhinga Pe !None Iyo Telefone Yari Mubwoko Ubwahe ?Yari Ngendanwa ?

4.03.2016 à 22:14
Phocas

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.