Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Akahise
Itarike 30 Myandagaro
Yanditswe taliki ya 30-08-2016 - isaha 08:26'

Igenekerezo rya 30 Myandagaro.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1963 : Ishirwaho rya telephone itukura.
1991 : Ukwikukira kwa Azerbaïjan.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1871 : Ernest Rutherford, umuhinga muri chimie na physique akomoka muri Nouvelle Zélande. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel ka chimie mu 1908.

JPEG - 4.8 ko
Ernest Rutherford

1939 : Elisabeth Ashley, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
1954 : Alexendre Loukachenko, umukuru w’igihugu ca Biélarussie.

JPEG - 28.5 ko
Alexandre Loukachenko

1954 : David Paymer, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
1972 : Cameron Diaz, umukinyi w’amareresi w’umunyamerikakazi.

JPEG - 34.2 ko
Cameron Diaz

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1981 : Mohammad Ali Rajai, uwabaye umukuru w’igihugu wa 2 wa Irani.

JPEG - 7 ko
Mohammad Ali Rajai

2006 : Naguid Mahfouz, umwanditsi w’umunyamisiri yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1988.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu w’abatakaye ku nguvu.
. Kazakhstan : Umunsi mukuru w’ibwirizwa nshingiro.
. Turquie : Umunsi mukuru w’intsinzi.

Ivyiyumviro vyanyu

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.