Itarike 3 Nyakanga

Yanditswe na INGABIRE Luc-Noël
Kuya 2 septembre 2016 saa 09:00
Yasomwe : 4167
0 0

Igenekerezo rya 3 Nyakanga.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
590 : Itorwa rya papa Grégorie wa 1. 1783 : Gambie kija ku mategeko y’Ubwongereza. 1971 : Igihugu ca Qatar kironka intahe yo kwikukira. 1941 : Itorwa rya papa Benoît wa 15.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1765 : Jean Conan, umwanditsi w’umufaransa. 1859 : Jean Jaurès, umunyapolitike w’umufaransa.
1875 : Ferdinand Porsche, umuhinga akomoka muri Autriche. Ni umwe mubiyumviriye, barakora imidokari zo mu bwoko bwa (...)

Igenekerezo rya 3 Nyakanga.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

590 : Itorwa rya papa Grégorie wa 1.
1783 : Gambie kija ku mategeko y’Ubwongereza.
1971 : Igihugu ca Qatar kironka intahe yo kwikukira.
1941 : Itorwa rya papa Benoît wa 15.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1765 : Jean Conan, umwanditsi w’umufaransa.
1859 : Jean Jaurès, umunyapolitike w’umufaransa.

JPEG - 13.7 ko
Jean Jaurès

1875 : Ferdinand Porsche, umuhinga akomoka muri Autriche. Ni umwe mubiyumviriye, barakora imidokari zo mu bwoko bwa Volkswagen Cocinelle.
1905 : Carl David Anderson, umuhinga muri Physique, yaronse agashimwe kitiriwe Nobel ka Physique mu 1936.

JPEG - 5.6 ko
Carl David Anderson

1931 : Samir Amin, umwanditsi w’umunyamisiri.
1936 : Zine el-Abidine Ben Ali, umunyapolitike wo muri Tunisie.

JPEG - 7.3 ko
Zine el-Abidine Ben Ali

1948 : Levy Mwanawasa, uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Zambie.

JPEG - 7.1 ko
Levy Mwanawasa

1959 : Cocoa Tea, umuririmvyi wo muri Jamaïque.
1976 : Samuel Kuffour, umukinyi w’umupira w’amaguru wo mu gihugu ca Ghana.

Uwuzwi cane yitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1948 : Edvard Benes, umukuru w’igihugu ca Tchécoslovaquie.

JPEG - 6.2 ko
Edvard Benes

Ibihimbazwa

. Australie : Umunsi mukuru wahariwe ibendera.
. Canada : Umunsi wahariwe abahoze mu gisoda co mu mazi n’urudandaza rwo mu mazi.
. Qatar : Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira.


Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Izindi Nkuru - Akahise

18 Mukakaro
18/07/17 - 08:42
17 Mukakaro
17/07/17 - 09:44
14 Mukakaro
14/07/17 - 08:29
9 Mukakaro
08/07/17 - 01:10
6 Mukakaro
06/07/17 - 01:50
5 Mukakaro
04/07/17 - 08:51
Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha